Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576 IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......rnSPIP - www.spip.netJiji Seven ati : "Time Will Come". Umviriza amajambo urabe n'isanamu nshasha
https://mail.igihe.bi/jiji-seven-ati-time-will-come.html
https://mail.igihe.bi/jiji-seven-ati-time-will-come.html2015-01-06T12:35:59Ztext/htmlrnHomeNews
<p>Isanamu y'ururirimbo "Time Will Come" yashitse ku mugaragaro, ikozwe mu mudiho wa Raggae nk'uko umuririmvyi Jiji Seven akunze gukora muri uwo mudiho. <br class='autobr' />
Jiji Seven atanga ubutumwa bukurikira mu ruririmbo, ati : "Igihe kizoshika aho wibagira ingorane urimwo, mu bibazo vyose wame wibuka ko hari umugenzi adahemuka, agukunda vy'ukuri, izina ryiwe ni Yesu Christo. Ese womwizera akamuha umwanya, azokuvyura akugire uwatsinze. Nta rimwe, haba na mba, ntuzigera utsindwa". <br class='autobr' />
Umviriza amajambo wongere urabe (...)</p>
-
<a href="https://mail.igihe.bi/-amasanamu-397-.html" rel="directory">Amasanamu</a>
/
<a href="https://mail.igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>