Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Diyoseze ya Ngozi igiye gushiraho umunsi w'ukwibuka abahitanywe n'indyane Uburundi buhitiyemwo
https://mail.igihe.bi/Doyoseze-ya-Ngozi-igiye-gushiraho.html
https://mail.igihe.bi/Doyoseze-ya-Ngozi-igiye-gushiraho.html
2017-11-27T14:53:35Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Umwungere mukuru wa Diyoseze ya Ngozi, Musenyeri Gerevasi BANSHIMIYUBUSA amenyesha ko Diyoseze arongoye igiye gushiraho umunsi umunsi mpuzamuryango wa Diyoseze, ugenewe kwibuka mu gisabisho abahitanywe bose n'ibiza vy'indyane Uburundi buhitiyemwo. Mu bibuza amahoro mu Burundi, uwurongoye Diyoseze nkuru ya Ngozi avuga ukwirengagiza ukuri kw'uko Abarundi bose banganya iteka. Yibutsa ko atawaremewe kuba umuja w'abandi.

Abakristo

HomeNews

Insigura y'ikarema (Carême) ku bari mw'idini rya gatorika
https://mail.igihe.bi/Insigura-y-ikarema-Careme-ku-bari.html
https://mail.igihe.bi/Insigura-y-ikarema-Careme-ku-bari.html
2017-03-01T19:17:39Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Abemera Kristu bo mw'idini rya Gatorika batanguye kuva kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 1 Ntwarante 2017, ukwisonzesha kuzomara iminsi mirongo ine. Muri ivyo bita Ikarema (Carême) n'ukumara iminsi 40 birinda icitwa igicumuro cose, bakagerageza kwiyima ibiryoshe, ndetse bagafashanya umubabaro n'Umwana w'Imana Yezu Kristu, aho yamara iminsi mirongo ine ariko ageragezwa na shetani.
Ikarema none ni iki ?

Nk'uko bivugwa n'abari mw'idini rya Gatorika, ikarema ni igihe kibibutsa imyaka 40 igihugu ca (...)

Abakristo

HomeNews

Papa Fransisko yashizeho umurwi wiga namba abagore boba Abadiyakoni
https://mail.igihe.bi/papa-fransisko-yashizeho-umurwi.html
https://mail.igihe.bi/papa-fransisko-yashizeho-umurwi.html
2016-08-03T07:39:00Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Umwungere wa Ekereziya Gaturika, Papa Fransisko, yashizeho umurwi ujejwe kwiga namba abagore boshobora guhabwa uburenganzira bw'ukuba Abadiyakoni.

Uwo murwi mushasha washizweho na Papa Fransisko ugizwe n'abagabo indwi hamwe n'abagore batandatu, bakaba bafise igikorwa c'ukuraba ko Ekereziya Gaturika yokwemeza ko abagore bohabwa amabanga y'Ubudiyakoni.

Itangazo ryasohowe na Vatican rivuga ko uwo murwi uzokwiga amateka y'abagore bakoze akazi gasa n'ak'abadiyakoni mu myaka ya mbere ya Ekereziya (...)

Abakristo

HomeNews

Papa Francisko yaguye hasi kuri Altar imbere y'abakirisu isinzi (Amafoto)
https://mail.igihe.bi/papa-francisko-yaguye-hasi-kuri.html
https://mail.igihe.bi/papa-francisko-yaguye-hasi-kuri.html
2016-07-28T14:07:15Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Umwungere wa Ekereziya Gatorika Papa Fransisko yatsitaye ari kuri Altar agwa hasi imbere y'abakirisu isinzi bariko bakurikirana inkuka y'imisa yariko asomera muri Pologne.

Iyo nararibonye y'imyaka 79 ari mu rugendo mu Majepfo ya Pologne, ahazwi nka Czestochowa, aho yahuye n'abihebeye Imana baturuka mu bihugu bitandukanye vy'Isi.

Papa Fransisko yatsitaye igihe yariko amanuka ingazi [escalier] iva kuri Altar, mu gihe yari afise icotezo [encensoir ] atagatifuza abakirisu.

Amafoto yasohotse (...)

Abakristo

HomeNews

Ibibera mu bindi bihugu mu kugarukana amahoro vyobera icigwa Abarundi (Video)
https://mail.igihe.bi/ibibera-mu-bindi-bihugu-mu.html
https://mail.igihe.bi/ibibera-mu-bindi-bihugu-mu.html
2016-06-08T07:06:30Z
text/html
rn
Jean De Dieu
HomeNews

Source: Tele renaissance

Abakristo

HomeNews

Elizabeth Hesselblad hamwe na Stanislaus Papczynski bashizwe mu rutonde rw'aberanda
https://mail.igihe.bi/elizabeth-hesselblad-hamwe-na.html
https://mail.igihe.bi/elizabeth-hesselblad-hamwe-na.html
2016-06-06T06:18:24Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Elizabeth Hesselblad asanzwe azwi nk'uwafashije imiryango myinshi y'abayahudi mu ntambara ya kabiri y'isi yose yabaye umunye Suede wa mbere agizwe umweranda mu myaka irenga amajana atandatu.

Uwo mupfasoni yaranyegeje abayahudi benshi cane mu nzu z'abihebeye Imana i Roma, aho yari asanzwe ari umubikira arongoye abandi.

Papa Francisko yagize kandi umweranda Stanislaus Papczynski, umunye Pologne yavuza abakene barwaye akongera akabaha indaro, aho hari mu kinjana ca 17.

Uwo Stanislaus Papczynski (...)

Abakristo

HomeNews

Agahinda niko karangwa mu maso y'abitavye imisa yo gusabira abishwe mu myiyerekano
https://mail.igihe.bi/agahinda-niko-karangwa-mu-maso-y-14248.html
https://mail.igihe.bi/agahinda-niko-karangwa-mu-maso-y-14248.html
2015-06-26T11:03:10Z
text/html
rn
HomeNews

Mw'isengero yitiriwe umweranda Anna ku Musaga niho habereye imisa yo gusabira abamaze kwitaba Imana bose mu myiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza.

Iyo misa nk'uko bagenzi bacu bari ku Musaga babitubwiye, yitabwe n'abantu benshi, baje bava mu makomine atandukanye y'igisagara ca Bujumbura. Muri iyo misa kandi abasanzwe bari mu myiyerekano yo kwiyamiriza ico kiringo, bakaba bayitavye.

Abari aho mw'isengero gusabira ababo, incuti n'abagenzi baguye mu myiyerekano yo (...)

Abakristo

HomeNews

Papa Francois mu rugendo i Sarajevo ajanye ubutumwa bw'amahoro
https://mail.igihe.bi/papa-francois-mu-rugendo-i.html
https://mail.igihe.bi/papa-francois-mu-rugendo-i.html
2015-06-06T09:53:59Z
text/html
rn
HomeNews

Umwungere w'ishengero Katolika kw'isi yose Papa Francois wa mbere,ari mu rugendo muri Sarajevo, mu gihugu ca Bosnie Herzegovine kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 6 Ruheshi.

Bitegekanijwe ko Papa Francois asomera imisa ku kibuga kiri mu gisagara ca Sarajevo,ahejeje abonane n'abaserikira amadini ane amaze imyaka amajana akorera mu gihugu ca Bosnie.

Mubo baza kubonana muri urwo rugendo amaramwo amasaha 10 gusa,harimwo abaserukira idini rya Islam,aba orthodox,abakatorika hamwe n'abayahudi. (...)

Abakristo

HomeNews

Uganda : Abarundi bane bakuwe mu rugendo rw'ibisandasanda bakekwako iterabwoba
https://mail.igihe.bi/uganda-abarundi-bane-bakuwe-mu.html
https://mail.igihe.bi/uganda-abarundi-bane-bakuwe-mu.html
2015-03-30T14:21:54Z
text/html
rn
HomeNews

Abarundi bane bari mu rugendo rw'ibisandasanda mu gihugu c'Ubuganda bafshwe bakekwako ari bamwe mu bihevyi boba bikitse mu kiza, bakaja gufatanya urugendo n'abakirisu.

Umwe ni umurundi azwi kw'izina rya Bigirimana, yafashwe akurwa mu bakirisu benshi i Kampala ku murwa mukuru, mu rugendo rw'ibisandasanda, co kimwe n'abandi batatu. Abo barundi umwe akaba yari afise ubwanwa bwinshi cane n'umutwe utagirako agashatsi na kamwe, akaba yateye ubwoba abakirisu bari muri urwo rugendo, baravye gusa uko yari (...)

Abakristo

HomeNews

Nigeria : Umupasitori apfunzwe yagirwa n'ugutwaza inda abagore barenga 20
https://mail.igihe.bi/nigeria-umupasitori-apfunzwe.html
https://mail.igihe.bi/nigeria-umupasitori-apfunzwe.html
2015-03-05T06:58:47Z
text/html
rn
HomeNews

Mu gihugu ca Nigeria havugwa umupasitori apfunzwe azira ko yashurashuje bamwe mu bamuyoboka bagera kuricanke barenga 20.

Uwo mupasitori azwi kw'izina rya Timothy Ngwu, yafashwe n'igiporisi co mu karere ka Enugu, yagirizwa na bamwe mu bahasengera, ko yayogeje abagore n'abakobwa mu kubashurashuza. Bikavugwa ko uwo mupasitori, yashurashuje benshi mu bagore basengera muri urwo rusengero ayoboye, aho harimwo na bamwe mu bagore basangiye ubucuti, bose akaba yabahenda ko yabonekewe na mpwemu yera, (...)

Abakristo

HomeNews