Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Raba isanamu nshasha y'ururirimbo "Hard Life" ya G Marl Jamal https://mail.igihe.bi/raba-isanamu-nshasha-y-ururirimbo.html https://mail.igihe.bi/raba-isanamu-nshasha-y-ururirimbo.html 2015-03-12T15:31:20Z text/html rn HomeNews <p>Umuririmvyi w'umurundi G-Marl Jamal yasohoye isanamu y'ururirimbo "Hard Life" yakoranye n'abandi nka daniel Ray na ATM Jeff. <br class='autobr' /> Inyuma y'umwaka uburamwo ukwezi kumwe ururirimbo "Hard Life" rusohotse rukanashimisha abatari bake bavyanditse ku kinyamakuru IGIHE.bi, isanamu yarwo yasohotse. <br class='autobr' /> G-Marl aririmba mu citabirizo ati:" Ni ubuzima bugoye, ni ubuzima bugoye kubamwo, isi igenda inyaruka cane, iguma ihindagurika, simbona ico nokora". Mu giteramo ca mbere batangura bati:" ni nde yombwira ico (...)</p> - <a href="https://mail.igihe.bi/-amasanamu-410-.html" rel="directory">amasanamu</a> / <a href="https://mail.igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>