Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Iterambere ry'abigeme mu Burundi riracafise intambamyi zifatiye ku migenzo https://mail.igihe.bi/Iterambere-ry-abigeme-mu-Burundi.html https://mail.igihe.bi/Iterambere-ry-abigeme-mu-Burundi.html 2017-10-12T06:37:18Z text/html rn HomeNews
Mu gihe kw'igenekerezo rya 11 Gitugutu uko umwaka utashe amakungu ahimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe umwigeme,umushikiranganji w'agateka ka zina muntu ,imibano n'iterambere ridakumira amenyesha ko umwigeme akwiye gushigikirwa kugira ashike kw'iterambere ridakumira.
- Urwaruka / HomeNews Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu asaba urwaruka kwigenza neza https://mail.igihe.bi/Umutambukanyi-w-umukuru-w-igihugu-17144.html https://mail.igihe.bi/Umutambukanyi-w-umukuru-w-igihugu-17144.html 2016-12-30T06:34:07Z text/html rn HomeNews
Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu Denise Nkurunziza ahamagarira urwaruka kwigenza neza no kuba maso kugira bashike ku migambi bihaye.
Mu nyigisho yatanze ku rwaruka mu gikorane catunganijwe n'umuryango nw'umukuru w'igihugu mu ntara ya Rutana, umutambukanyi w'umukuru w'igihugu yabwiye urwaruka rwo mu ntara ya Rutana ko rukwiye kwicunga na cane cane mu mitima.
Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu yahanuye urwaruka kugendera mu nzira z'intungane ,rukagendana kandi n'abo bose batinya (...)
- Urwaruka / HomeNews Kurikirana uko Niyonsaba Peres yatanguye gukora urugomero naho agejeje https://mail.igihe.bi/kurikirana-uko-niyonsaba-peres.html https://mail.igihe.bi/kurikirana-uko-niyonsaba-peres.html 2015-04-24T14:39:50Z text/html rn HomeNews
Uburundi burafise urwaruka rw'ubwenge mvukanwa, aho bamwe bakora ibintu. Uyu tugira tubabwire yakoze urugomero ku ruzi ruri munsi y'iwabo. Avuga ko atawabimwigishije ariko yabitanguye akiri muto, ishuri yaje kumukarihiriza ubwenge.
Yitwa NIYONSABA Peres, aratubwira uko yatanguye gukora urwo rugomero, ati: "Urwo rugomero narukoze mu buryo bubayabaye. Nagomeye uruzi rwitwa Muhunguzi, ruri muri zone Mageyo, Komine Mubimbi, nkoresheje ibiti n'amabuye, mbona uruzi rurahagaze, ruca rufata inzira (...)
- Urwaruka / HomeNews Urwaruka 10 rufise ubushobozi mvukanywa ruri mw'ihiganwa hagati yarwo https://mail.igihe.bi/urwaruka-10-rufise-ubushobozi.html https://mail.igihe.bi/urwaruka-10-rufise-ubushobozi.html 2015-04-09T13:05:34Z text/html rn HomeNews
Urwaruka 10 rwatowe mu mihingo itandukanye y'Uburundi kandi rufise impano zutandukanye zishobora kuzotuma ruba imboneza muri kazoza, ruriko rwerekana ibikorwa vyarwo. Igikorwa catangujwe mu mugambi wa Bonesha FM "Academie des Talents". Biciye mu kiganiro "Ndafis'ikibanza", Radio RFS Bonesha hamwe na Free Press Unlimited, haratowe imboneza mu rwaruka zifise ico zimaze kwerekana mu mpano canke ingabirano mvukanwa. Mu gutanguza ico gikorwa kizohora kiba uko umwaka utashe, Patrick Nduwimana (...)
- Urwaruka / HomeNews