Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Uburundi bwakiriye inama nshikiranganji y'ibihugu bikoresha amazi y'uruzi Nil https://mail.igihe.bi/Uburundi-bwakiriye-inama-22501.html https://mail.igihe.bi/Uburundi-bwakiriye-inama-22501.html 2018-08-13T12:09:46Z text/html en vianney HomeNews
Uburundi bwakiriye kuruno wa mbere igenekerezo rya 13 Myandagaro umwaka wa 2018,inama nshikiranganji igira ya 26 y'ibihugu biri mu muryango wibikoresha amazi y'uruzi rwa Nil (Bassin du Nil) ibiza kwigwamwo bikaba bijanye n'iterambere vya Nil hamwe nuko ubutunzi kama vy'urwo ruzi vyokoreshwa.
- Ibidukikije / HomeNews Bururi : Umuyobozi w'ibibanza bikingiwe yahawe agashimwe n'ibanki y'isi https://mail.igihe.bi/Bururi-Umuyobozi-w-ibibanza.html https://mail.igihe.bi/Bururi-Umuyobozi-w-ibibanza.html 2018-06-19T12:31:07Z text/html fr HomeNews
Umuyobozi w'ibibanza bikingiwe mu ntara ya Bururi yarahawe agashimwe n'ibanki y'isi kubera ibikorwa vyo gukingira ibinyabuzima biba muri iryo shamba rikingiwe riri mu ntara ya Bururi.
- Ibidukikije / HomeNews Ingingo ibuza abanyagihugu kubaga impene igiye guhagarara https://mail.igihe.bi/Ingingo-ibuza-abanyagihugu-kubaga.html https://mail.igihe.bi/Ingingo-ibuza-abanyagihugu-kubaga.html 2018-06-05T09:37:44Z text/html fr HomeNews
Umushikiranganji w'ibidukikije, uburimyi n'ubworozi Deo Guide RUREMA, amenyesha ko kuva kw'igenekerezo rya 13 Ruheshi 2018, ingingo ibuza abanyagihugu kubaga impene, izohagarara.
- Ibidukikije / HomeNews Umukuru w'igihugu yasavye ko haba umunsi w'ibikorwa rusangi vyahariwe gukingira ibidukikije https://mail.igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-yasavye-ko-haba.html https://mail.igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-yasavye-ko-haba.html 2018-05-02T08:51:50Z text/html fr HomeNews
Umukuru w'igihugu Petero NKURUNZIZA, ahamagarira abarundi kwitaho cane gukingira ibidukikije. Asaba ko umunsi umwe mu kwezi mu yahariwe ibikorwa rusangi woshimikira ahanini ku gukingira ibidukikije.
- Ibidukikije / HomeNews Ibikorwa vy'ukwubaka mu Carama, Gatunguru na Gahahe vyahagaritswe https://mail.igihe.bi/Ibikorwa-vy-ukwubaka-mu-Carama.html https://mail.igihe.bi/Ibikorwa-vy-ukwubaka-mu-Carama.html 2018-04-20T07:09:57Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Ubushikiranganji bujejwe ibidukikije bwafashe ingingo y'uguhagarika vy'imfatakibanza ibikorwa vyose vy'ukwubaka muma karitiye ya Gahahe, Gatunguru hamwe na Carama. Ibikorwa bigiye kubandanya ni ivy'ukwubaka gusa ingoro y'umukuru w'igihugu hamwe n'ibikorwa vy'ugutunganya uruzi rwa Gasenyi.
- Ibidukikije / HomeNews ''Imvubu 15 nizo zimaze kwicwa mu myaka ibiri iheze''-OBPE https://mail.igihe.bi/Imvubu-15-nizo-zimaze-kwicwa-mu.html https://mail.igihe.bi/Imvubu-15-nizo-zimaze-kwicwa-mu.html 2018-03-27T06:39:49Z text/html fr HomeNews
Umuyobozi w'ikigo c'igihugu kijejwe gukingira ibidukikije OBPE (Office Burundais de la Protection de l'Environnement), amenyesha ko imvubu zirenga 15 zimaze kwicwa mu myaka ibiri iheze, mu gihugu cose.
- Ibidukikije / HomeNews Bubanza : Abanyagihugu batewe umutima uhagaze n'umucafu uva mu mabagiro y'ibitungwa https://mail.igihe.bi/Bubanza-Abanyagihugu-batewe.html https://mail.igihe.bi/Bubanza-Abanyagihugu-batewe.html 2018-03-26T12:24:23Z text/html fr HomeNews
Abanyagihugu bo ku mutumba Musenyi, komine Mpanda, intara ya Bubanza, baridoga ko abayangayanga bata imicafu mu ruzi Gifurwe, mu gihe baba bariko barabaga ibitungwa. Umuhanuzi wa musitanteri ajejwe intwaro n'imibano amenyesha ko, mu ntumbero yo gutorera umuti ico kibazo, hariko haratunganywa ibibanza bishasha vyo kubagiramwo.
- Ibidukikije / HomeNews Abubaka inkombe z'uruzi Ntahangwa basaba kuronswa ibikoresho https://mail.igihe.bi/Abubaka-inkombe-z-uruzi-Ntahangwa.html https://mail.igihe.bi/Abubaka-inkombe-z-uruzi-Ntahangwa.html 2018-01-18T13:15:57Z text/html fr HomeNews
Abakozi bakora ibikorwa vyo kwubaka inkombe z'uruzi Ntahangwa baridoga ko igikorwa bafise kitagenda neza bivuye kwibura ry'ibikoresho bakenera muri ivyo bikorwa.
- Ibidukikije / HomeNews Kirundo: Imvubu yatowe yapfuye ku kiyaga Rweru https://mail.igihe.bi/Kirundo-Imvubu-yatowe-yapfuye-ku.html https://mail.igihe.bi/Kirundo-Imvubu-yatowe-yapfuye-ku.html 2018-01-13T11:00:33Z text/html en HomeNews
Imvubu yapfuye yaratowe kur'uyu wa gatanu igenekerezo rya 12 Nzero 2018, mu ntara ya Kirundo, ku kiyaga Rweru kigabura igihugu c'Uburundi n'Urwanda.
- Ibidukikije / HomeNews Gitega : Imvura ivanze n'umuyaba yaguruye amazu ihitana n'inkingi ya Radio Star FM https://mail.igihe.bi/Gitega-Imvura-ivanze-n-umuyaba.html https://mail.igihe.bi/Gitega-Imvura-ivanze-n-umuyaba.html 2017-12-30T06:37:38Z text/html fr HomeNews
Umwana umwe niwe yakomeretse,amashuri, utuzu twa surwumwe, n'imirima birononekara mu mvura nyinshi ivanze n'umuyaga yaguye inyuma y'umutaga wo kur'uyu wa gatanu igenekerezo rya 29 Kigarama 2017, mu gace ka Nyabugogo,ku mutumba Ntombwe, zone Mungwa, Komine n'intara ya Gitega.
- Ibidukikije / HomeNews