Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Rumonge: Inzu 31 zasambutse ,umuntu umwe arakomereka inyuma y'imvura yaguye https://mail.igihe.bi/Rumonge-Inzu-31-zasamutse-umuntu.html https://mail.igihe.bi/Rumonge-Inzu-31-zasamutse-umuntu.html 2018-11-16T14:53:17Z text/html en vianney HomeNews
Inzu 31 nizo zasambutse muri komine Rumonge mu ntara ya Rumonge umuntu 1 nawe arakomereka inyuma y'imvura yaguye ku magenekerezo rya 14 na 15 Munyonyo umwaka wa 2018.
- umutekano / HomeNews Urunani ASSUR rwatunganije inama rukokoma ihuza amashirahamwe ategekaniriza gushumbusha https://mail.igihe.bi/Urunani-ASSUR-rwatunganije-inama.html https://mail.igihe.bi/Urunani-ASSUR-rwatunganije-inama.html 2018-11-15T11:39:27Z text/html en vianney HomeHighlights1 MainSlideNews
Urunani rw'amashirahamwe ategekaniriza gushumbusha mu gihe c'impanuka ASSUR(Association des Societes d'assurance du Burundi) rwatunganije kuri uno wa kane igenekerezo rya 15 Munyonyo 2018 inama ya mbere rukokoma ihuza abantu bose begwa n'ico gisata mu ntumbero yo kurabira hamwe uko ico gisata cifashe,guhimiriza abantu bose gutahura akamaro k'ayo mashirahamwe hamwe no kurabira hamwe uko boduza umwimbu.
- Amakuru / HomeHighlights1, MainSlideNews Inama nshingamateka na nkenguzametaka vyaronkejwe imfashanyo na ABEF https://mail.igihe.bi/Inama-nshingamateka-na-22725.html https://mail.igihe.bi/Inama-nshingamateka-na-22725.html 2018-11-14T12:34:27Z text/html en vianney HomeHighlights MainSlideNews
Ishirahamwe rihurikiyemwo amabanki akorera mu BURUNDI ABEF (Association de Banques et Etablissements financiers) ryaronkeje inama nshingamateka na nkenguzamateka vy'Uburundi imfashanyo y'amafaranga angana imiriyoni 23 y'amafaranga y'amarundi azofasha mu gikorwa co kwakira inkino zihuza amanama nshingamateka na nkenguzamateka yo mu bihugu bihurikiye mu muryango wa Afrika y'Ubuseruko.
- Amakuru / HomeHighlights, MainSlideNews Abantu 10 bagize umurwi w'ishirwaho ry'abakomiseri ba CVR bashizweho https://mail.igihe.bi/Abantu-10-bagize-umurwi-w.html https://mail.igihe.bi/Abantu-10-bagize-umurwi-w.html 2018-11-14T07:11:35Z text/html en vianney HomeNews
Abantu 10 bagize umurwi ujejwe ishirwaho ry'abakomiseri 13 bo mu murwi ujejwe ukuri no kurekuriranira CVR washizweho n'inama nshingamateka hamwe n'inama nkenguzamateka aho urongowe n'umukuru wayo,icegera c'umukuru w'uyo murwi hamwe n'umunyamabanga.
- Amakuru / HomeNews Igitabo ngenderwako mu gutanga amakuru cemejwe n'ubushikiranganji bw'agateka ka zina muntu https://mail.igihe.bi/Igitabo-ngenderwako-mu-gutanga.html https://mail.igihe.bi/Igitabo-ngenderwako-mu-gutanga.html 2018-11-13T16:51:23Z text/html en vianney HomeNews
Ubushikiranganji bw'agateka ka zina muntu,imibano hamwe n'iterambere ridakumira bwemeje igitabo kizofasha kugira kibe igikoresho ubwo bushikiranganji buzokoresha mu gutanga amakuru atomoye yo murubwo bushikiranganji.
- Amakuru / HomeNews Ubushikiranganji bw'umutekano buvuga ko ata shirahamwe ryigenga mu gisata c'umutekano ryemerewe gukora ata ruhusha rifise https://mail.igihe.bi/Ubushikiranganji-bw-umutekano-22721.html https://mail.igihe.bi/Ubushikiranganji-bw-umutekano-22721.html 2018-11-12T18:21:27Z text/html en vianney HomeNews
Ubushikiranganji bw'umutekano gukinga no gutabara mu gihe c'ibiza n'isibe bumenyeshako umuntu yipfuza gushinga ishirahamwe ryigenga mu gisata c'umutekano bibujijwe gukora ivyo bikorwa mu gihe ata burenganzira afise buvuye ku nzego zibijejwe
- umutekano / HomeNews Indwi yahariwe umurwanyi yatangujwe https://mail.igihe.bi/Indwi-yahariwe-umurwanyi.html https://mail.igihe.bi/Indwi-yahariwe-umurwanyi.html 2018-11-12T14:20:04Z text/html en vianney HomeNews
Indwi yahariwe umurwanyi yatangujwe kuruno wa mbere igenekerezo rya 12 Munyonyo umwaka wa 2018 mu ntara ya Bubanza,ikaba yatangujwe n'inkuka y'imisa yabereye kw'ishengero rya Gifurwe ryo muri paruwasi ya Muzinda.
- Amakuru / HomeNews Ishirahamwe Dutezanye Imbere rivuga ko ibikorwa vyaryo bifasha kugwanya amayarara mu gisagara https://mail.igihe.bi/Ishirahamwe-Dutezanye-Imbere.html https://mail.igihe.bi/Ishirahamwe-Dutezanye-Imbere.html 2018-11-12T13:00:47Z text/html en vianney HomeNews
Pierre Claver NIZIGIYIMANA arongoye ishirahamwe risanzwe rihingura umukara mw'iyarara « Urunani Dutezanye imbere » amenyeshako ibikorwa barangura mw'ishirahamwe ryabo bifasha kugwanya amayarara yibonekeza hirya no hino mu gisagara ca Bujumbura.
- ishirahamwe / HomeNews Itarike 13 Munyonyo https://mail.igihe.bi/itarike-13-munyonyo.html https://mail.igihe.bi/itarike-13-munyonyo.html 2018-11-12T10:59:07Z text/html rn HomeAmateka
Igenekerezo rya 13 Munyonyo .
Abazwi cane bavutse kw'igenekerezo nkiri
1312: Edouard wa 3, umwami w'Ubwongereza.
1848: Albert wa 1, umuganwa wa Monaco.
1850: Robert Louis Stevenson, umwanditsi w'umwongereza.
Abazwi cane bitavyimana kw'igenekerezo nkiri
1093: Malcom wa 3, umwami wo muri Ecosse.
2001: Frédéric Pottecher, umukinyi w'ivyese akaba n'umwanditsi w'umufaransa.
2002: Juan Alberto Schiaffino, umukinyi w'umupira w'amaguru wo muri Uruguay.
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe (...)
- Akahise / HomeAmateka Abipfuza guhiganirwa ibibabanza vy'ubukomiseri mu murwi CVR basabwa gushikana ibisabwa n'amategeko https://mail.igihe.bi/Abipfuza-guhiganirwa-ibibabanza-vy.html https://mail.igihe.bi/Abipfuza-guhiganirwa-ibibabanza-vy.html 2018-11-10T09:50:03Z text/html en vianney HomeHighlights
Ibiro vy'inama nshingamateka bimenyeshako bihamagariye abantu bose bipfuza guhiganirwa ibibanza vy'abakomiseri 13 b'umurwi ujejwe kumenya ukuri no kurekuriranira CVR ko boshikana ibisabwa n'amategeko mu murwi ujejwe gutunganya ishirwaho ry'abakomiseri 13 washizweho n'inama nshingamateka.
- Amakuru / HomeHighlights