Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net
-
Bimwe mubisokozo vy'ikirundi
https://mail.igihe.bi/bimwe-mubisokozo-vy-ikirundi.html
https://mail.igihe.bi/bimwe-mubisokozo-vy-ikirundi.html
2013-02-04T06:07:14Z
text/html
rn
HomeNews
<p>Sokwe?
<br class='autobr' /> Niruze! <br class='autobr' />
1. Ndakibona sindagifata <br class='autobr' />
Igitutu <br class='autobr' /> 2. Kararengera <br class='autobr' />
Akotsi k'abungere <br class='autobr' />
3. Ikiri kure kirya abari n'amaguru <br class='autobr' />
Ikigazi <br class='autobr' />
4. Umwana wanje yokunesha ari muto <br class='autobr' />
Uruyuki <br class='autobr' />
5. Wigera mu barembe wari umurembe <br class='autobr' />
Impene mu ntama <br class='autobr' />
6. Abana banje bakubita ibiganza Hirya no hino <br class='autobr' />
Imitwe y'inzuzi <br class='autobr' />
7. Abo kwa ruringaniza bambariye imiringa mu kuzimu <br class='autobr' />
Ibijumbu <br class='autobr' />
8. Akavumu kanje mpungurura bunyoni <br class='autobr' />
Inkono y'umurango ntirya umwe <br class='autobr' />
9. Karahinda Iduri <br class='autobr' />
Akato mu mpange <br class='autobr' />
10. Urabona ngo bitugu vya (...)</p>
-
<a href="https://mail.igihe.bi/-ibisokozo-60-.html" rel="directory">Ibisokozo</a>
/
<a href="https://mail.igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>