Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Isabukuru ya mbere y'agakura y'abaririmvyi batazira Imana https://mail.igihe.bi/isabukuru-ya-mbere-y-agakura-y.html https://mail.igihe.bi/isabukuru-ya-mbere-y-agakura-y.html 2014-09-26T10:46:54Z text/html rn HomeNews
Ishirahamwe JELIM Premier Events iriko itegura isabukuru ya mbere iteguwe ku bw'abaririmvyi b'indirimbo mpimbazamana. Iyo sabukuru izoba igizwe n'ibiteramo, inyigisho z'umuziki n'ibindi, n'ubushimwe buzotangwa kuri bamwe mu baririmvyi.
Nduwimana Natacha ajejwe gutanga amakuru mw'ishirahamwe JELIM Premier Events, avuga ko iyo sabukuru bise Buja Gospel Fest izoba nk'itara rizokwerekana uko ibindi biteramo vy'isabukuru nk'iyo bizoba bimeze ku mwaka ku mwaka narirya ari iya mbere.
Isabukuru Buja (...)
- Gospel / HomeNews Umurwi Ganadores ni wo watahukanye intsinzi https://mail.igihe.bi/ganadores-ni-wo-watahukanye.html https://mail.igihe.bi/ganadores-ni-wo-watahukanye.html 2014-01-02T15:25:31Z text/html rn HomeNews newsletter
Mu nzu y'ibiteramo y'ahahoze hitwa Odeon Palace harabereye amahiganwa y'abaririmvyi b'indirimbo mpimbazamana bise Bujumbura First Dancehall. Umurwi Ganadores niwo watahukanye intsinzi.
Mu kurangiza umwaka w'2013, ishengero Christian Life Ministries riri ahahoze hitwa Odeon Palace vyarashize mu ngiro amahiganwa ya mbere y'abaririmvyi b'indirimbo mpimbazamana. Intumbero y'iryo higanwa kwari guhamagarira urwaruka kwirinda ibiyayura mutwe n'inda z'ishushu. Imirwi igera kuri itandatu yariko ihiganwa, na (...)
- Gospel / HomeNews, newsletter "Redemption Voice" warabiciye biracika https://mail.igihe.bi/redemption-voice-warabiciye.html https://mail.igihe.bi/redemption-voice-warabiciye.html 2013-12-31T12:26:59Z text/html rn HomeNews
Umurwi w'abaririmvyi “Redemption Voice” uririmba indirimbo zo gucungurwa warabiciye biracika mu giteramo cabo citabwe n'insinzi ry'abantu , aho bashize ahabona n'urukurukirane rw'indirimbo bise “Yuguruye ntawugara”.
Mu ntumbero yogushira ahabona urukururikane rw'indirimbo zawo bise “Yuguruye ntawugara” hamwe no guhimbaza Imana kuvyo yakoze mu mwaka w'i 2013, kuri uyu w'Imana, igenekerezo rya 29 Kigarama 2013, umurwi w'abaririmvyi bahimbaza Imana “Redemption Voice” waragize igiteramo kidasanzwe kuri uyu (...)
- Gospel / HomeNews « Yuguruye ntawugara » igiteramo ku bwanyu https://mail.igihe.bi/yuguruye-ntawugara-igiteramo-ku.html https://mail.igihe.bi/yuguruye-ntawugara-igiteramo-ku.html 2013-12-12T14:02:17Z text/html rn HomeNews
Umurwi w'abaririmvyi b'indirimbo mpimbazamana, « Redemption Voice »bariko bategura igiteramo ntaraboneka, kizoba kandi kibaye ica mbere.
« Yuguruye ntawugara », ico ni icivugo c'igiteramo ca mbere kiriko gitegurwa n'umurwi w'abaririmvyi « Redemption Voice ». Ico giteramo categuwe kugira bashire ahabona urukurikirane bise « Yuguruye ntawugara », urwo rurimwo indirimbo 11.
Nzeyimana Arnold Zacharie, umwe mu bahungu batandatu n'umukobwa umwe bagize uwo murwi, asigura uwo mutwe avugako ico Imana ishatse (...)
- Gospel / HomeNews Bujumbura: Igiteramo ca Gaby cari agakura https://mail.igihe.bi/bujumbura-igiteramo-ca-gaby-cari.html https://mail.igihe.bi/bujumbura-igiteramo-ca-gaby-cari.html 2013-11-25T11:10:44Z text/html rn HomeNews newsletter
Umuririmvyi Gaby kamanzi ava mu gihugu c'Urwanda yaraye ateramishije abarundi mu giteramo c'agakura yise ‘'more than a song''. Akanyamuneza niko karanga abari bitavye ico igiteramo.
Abakunzi b'indirimbo zo guhimbaza Imana i Bujumbura, kuri uwu w'Imana, kari akanyamuneza ntangere mu giteramo categuwe n'umuririmvyi Gaby Kamanzi. Uwo muririmvyikazi yarabiciye biracika mu nyubakwa za Odeon palace. Igihe c'isaha cumi na zibiri zirenga nk'iminota cumi niho yatangura kuririmba, abari aho bamwakiranye (...)
- Gospel / HomeNews, newsletter Kumenya indimi nyinshi kimwe mu bifasha Fortran B gutanga ubutumwa https://mail.igihe.bi/kumenya-indimi-nyinshi-kimwe-mu.html https://mail.igihe.bi/kumenya-indimi-nyinshi-kimwe-mu.html 2013-11-22T16:00:11Z text/html rn HomeNews
Mu giteramo yahoramwo mu gihugu kibanyi ca Repubirika iharanira intwaro rusangi ya Kongo, yarahakuye ibitari bike kandi yarashoboye kuryohera abitavye ibiteramo vyiwe. Aho hari mu magenekerezo ya 10 Munyonyo 2013.
Nk'uko akunze kubigira kenshi iyo agiye mu bindi bihugu, Fortran aragerageza uburyo bwose amenya ibishoboka vyose ku rurimi kavukire rukoreshwa aho hantu. Ivyo rero yarabigize naho muri ico gihugu. Yarashoboye kuririmbana n'umuririmvyi w'igihangange mu ndirimbo mpimbazamana yitwa (...)
- Gospel / HomeNews Igihe co kumenya imigisha umuntu afise kigeze arabimenya https://mail.igihe.bi/igihe-co-kumenya-imigisha-umuntu.html https://mail.igihe.bi/igihe-co-kumenya-imigisha-umuntu.html 2013-11-06T06:44:02Z text/html rn HomeNews
Aho yitaba ubwa mbere mw'ihiganwa”Primusic” ryateguwe rigashirwa mu ngiro n'ishirahamwe Brarudi, J. Marie Christian Ninteretse yasa n'uwutabona ikimujanyeyo, hari mu mahiganwa yo mu mwaka wa 2012.
Avuga ko atabona ica mujanyeyo kuko yahamagawe n'umugenzi wiwe. Ica mutangaje ico gihe, ni ukwo yashoboye gushika mu gice c'umunani c'amahiganwa, aho rero yahakuye icirwa. Kubona yabimenyeshejwe n'uwundi muntu, vyamweretse ko hariho abazi ko afise ingabirano yo kuririmba, naho wewe yasa n'uwutayibona. Mu (...)
- Gospel / HomeNews Igiteramo na Jean Christian Irimbere https://mail.igihe.bi/igiteramo-na-jean-christian.html https://mail.igihe.bi/igiteramo-na-jean-christian.html 2013-11-06T02:33:00Z text/html rn HomeNews
Harategekanijwe igiteramo co gutanguze ibiteramo vyo gufashanya hagati y'abaririmba indirimbo mpayagizamana. Ico giteramo kizoba kuri uwu w'Imana igenekerezo rya 10 Munyonyo 2013 kuri New Guinguete, ahahora Bethel Center kuva igihe c'isaha cumi na zibiri z'umugoroba.
Ico giteramo kiriko gitegurwa na Christian Irimbere. Avuga ko intumbero y'ico giteramo ari uguteza imbere indirimbo mpimbazamana, kuva kubabimenyereye gushika kubagitangura bataramenyekana, bivuye ku mvo z'uburyo canke kwibaza ko (...)
- Gospel / HomeNews Urukurikirane «Tukumenye» rw'umurwi Singiza rwashizwe ahabona https://mail.igihe.bi/urukururikirane-tukumenye-rw.html https://mail.igihe.bi/urukururikirane-tukumenye-rw.html 2013-11-04T03:56:54Z text/html rn HomeNews
Umurwi Singiza wo mu gihugu c'Urwanda warakoze igiteramo co guhimbaza no gutazira Imana mu rukurikirane rw'indirimbo «Tukumenye». Hari kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 03 Munyonyo 2013.
Igiteramo cari gifise intumbero yo kwamamaza intsinzi ya Yezu aho yatsinze urupfu. Ivyo vyakorwa biciye mu butumwa buri mu ndirimbo zitandukanye ziri mu rukurikirane rw'indirimbo «Tukumenye» rufise indirimbo 14, mu masengesho no gushinga intahe. Igiteramo nk'ico carabaye mu Rwanda igenekerezo rya 15 Ntwarante (...)
- Gospel / HomeNews Urukurikirane “Super Naturel” rwa Goodman rugiye gusohoka https://mail.igihe.bi/urukurikirane-super-naturel-rwa.html https://mail.igihe.bi/urukurikirane-super-naturel-rwa.html 2013-10-08T02:09:20Z text/html rn HomeNews
Goodman, umuririmvyi yamuka muri Nigéria ariko aba mu Burundi muri kino gihe agiye gusohora urukurikirane rwitwa “Super Naturel”. Urwo rukurikirane rukaba rugizwe n'indirimbo zo gutazira no kuninahaza Imana zitandatu.
Goodman ni umuririmvyi aririmba indirimbo zo kuninahaza no gutazira Imana. Akoka muri Nigéria ariko ubu akaba aba mu Burundi kuko umutambukanyi wiwe ariwe aserukira igihugu ca Nigéria mu Burundi. Uwo muririmvyi akaba ariko arategura amasanamu y'urukurikirane rwiwe rwitwa “Super (...)
- Gospel / HomeNews