Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Bimwe mu vyo Beyoncé yandikiye Angela Merkel na Nkosazana Dlamini-Zuma https://mail.igihe.bi/beyonce-yandikiye-ikete-abagore.html https://mail.igihe.bi/beyonce-yandikiye-ikete-abagore.html 2015-03-09T12:15:41Z text/html rn HomeNews
Umurwizatunga n'umuririmvyikazi Beyoncé yandikiye ikete umwamikazi atwara ingoma y'Ubudagi Angela Merkel na Nkosazana Dlamini-Zuma arongoye "Commission de l'Union Africaine". Iryo kete Beyoncé yanditse rigizwe n'ubutuma bwo gufasha abagore n'abakobwa bazingamitswe n'ubukene.
Beyoncé afadikanije n'abandi baririmvyikazi n'abakinyikazi b'amareresi Lady Gaga, Meryl Streep na Charlize Theron bandikiye abo bagore babiri b'ibihangange kw'isi(Angela Merkel na Nkosazana Dlamini-Zuma) kugira bafashe gukura (...)
- Nouvelles / HomeNews Beyonce ararengerwa n'ukurenga ibigo kwa se wiwe aguma avyara hanze https://mail.igihe.bi/beyonce-ararengerwa-n-ukurenga.html https://mail.igihe.bi/beyonce-ararengerwa-n-ukurenga.html 2014-07-10T07:12:06Z text/html rn HomeNews
Beyonce ariko aca mu bihe bitoroshe vy'ubuzima. Inyuma y'imigambi yo kwahukana n'umugabo wiwe Jay Z, haje umukobwa kwagiriza se wiwe ko yamuvyayeko umwana. Uwo nawe asaba ko uwo mugabo yemera umwana, kandi akamuha n'ibirezo.
Haheze iminsi hari ukutumvikana kurimwo kwahukana hagati ya Beyonce na Jay Z bitumwe n'ukwikeka ko Jay Z arenga ibigo. Ivyo bitarahera, ubu agiye gufasha se wiwe Mathew Knowles urugamba arimwo. Urwo rugamba arimwo si urundi : TaQoya Branscomb, umukobwa anyabuye (Manniquin) (...)
- Nouvelles / HomeNews Beyonce ntiyavyoroheje i Belgrade https://mail.igihe.bi/beyonce-ntiyavyoroheje-i-belgrade.html https://mail.igihe.bi/beyonce-ntiyavyoroheje-i-belgrade.html 2013-04-17T01:02:42Z text/html rn HomeNews
Beyonce yarabiciye biracika ku wambere kumugoroba i Belgrade, igihe yatangura igikorwa co kugendera ibihugu vya Buraya.Uwo muririmvyi akomeye cane wimyaka 31,yari yambaye impuzu zica ibibatsi kuburyo zari zimwegereye cane zerekana uko amabere ateye,eka igikiriza ciwe caragaragazwa n'impuzu yari yambaye.
Beyonce akaba yari yambitswe na Julien Macdonald,Peter Dundas na Dsquared2 n'abandi.
Abakunzi b'umupfasoni Carter aho bariko baritegura nabo kuzomwakirana igishika ntangere i Anvers kuwa (...)
- Nouvelles / HomeNews Beyoncé yiyeretse abakunzi biwe ari mu bwogero https://mail.igihe.bi/beyonce-yiyeretse-abakunzi-biwe.html https://mail.igihe.bi/beyonce-yiyeretse-abakunzi-biwe.html 2013-02-28T00:50:23Z text/html rn HomeNews
Beyoncé yashize ahabona ifoto yiwe ari mubwogero, akaba yabigize kugira yiyereke abakunzi biwe uko ari atabanje kwisiga ibituma asa neza.
Iyo foto yiwe igaragara kuri Tumblr imwerekana afise ubwiza bwiwe asanganywe.Ico kikaba ari ikimenyetso c'uko yashatse gusangira n'abakunzi biwe bimwe mu bigize ubuzima abantu badakunda kugaragaza kuko biboneka ko atanakimwe yari yisize no mu maso.
Umuririmvyi Beyoncé afise imyaka 31 y'amavuka benshi bari bamenyereye kumubona yisize asa neza,akaba (...)
- Nouvelles / HomeNews Beyonce na Jay-Z bashize ahabona umwana wabo w'umukobwa https://mail.igihe.bi/beyonce-na-jay-z-bashize-ahabona.html https://mail.igihe.bi/beyonce-na-jay-z-bashize-ahabona.html 2013-02-16T07:59:52Z text/html rn HomeNews
Imbere y'uko ikiganiro k'umuririmvyi Beyonce «Beyonce :Life is But a dream » gitangura,Beyonce ari kumwe n'umugabo wiwe Jay-Z berekanye umwana wabo w'umukobwa Blue Ivy Carter haheze umwaka avutse.
Kw'ifoto yabonetse mw'ireresi,Beyonce yari afashe uwo mwana mu minwe ariko aratwenga asa neza nka se wiwe Jay-Z ku buryo atawokwihenda.
Ikiganiro cerekana ibikorwa n'ubuzima bwa Beyonce cerekanwa uno munsi kuwa gatandatu igenekerezo rya 16 Ruhuhuma k'umurongo (...)
- Nouvelles / HomeNews Beyonce ashobora guhagarika kuririmba kubw'abana biwe https://mail.igihe.bi/beyonce-ashobora-guhagarika.html https://mail.igihe.bi/beyonce-ashobora-guhagarika.html 2013-02-13T03:17:23Z text/html rn HomeNews
Beyonce ntiyumva ananiwe n'akazi kiwe. Uwo muririmvyi ashaka kuba uwidegemvya kandi azohagarika akazi kiwe aho azobigombera.
Uwo muririrmvyi azwi cane, mukiganiro yatanze mukinyamakuru Vogue,yaravuze ko azohagarika akazi kiwe niyumva abishatse bihwanye n'ibiza imbere m'ubuzima bwiwe.
Mubiza imbere mub'ubuzima bwa Beyonce ubu , ni umuryango wiwe. Uwo mutambukanyi wa Jay-Z yabwiye ico kinyamakuru ko ategekanya kuronka abandi bana ,aho niho bazoshobora kumwemeza guhagarika akazi kiwe.

- Nouvelles / HomeNews Beyoncé yemeye ko yaririmvye indirimbo yari yafashwe kuri CD https://mail.igihe.bi/beyonce-yemeye-ko-yaririmvye.html https://mail.igihe.bi/beyonce-yemeye-ko-yaririmvye.html 2013-02-02T00:44:58Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi w'umunyamerika Beyoncé yarahaye ikiganiro abamenyesha makuru kugirango yemeze ko indirimbo ihayagiza Amerika,yaririmvye mubirori vyo kwimika perezida Obama yari ifashwe kuri CD. Yarishuye no kubibazo bitandukanye vy'abamenyeshamakuru.
Imbere y'uko agaruka ku birori vyo kwimika Obama, yaraboneyeho akanya ko kumenyesha ko ivyo bamwagiriza ngo ntazi kuririmba neza indirimbo zidafatiwe kuri CD atarivyo .Abo ngo ni abashatse kumucafuza.
Amaze gushika imbere y'abantu yaciye (...)
- Nouvelles / HomeNews Umuririmvyi Beyoncé yaririmvye indirimbo ihayagiza igihugu ca America mu birori vyo kwimika Obama https://mail.igihe.bi/umuririmvyi-beyonce-yaririmvye.html https://mail.igihe.bi/umuririmvyi-beyonce-yaririmvye.html 2013-01-23T03:37:31Z text/html rn HomeNews
Mugihe isinzi ry'abantu bari bakoranye mu birori vyo kwimika prezida Barack Obama ubugira kabiri mu mabanga yo kurongora leta zunze ubumwe za America ,umurirmvyi w'umunyamerikakazi Beyoncé yararirimvye neza cane indirimbo ihayagiza igihugu ca Amerika.
Uko umuririmvyi Beyoncé yasubiyemwo iyo ndirimbo vyarahimbaye cane prezida ,umukenyezi wiwe Michelle Obama,n'abari bakoraniye ngaho bose,kuko yaririmvye n'ijwi ryiza kandi n'icubahiro cinshi.Mbere n'abatari bake barashimye cane iryo jwi rya Beyoncé (...)
- Nouvelles / HomeNews Beyonce yatewe iteka mu igihugu ca Amerika https://mail.igihe.bi/beyonce-yatewe-iteka-mu-igihugu-ca.html https://mail.igihe.bi/beyonce-yatewe-iteka-mu-igihugu-ca.html 2013-01-10T03:07:43Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyikazi wo muri Amerika Beyonce, yaratowe ngo azoririmbe indirimbo ihayagiza igihugu ca reta zunze ubumwe za Amerika mu birori vyo kwimika umukuru w'igihugu Barack Obama bizoba kw'igenekerezo rya 21 nzero 2013.
Umupfasoni Beyonce asanzwe aririmba mu mudiho wa R&B, akaba ari n'umugenzi w'umuryango w'umukuru w'igihugu ca reta zunze ubumwe za Amerika niwe azoririmba idirimbo ihayagiza igihugu mu birori vyo kwimika umukuru w'igihugu Barack Obama bizoba kw'igenekerezo rya 21 nzero 2013. (...)
- Nouvelles / HomeNews