Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Mkombozi aririmba urukundo rwa Toma na Nadine rwaheze nabi
https://mail.igihe.bi/Mkombozi-aririmba-urukundo-rwa.html
https://mail.igihe.bi/Mkombozi-aririmba-urukundo-rwa.html
2017-08-06T11:23:54Z
text/html
rn
Egide NDUWIMANA
HomeNews

Mkombozi yasohoye ururirimbo ruvuga ingaruka mbi z'intambara mu rukundo. Ubwo butumwa abucisha mu nkuru y'urukundo rw'umuhungu yitwa Toma n'umukobwa yitwa Nadine. Urwo rukundo rukaba rwaheze nabi.

indirimbo

HomeNews

Umuririmvyi Mkombozi yasohoye indirimbo nshasha "Mwana w'Urwanda"
https://mail.igihe.bi/Mkombozi-ft-Samantha-Mwana-Wu.html
https://mail.igihe.bi/Mkombozi-ft-Samantha-Mwana-Wu.html
2017-03-31T07:52:24Z
text/html
rn
Jean de Dieu M.
HomeNews
HomeSong

Umuririmvyi Mkombozi yashize ahabona indirimbo nshasha "Mwana w'Urwanda"

indirimbo

HomeNews,
HomeSong

Mkombozi:''Iyaba hari amacakubiri ntihosigaye Eduard hagahunga Rufyikiri''
https://mail.igihe.bi/mkombozi-iyaba-hari-amacakubiri.html
https://mail.igihe.bi/mkombozi-iyaba-hari-amacakubiri.html
2015-06-30T13:04:18Z
text/html
rn
HomeNews

Ubutumwa buri mu ndirimbo ya mkombozi yitwa Mucezo wa Ndani, avuga ko atamoko ari mu Burundi, ati :''Twarabahinyuye, amoko n'umutahe wanyu twarahinyuye, ntabihari kuko dusangiye vyose.

Amajambo yavuze muri iyo ndirimbo asohoye ari mu buhungiro agira ati :''Hari igihe mutandukanya amoko kandi atarivyo, iyaba mu Burundi hari amacakubiri ntihosigaye Eduard hagahunga Rufyikiri. Ntamacakubiri mu Burundi ni mucezo wa ndani''. Abarundi turi maso twarabahinyuye, amoko ni icitwazo c'abanyeporitike. (...)

indirimbo

HomeNews

Ururirimbo rushasha rwa Mkombozi ruriko ruvugwako vyinshi
https://mail.igihe.bi/ururirimmbo-rushasha-rwa-mkombozi.html
https://mail.igihe.bi/ururirimmbo-rushasha-rwa-mkombozi.html
2014-12-22T08:27:06Z
text/html
rn
HomeNews

Mkombozi yasohoye ururirimbo yari amaze iminsi ategura, amajambo akoresha mu gusigura izina ryiwe ni nkoramutima. Ivyiyumviro bikora ku buzima bw'igihugu, aho rero vyumvikana ko uwo muririmvyi akurikiranira hafi ibiba mu gihugu ciwe.
Ururirimbo umuririmvyi w'umudiho wa Rap Mkombozi yasohoye ruriko ruvugwako vyinshi kubera amajambo arimwo asa n'ukuri kw'ibiba mu gihugu ciwe. Mkombozi ati:" Nije nafashe ku nguvu umukenyezi yibungenze kubw'amahera yanje uwatabaye niwe yafunzwe. Narabaye Pasteur (...)

indirimbo

HomeNews

Dusenge
https://mail.igihe.bi/dusenge.html
https://mail.igihe.bi/dusenge.html
2013-02-26T08:30:07Z
text/html
rn
HomeSong

indirimbo

HomeSong

ishure
https://mail.igihe.bi/ishure.html
https://mail.igihe.bi/ishure.html
2013-02-19T02:09:01Z
text/html
rn

indirimbo

Urudubi
https://mail.igihe.bi/urudubi.html
https://mail.igihe.bi/urudubi.html
2013-02-19T02:06:00Z
text/html
rn

indirimbo