Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Intsinzi y'umuduri yatashe i Burundi https://mail.igihe.bi/intsinzi-y-umuduri-yatashe-i.html https://mail.igihe.bi/intsinzi-y-umuduri-yatashe-i.html 2013-11-29T09:13:55Z text/html rn HomeNews
Alfred Nyandwi na Ndoricimpa Bernard baherutse mw'isaburukuru ryataziriwe ”Sica”mu gihugu na Benin. Ibendera ry'Uburundi ryarahungabanye mu ngoro y'amakoraniro yo mu gisagara ca Cotonou, imbere y'ihoteri”Pantagruel”, Intsinzi y'umuduri irataha i Burundi.
Hari kw'igenekerezo rya 18 Munyonyo aho umurwi “Nkudabantu” wururira indege y'ishirahamwe Kenya Airways bagana mu gihugu ca Benin, aho bari bitavye isabukuru ”Sica”. Bari baherekejwe n'umumenyeshamakuru wa radio Isanganiro Christian Nsavye. Bashikiye (...)
- inkuru / HomeNews Alfred na Bernard bariteguriye neza SICA ariko haracari ikibazo gikomeye https://mail.igihe.bi/alfred-na-bernard-bariteguriye.html https://mail.igihe.bi/alfred-na-bernard-bariteguriye.html 2013-10-22T06:15:13Z text/html rn HomeNews
Abaririmvyi Alfred na Bernard bakunze gutazira “Nkunda abantu” baremesheje ikiganiro ku bamenyashamakuru . Bamenyesheje aho bagejeje imyiteguro yo kwitaba isabukuru SICA ryo muri Bénin. Imyiteguro araremvye ariko hariho intambamyi nyamukuru y'uburyo. Ukwizera niko bagenderako muri kino gihe isabukuru ryegereje.
Abaririmvyi batowe ngo baserukire Uburundi mw'isabukuru SICA ryo mu gihugu ca Bénin ni Alfred na Bernard. Iyi misore ibiri batazira “Nkunda abantu”(ururirimbo rwabamenyekanishije) (...)
- inkuru / HomeNews Ikiganiro IGIHE yagiranye n'abaririmvyi babiri Alfred Nyandwi na Bernard Ndoricimpa https://mail.igihe.bi/ikiganiro-igihe-yagiranye-n-3135.html https://mail.igihe.bi/ikiganiro-igihe-yagiranye-n-3135.html 2013-01-16T04:36:32Z text/html rn HomeNews festicab_news
Umugwi w'abaririmvyi babiri Alfred Nyandwi na Bernard Ndoricimpa uramaze kuririmba indirimbo zitari nke kandi zakunzwe n'abantu benshi. Baririmbisha ibikoresho kavukire kandi baririmba indirimbo z'imico kama.
None uwo mugwi wavutse ryari, ugizwe na bande, bakorana gute, bafise intumbero iyihe.
Kugirango tumenye vyinshi kuri bo, twagiranye ikiganiro.
IGIHE : Turabaramukije,n'amahoro ?
Alfred : Ego turakomeye, kandi tubahaye ikaze.
Bernard : Karibu murisanze, tumeze neza.
IGIHE : (...)
- inkuru / HomeNews, festicab_news