Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Big Fizzo asaba abarundi guha agateka abahinyanyuzi b'umuziki ndundi https://mail.igihe.bi/Big-Fizzo-asaba-abarundi-guha.html https://mail.igihe.bi/Big-Fizzo-asaba-abarundi-guha.html 2018-01-29T15:44:14Z text/html fr HomeNews
Mu gihe Big Fizzo yariko ashira ahabona amasanamu y'indirimbo « Konzi », yashikirije ko abarundi bakwiye guha agaciro abahinyanyura umuziki ndundi, akanegura abirukira hanze gukorerayo umuziki canke amasanamu.
- inkuru / HomeNews Fizzo yatumiwe gushigikira Charly&Nina mu rubanza rukomeye bimirije https://mail.igihe.bi/Fizzo-yatumiwe-gushigikira-Charly.html https://mail.igihe.bi/Fizzo-yatumiwe-gushigikira-Charly.html 2017-11-04T07:49:47Z text/html fr HomeNews
Big Fizzo yabaye umutumire w'iteka mu giteramo co kurangiza umwaka kizobera mu gihugu c'urwanda. Umwaka ugiye kurangira uwo muririmvyi akoze ibikorwa vyinshi ku ruhande rw'ibiteramo.
- inkuru / HomeNews Umuririmvyi Fizzo yatoye ubundi buryo bwo kurondera amahera https://mail.igihe.bi/Umuririmvyi-Fizzo-yatoye-ubundi.html https://mail.igihe.bi/Umuririmvyi-Fizzo-yatoye-ubundi.html 2017-11-01T13:06:37Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Big Fizzo yahinduye umukenyuro wo kugurisha indirimbo ziwe. Yahinduye umuhora yahora agurishako indirimbo, mu ntumbero yo kuja ku ruguro rw'ibihangange vy'abaririmvyi bo kw'isi.
- inkuru / HomeNews Fizzo yerekanye ivyo yanditse muri "Tatouages" yiwe nshasha https://mail.igihe.bi/Fizzo-yerekanye-ivyo-yanditse-muri.html https://mail.igihe.bi/Fizzo-yerekanye-ivyo-yanditse-muri.html 2017-10-26T06:58:09Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Inyuma yo kuboneka ku mafoto bariko bamwandikako ku kuboko, hamenyekanye ivyo Fizzo yerekanye kuri izo nyandiko.
- inkuru / HomeNews Fizzo yongereje "TATOUAGES" ku maboko yiwe https://mail.igihe.bi/Fizzo-yongereje-TATOUAGES-ku.html https://mail.igihe.bi/Fizzo-yongereje-TATOUAGES-ku.html 2017-10-19T09:38:53Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Inyuma y'igiteramo aherutse gukorera mu gihugu c'Ubutaliyano, Fizzo yagiriyeko ashira "Tatouages" ku kuboko kwari gusigaye kutayifise.
- inkuru / HomeNews Icuka si ciza hagati y'abaririmvyi Happy Famba na Fizzo https://mail.igihe.bi/Icuka-si-ciza-hagati-y-abaririmvyi.html https://mail.igihe.bi/Icuka-si-ciza-hagati-y-abaririmvyi.html 2017-10-12T13:26:56Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Icuka si ciza hagati y'abaririmvyi Happy Famba na Fizzo. Ico cuka kiriko giterwa n'uko Fizzo yahawe umwambaro wo gukinamwo mu mupira w'amaguru maze agasiba urukino, agatako uwo mupira akawandikako izina ryiwe. Ku ruhande rwa Fizzo, avuga ko yari azi ko ikibazo caheze kera.
- inkuru / HomeNews Video: Isanamu y'indirimbo "Katika" ya Big Fizzo ft TID https://mail.igihe.bi/Video-Isanamu-y-ururimbo-Katika-ya.html https://mail.igihe.bi/Video-Isanamu-y-ururimbo-Katika-ya.html 2017-10-03T08:07:06Z text/html rn Jean De Dieu HomeNews - inkuru / HomeNews Big Fizzo yatumiwe mu giteramo mu Butariyano https://mail.igihe.bi/Big-Fizzo-yatumiwe-mu-giteramo-mu.html https://mail.igihe.bi/Big-Fizzo-yatumiwe-mu-giteramo-mu.html 2017-10-03T05:42:50Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Big Fizzo agiye gufata urugendo rumugeza ku mugabane wa Buraya aho azoba agiye kuremesha igiteramo. Umwaka ugeze aha Fizzo akoze ibiteramo bitari bike mu Burundi.
- inkuru / HomeNews Abo mu murwi wa Fizzo bamirira kure ivyo Ikoh ibarega https://mail.igihe.bi/Abo-mu-murwi-wa-Fizzo-bamirira.html https://mail.igihe.bi/Abo-mu-murwi-wa-Fizzo-bamirira.html 2017-08-31T15:47:00Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Inyuma y'aho muri Ikoh bidoze ko akajambo "Itakuwa ngumu" ka Fizzo yakoresheje muri "Konzi" gafise amamuko muri Ikoh, abajejwe gutanga amakuru kwa Fizzo bavyamirira kure bati : "Iryo ni ijambo ry'igiswahili rishobora kuvugwa n'uwariwe wese".
- inkuru / HomeNews Akajambo Fizzo yakoresheje muri "Konzi" gateye ikibazo muri Ikoh https://mail.igihe.bi/Akajambo-Fizzo-yakoresheje-muri.html https://mail.igihe.bi/Akajambo-Fizzo-yakoresheje-muri.html 2017-08-29T16:43:41Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Ikoreshwa ry'ijambo "Itakuwa ngumu" mu ruririmbo rwa Fizzo bivugwa ko vyateye ikibazo muri Ikoh. Mu burongozi bw'iryo shirahamwe siko babibona kandi vyongeye ntibabishigikira.
- inkuru / HomeNews