IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Syria: Indege n’amakamyo vy’Uburusiya vyaturiwe

Syria: Indege n’amakamyo vy’Uburusiya vyaturiwe

mercredi 25 Rusama 2016, par Jean De Dieu

Amafoto y’ibigendajuru yerekanywe na BBC yerekanye indege zine z’Uburusiya n’ikamyo 20 vyatuririwe mw’ikambi imwe ya gisirikare iri hagati muri Syria, mu ndwi iheze.

Ikompanyi imwe isuma urusaku muri Amerika, Stratfor, yerekanye izo foto, ivuga ko bishoboka ko yoba ari IS yakoze iryo bara.

Umuhari wa Islamic State ntibaravuga ko aribo babigize, ariko inkuru ziva muri uwo mugwi zavuze ko kajugujugu n’amakamyo vyaturiwe.

Bamwe mu bahinga bavuga ko bishoboka ko umuriro wokwiragiye hose uvuye ahabitse igotoro haturitse.

Igihugu c’Uburusiya ntaco kirabivugako.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.