Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Tanzania : Imyuzura yahitanye abantu bashika kuri 38 - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Tanzania : Imyuzura yahitanye abantu bashika kuri 38

Tanzania : Imyuzura yahitanye abantu bashika kuri 38

mercredi 4 Ntwarante 2015, par Egide N

Imyuzure ivugwa mu buraruko bwa Tanzania imaze guhitana abantu bashika kuri 38.
Igipolisi kivuga ko imvura n’imiyaga myinshi vyahitanye amazu, bizibira amabarabara akikuje igisagara ca Shinyanga
.

Iyo myuzurira yatanguye kuri uwu wa gatatu igahitana abantu, abandi bagakomereka, tutibagiye amazu yabomaguritse, bikaba vyatumye ibikorwa vy’abatabara imbabare vyariko birakorwa bidasubira kubandanya, kubera abagira neza batashobora gushika mu bibanza vyose birimwo abakozweko n’iyo myuzurira.

Amakuru ava aho mu gihugu ca Tanzaniya amenyesha ko abantu baharurwa mu majana bataye izabo, abandi bagera kuri 60 barakomereka. Mukamenya ko ivyahononekariye vyose bitaramenyekana igitigiri.


Ornella Akimboneza

Messages

  • Birababaje , ihindagurika ryibihe rikomeje kuduhekura! Mwibukeko igihe uruvurarwaduhekura ngaha Burundi harimwikigihe none reba ababanyi bahafi barahitanwe nimyuzure umubabaro wiyongereye muwundi, None bigiye kuzabiraduhekura burikumwaka utashe hiryanohina mubihugu bibanyi canke nomuvyakure?.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.