Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Tanzania : Umushikiranganji yirukanwe azira akaborerwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Tanzania : Umushikiranganji yirukanwe azira akaborerwe

Tanzania : Umushikiranganji yirukanwe azira akaborerwe

dimanche 22 Rusama 2016, par egide

Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu muri Tanzania, Charles Kitwanga, yirukanywe mu kazi kubera kaborerwe.

Itangazo ry’umukuru w’igihugu wa Tanzania, John Magufuli, rivuga ko umushikiranganji Charles Kitwanga yagiye mu nama nshingamateka yaborewe, yongera kandi yishura ikibazo c’umushingamateka n’akaborerwe.

JPEG - 69.7 ko
Umushikiranganji Charles Kitwanga

Iyirukanwa rya Charles Kitwanga ryatangaje abantu benshi muri Tanzania, kubera vyari bisanzwe bivugwa ko uwo mushikiranganji hamwe n’umukuru w’igihugu wa Tanzania ari somambike kuva kera, John Magufuri aramutswa Tanzania ataraba n’umukuru w’igihugu.


IGIHE

Messages

  • Ndio viongozi wa Afrika na Dunia nzima wajifunze kwa Rais wetu Magufuli,huwezi kujibu maswara ya ndani ya nchi umelewa;Ahsante Rais wetu Magufuli!

  • yagize neza kumukura yari yatukishije Government

  • NAKAMARAMAZA! UMUSHIKIRANGANJI ABOREGWA MUNAMA! EMW NTAMATEKA YINZOGA NIMUREK ABAKIZWA BATURYE INAMBA MUGAKIZA

  • naze muburundiniho atamategekotwifiti

  • wumva uyo arumuntu aja gusigura ibibazo ku bashingamateka ariswingi? murandabire Nyangoma na Leonce ko batagiye mubiganiro banyoye gapita mbere nziko bagakunda

  • naze muburundiniho atamategekotwifiti

  • None Uwo Mushikiranganji Bamwirukanye KUbera Yaborewe Aho Hoho Mwosanga Harimwo Akarenganyo.

  • WEMAGUFURI REKA KURENGANYA UMENYE ATARIWE WABANJE TANZANIYA REKAKWIYEMERA NASUBIMUKAZIKIWE KANDI BIZOKUNYAGA CANKE BIGUTWARE INKINTU

  • Na Nkurunziza yama atwara uBurundi yaborewe yemwe. Ahoho muzorabe ibyo akora si ibintu vy’umuntu muzima. Urwanda rwaradutaye cera cane nta naho tuzobafatira ureke abarundi b’ibigugu bama batuka kiriya gihugu na ba Bill Gate bama basura! Mbega Burundi!

  • Sha ’nyanzira’ naho uvuga ko mu Burundi ata mategeko ahari, ntaho nari bwabone ikintu nk’ico. Mu Beurundi uratohoza ntaho birigera bishika kandi nawe ndaguhaye ico gikorwa uratohoza ntaho biraba. Nkumbure bizoshika ariko ntavyo nokwipfuza kuko nagahomera bunwa.

  • Ivyo Ntiyobimuhora Kweri! Ahubwo Uwu Magufure Aje Nabi Cane Sinkaband Baperezida Kand Yisubirek Amusubiz Kukaz Kuk Ikitisubirako Nimana Mbega Arasenga? Niyab Aseng Naronder Kugiriranira Amahor Nabant Mose Yubah Iman Abo Bar Begerany Ari Yosuw Nakareb Nib Basubiriy Mos Igihe Atabonekany Kand Ntiyigez Abona Igihug C’isezeran, Namusubibize Kuka

  • Mugenzi NDC Naho wagirije Nyanzira ngo ntatohoza,jewe Narumvise Uwigeze kurwanira kuri Aeroport uwundi nawe Arwanira muri boite de nuit ngwimisore yahari ngwiramutwaye inkumi.None wombwira igihano bahawe?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.