Accueil > Amakuru > umutekano > TEMOIGNAGE REBELLES : Meurtre des 3 soeurs italiennes et incendie T2000 (19 (...)
TEMOIGNAGE REBELLES : Meurtre des 3 soeurs italiennes et incendie T2000 (19 03 2016)
lundi 21 Ntwarante 2016, par
Source: Burundi Communications
IGIHE
Messages
21 Ntwarante 2016, 10:01, par Bella
Ew cndd uzopfa nabi kweri ndakurahiye! mbega yemwe aha ntimubonako amarementanya yanyu atey isoni?
21 Ntwarante 2016, 10:12, par Rukundo
Barundi mwe,jew ndabonako abarundi basigaye barwaye mu mutwe ni benshi kweri ko abantu bose bazi ingene abo bantu bishwe,ubu uwo musazi ahanutse he?
21 Ntwarante 2016, 10:33, par kamaro
e kumbe sinduhije ninkozi yikibi!!!!!....
21 Ntwarante 2016, 11:10, par Frank
Imana yabarundi yama muburundi
21 Ntwarante 2016, 11:30, par burundi
Hahahaaaaaa irementanya ryaba dd!!!!ngira ndababwire ivyo vyose ni zero guko ivyababikira birazwi neza cane ahubwo vyiza bohora kuko bituma nivyahora bihuha birahuhuka
21 Ntwarante 2016, 12:23, par Mahoro Anne
Aba bantu ubona basa nabishikanye kweli!Mbega bagirango abantu bose ni ibijuju nkabo ?Yewegayeeeeee!Ndadamwe basi!Nibabandanye babesha ngo ntibiboneka mumaso!Haaaaah yewe barayaciye amahera barya uno munsi!Ariko barihenze ntayo babaha yose uraziko nabo bayakunda, baca babica yuuuuuuwe ntimubizi none!Reka murabe gato !
21 Ntwarante 2016, 14:57, par Rukundo
None ga yemw barahevye bafate abantu boose nk’ibijuju nkabo nyene? reka tubirindire iherezo ry’ibi binyoma vya nkurunziza.http://www.bujumbura.be/
21 Ntwarante 2016, 19:42, par Jonathan
Burya narinzi y’uko aba DD basi ubwenge eka nibijuju bose uyo muhimberi arabesha ngo bambaye ikavu rya bapadiri mbega wamusi ko hari kumurango indi ngo yari wawa mu rwanda mbega mana muzamubaza izina ryumuntu umwe babanye iwawe cankle izina ryabayobozi sha ivyo mukora vyose nimwe mwibesha ibihano bazakomeza kugeza mugiye mumishikirano
22 Ntwarante 2016, 08:10, par Generoza
Ahubwo bibagiye iyo bamupangira nivyo kwa Rudorufe. Vyose akabyemanga!!!!! Ingero y’icaha n’urupfu. Ariko iciza yohindukira akavyuga ukuri hama agakizwa bakamwica ari mwiza imbere ya mucunguzi.
22 Ntwarante 2016, 16:05, par josian
aho ubona inzara izodukoza vyinshi usanga ari udufaranga bamwemereye. Rira bien qui rira le dernier.