Accueil > Amakuru > u Burundi > « The ServiceMag » : Ikinyamakuru gishasha mu Burundi
« The ServiceMag » : Ikinyamakuru gishasha mu Burundi
mercredi 26 Ntwarante 2014
IGIHE
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Messages
26 Ndamukiza 2014, 12:55, par Salva
Bravo conso, i like it!
26 Ruheshi 2014, 17:33, par Etienne NINTUNZE
Hari imvugo ikoreshwa kenshi ngo<Amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya poritike>.Iciyumviro nsigarabwenge,ni uko ayo mashirahamwe afise ibindi vyicaro aba ariko araharanira.Akarorero ni nk’uguharanira agateka k’abanyagihugu...Imvugo ibereye twovuga ko ari<AMASHIRAHAMWE AHARANIRA IVYICARO ATARI IVYA PORITIKE>.