Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abakinyi icumi b’Umupira w’amaguru bakomeye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Abakinyi icumi b’Umupira w’amaguru bakomeye

Abakinyi icumi b’Umupira w’amaguru bakomeye

dimanche 16 Ruheshi 2013

Aracari muto, arubahiriza umurwi akinamwo, nk’uko abahinga mu vyo gukina umupira w’amaguru babivuga. Lionel Messi wenyene afise agaciro kangana n’akaba Cristiano Ronaldo babiri.

Ikibanza ca mbere : Lionel Messi - FC Barcelone

Tugereranije amafaranga ahembwa, ni amanyaburaya ari hagati y’ 217,4 gushika kuri 252,6

Ikibanza ca kabiri : Cristiano Ronaldo - Real Madrid

Ahembwa hagati y’amanyaburaya 102,2 gushika ku manyaburaya 118,7

Ikibanza ca gatatu : Edison Cavani - Naples

Ahembwa amanyaburayaari hagati ya 58,3 gushika ku 67,8

Ikibanza ca kane : Eden Hazard - Chelsea

Ahembwa amanyaburaya angana kuva ku 55,5 gushika 64,5

Ikibanza ca gatanu : Sergio Aguero - Manchester City

Ahembwa hagati y’amanyaburaya 48,6 gushika kuri 56,4

Ikibanza ca gatandatu : Radamel Falcao - AS Monaco

Ahembwa ahagati y’amanyaburaya 46,3 gushika kuri
53,8

Ikibanza c’indwi : Mario Balotelli - AC Milan

Ahembwa hagati y’amanyaburaya agera kuri 45,5 gushika kuri 52,9

Ikibanza c’umunani : Wayne Rooney - Manchester United

Ahembwa hagati y’amanyaburaya 45,1 gushika kuri 52,4

Ikibanza c’icenda : Gareth Bale - Tottenham

Ahembwa amanyaburaya ava kuri 43,5 gushika kuri 50,6

Ikibanza c’icumi naho haza : David Silva - Manchester City

Ahembwa hagati y’amanyaburaya 43,5 gushika kuri
50,5


Joel Sengurebe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.