Accueil > Amakuru > Mu makungu > Turkiya : Ugutembagaza ubutegetsi vyaburijwemwo
Turkiya : Ugutembagaza ubutegetsi vyaburijwemwo
samedi 16 Mukakaro 2016, par
Mu gihugu ca Turkiya haburijwemwo igikorwa co kugerageza guhirika ubutegetsi bw’umukuru w’igihugu Recep Tayyip Erdogan.
Umwe mu bategetsi bo muri ico gihugu avuga ko abasirikare barenga 1500 batawe muri yompi nyuma y’ijoro ryaranzwe n’urwamo rw’inkoho n’ibintu biturika mu bisagara bibiri bikomeye vy’ico gihugu, arivyo Istambul na Ankara.
Umukuru w’igihugu ca Turkiya, Recep Tayyip Erdogan, yavuze ijambo ku mboneshakure y’igihugu avuga ko kugerageza guhirika ubutegetsi bwiwe ari igikorwa c’uguhemukira igihugu cerekanye neza ko mu gisirikare hakenewe impinduka.
Abasirikare b’ipete rya Colonel 29 n’aba Generaux batanu biravugwa ko birukanwe ku kazi.
IGIHE
Messages
16 Mukakaro 2016, 11:38, par NZOYIHAYA Emmanuel
Nukumenyera inzira ya demokarasi aho abanyagihugu batwarwa nabo bitorewe!
16 Mukakaro 2016, 12:36, par karorero
Ewe!!!jyew ndabona kahis kamaz kugaruka nta democracie ikibaho ikindi naco nuko ba Godfroid niyombar bakwiy gufatwa bagahanwa byakarorero bitabay ibyo nomubindi bihugu bizoguma byibonekeza bakubite abobajinga.
16 Mukakaro 2016, 15:36, par .
Nizereko reta yuburundi yahejeje kurungikira reta ya Turkiya ubutumwa bwokuyiha pole.
Nizere kandi ko president wu Burundi koyarungikiye mugenziwiwe wa Turkiya ubutumwa bwokumubwira uti simba imanga mwana wa data na mama.
Nizerekandiko DNDD FDD yarungikiye ubutumwa umugambwe uri kubutegetsi nincuti zawo bababwira ati komera ati cakira izonjavyi.
16 Mukakaro 2016, 15:50, par zzzz
kill evry oppos
16 Mukakaro 2016, 17:56, par INTAGOHEKA
INJAVYI KWISI ZARAGWIRIYE BWINIYOMBARE NABWIGACIY UBWENGE KWISIHOSE BURAHARI ARIKO NTANTAMBWE BUZOTERANA INZEGO ZUMUTEKANO NKONGERA SABAKO NABABIGERAGEJE MUBURUNDI BOFATWA BAGASHIKIRIZW UBUTUNGANE
16 Mukakaro 2016, 18:07, par Saïdi Anicet
Twamenga N’uburundi Gusa.None Abo N’abahutu N’abatutsi?Ko Mutubwira Ko Mu Burundi Arimvo Z’amoko?Dukeneye Ubutwari Bw’imana.Ivyo Bizoba Kuko Tutari Mw’iparadizo.
16 Mukakaro 2016, 19:10, par Mecos
kubite izombwa ,za mujeri zishaka kuja kubutegetsi kunguvu kandi ubutegetsi butangwa n’abene gihugu!!! sha mutaba yarababereye akarorero, ni hahangama nyakubahwa Petero NKURUNZINZA yabaye akarorero kw’isi yose kandi ndakeje ingabo za Turikiya ushobora gusanga zigiye hamwe n’ingabo z’uburundi.
16 Mukakaro 2016, 20:36, par mzoyihera intagoheka
Izontagodwa za ba prezida baja kubutegetsi bakigira basurivu mukwigira agahambaye nka nkurunziza nukuza barashugurikiwa, burya inkire ntikira kabiri, kandingo akataretse kabagasema.
16 Mukakaro 2016, 21:22, par Kanyosha
Murazombariza kwarikiringo cabajagashe izonjavyi zikirota zikubita kudeta.
Harakaramba president wuburundi Petero Nkurunziza na president wa Turque mwese mwarasimvye imanga bivuye kuri za Mijeris
16 Mukakaro 2016, 21:32, par NEYMAR
KUBITA IZOMBWA ZO KWA NIYOMBARE
17 Mukakaro 2016, 18:08, par Komera
Abanyamerika n’abafaransa babwirizwa kuba bariko bamaramara.Domination igiye kubananira mu mpera z’isi yose. Aho bigiriye surivu ni kera. Twaravuze ko Uburundi buzobabera ifuro ry’igiti. Burabaye akarorero kw’isi yose.Imana ije imbere Uburundi n’igihugu kigenzi Turukiya.