Accueil > Ukwemera > U Buhindi: Urugendo rwo kuja kwiyuhagira ibicumuro
U Buhindi: Urugendo rwo kuja kwiyuhagira ibicumuro
lundi 14 Nzero 2013
Mu gihugu c’u Buhindi abantu bahuriye Kumbh Mela ari isinzi mu mugigwa wo kwiyuhagira ivyaha.
Uwo mugigwa ukaba uhuza abantu benshi cane barenga imiliyoni ibihumbi icumi mu minsi 55.Muri uyo mugigwa bagenda kwiyuhagira muri Gange no mu ruzi Yamuna.
Ngo uwiyuhagiye muri ayo mazi agenda ahanaguwe ibicumuro vyiwe.
Urwo rugendo rero rukaba rukorwa rimwe mu myaka 13.
Mugisha Van Naris
Messages
14 Nzero 2013, 23:07
ariko se abo bantu ubwo iyo biyuhagiye ayo mazi babarirwa ibyaha? nibiyuhagire bampaze iminsi bafata abigeme ku nguvu.
11 Ruheshi 2015, 01:15, par MBAZUMUTIMA EMMANUEL
NATWE NUBWO TUTARI IBURUNDI ARIK TURABASHIGIKIYE
8 Kigarama 2016, 18:41, par NAWANKA@JONI
ABOBANU.BAVUGAKO.ABISIRAMU.BAKOZE.UWOMUSIWOKWIYU.HAGIRA IVYAHA.NUBUBESHI.UMWISIRAMU NYAMWISIRAMU.KIRAZIRA KUWUJAMO.ABONABAKADIYANI.HAMWE NABASHITE.UMWISIR