Accueil > Amakuru > u Burundi > UA yasavye ONU kwemeza umugambi wo kurungika abasirikare mu (...)
UA yasavye ONU kwemeza umugambi wo kurungika abasirikare mu Burundi
samedi 19 Kigarama 2015
Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika ryasavye inama y’umutekano mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU kwemeza umugambi wo kurungika abasirikare 5000 zo gukingira amahoro mu Burundi naho Reta y’Uburundi itabishaka.
Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya rivuga ko rifise ubwoba bw’ihonyabwoko rishobora kwaduka inyuma y’imyaka irenga 20 ihonyabwoko ribaye mu gihugu c’Urwanda.
Ishirahamwe mpuzamakungu ONU ryavuze ko Uburundi buri mu vyago bishobora gutuma busubira mu ntambara bigashika no ku karere kose.
Hagati aho, umuvugizi wa akaba n’umunyamabanga wa Reta y’Uburundi Filipo Nzobonariba yamenyesheje ko ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika burungitse abasirikare ata burenganzira bwa Reta bizofatwa nk’intambara.
Bibaye ku ncuro ya mbere aho ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika rikoresha itegeko ryo kurungika abasirikare mu gihugu kitabishaka.
Van Naris Mugisha
Messages
19 Kigarama 2015, 17:58, par ERIC
UMURIYONI WABANYAGIHUGU WITOREYE ABO USHAKA UZOGWANYA ABO BASIRIKARE.
TWARAMENYERE KWICWA KUVA 1969 ATAWUTUVUGIRA .REKA DUHERERE MURUGAMBA. NIBO BAZOKORA IHONYABWOKO BARIRIMBA
NTITWIGEZE TUBA ABA EXTREMIST NKABANYARWANDA
BAKUMBURE BAVYITONDERE
19 Kigarama 2015, 19:04, par IRISHURA
Uwo nzobona riba ntakundi yovuga ari mubahenze ubwonko nka shebuja k’uburundi arakibare kabo,nibanyaruk batabare bikiri hafi,abo ba dd,bigira abagwanyi gusumba abandi,bihe bashipote kurizo baberek uko intama yambagwa!
19 Kigarama 2015, 19:12, par Ihanure
None Leta y’Uburundi ishaka kurwana n’amahanga yose! Agasozi k’intahanurwa kahiye abagabo babona! Aho bagahanuriye ntibumve hazogira igihe bipfuze ibiganiro bitagishoboka. Iki nico gihe cokwiyumvira ivy’amahoro, mukareka kwiyumvira ivy’intambara! None burya koko abarundi mwoba muzi kurwana kurusha abandi bose? Kubera iki mukunda agapfa?
Uwuhanurwa kenshi akagamika izosi azovunagurwa giturumbuka hatagira gitabara!
19 Kigarama 2015, 19:25, par J P
Ahubwo UN Nibohereze Bidatinze, Kuko Biragaragara Ko Ari Genocide Goverment Y’Uburundi Yateguye Nubwo Ikorwa Urusorongo Nibihutire Kuboherezayo Wenda Barokora Bake Basigaye Naho Ubundi Tuzikanga Uburundi Busigaye Butuwe Ningirwa Bwoko.
19 Kigarama 2015, 19:32, par prosper
Nibanyarukebaribatevye iyoretanayoyanka izi ico igombagukoramukumarabantu kobabivuzenibabanguke kandi onu ntiyankekuvyemezanimba ikundabarundi ok
19 Kigarama 2015, 19:36, par INTAGOHEKA
NIBARIBO BATWARIGIHUGU CUBURUNDI NIBATEGEKE IZONGABO ZIZE ATARUKO NAHO TUZOBAKORERAKO TWIBW INTAGOHEKA BAGUMYABANGA NIMUREME DUTANDUKANYE TUZONESHWA DUFATANYE MUNDA TUZONSHA KANDI INKONA NTIYARUZWA
19 Kigarama 2015, 19:46, par Ngwaho Pita
Nibazebatabar Ntamutekano Uriho Retanayo Niyavyanka Baraza Nkurunziza Azoce Arekura Zambonerakunya Ziwe Zibaras Amakungunayo Azoce Anyaruka Kudukurako Kinogisuma Turonke Amahoro
19 Kigarama 2015, 20:05, par BUSHOMBE
NIBAZE NINGOGA BADUTEYE
19 Kigarama 2015, 20:26, par rega CARATUVUNYE
bemera bareka tuzoza dukuramwo kamwekamwe nuko reta yatugiriye nabi ikatwaka imbunda zacu twaridufise kurugamba
19 Kigarama 2015, 20:38, par JEAN
EMWE UBURUNDI BUGEZAH UMWAS ASHAK AHO BUSIGAYE BUFATWA NKUMWANA WUMWAK UMWE!UBU NTIBOREK ABARUNDI BAKITUNGANIRIZ IVYAB ATAWUBAHAGAZ KUGAKANU?AHUBWO JENUMV ABATEGURA BAKANABISHIRA MUNGIR KONON UBURUNDI NKA BASINDUHIJE NABANDI BAMENYEKANYE NIBABAFAT AMAHOR AZOC ABONEKA!
19 Kigarama 2015, 20:48, par Niyibogora Firmin
Nonemuburundi koatantambara,ihari abobageserabazobabajekugirante??Cangebazobabazananyenabanyagwanda Guterauburundi.Turabiyamirije Mwizinarya<<< Yesu>>>
19 Kigarama 2015, 23:24, par turarushe
nibanyaruke vuba bwango twahonye badutabare igipolisi n,imbonerakure baraturembeje
19 Kigarama 2015, 23:26, par turarushe
nibanyaruke vuba bwango twahonye badutabare igipolisi n,imbonerakure baraturembeje
19 Kigarama 2015, 23:49, par ziryezose
None abo barungika abasoda mu burundi bazoba baje kukora iki? ko ata ntambara iriko iraba mu burundi ewe abamenyereye gutwara batatowe muragowe, akaryu kareguwe pee
20 Kigarama 2015, 06:19, par K
Mana yanje!!!!!!!! Ngobarungike abasirikare Burundi!? Kuberiki ivyo uburundi bwababwiye ko urwanda rutejingorane atanakimwe mwabivuzeko? Nababwirako mutumaramaje nkabany’Africa nimbarukwo mubaye turabakombora canke Africa icikemwo ibice murababaje nukuri!.
20 Kigarama 2015, 09:56, par none?
firipo we uranjyohera cyane nta muntu unjyohera nkawe uri serieu
20 Kigarama 2015, 11:52, par NIZIGIYIMANA PASCAL
Ivyo Nibabireke Kuko Ntakunu Uburundi Bwoba Bitumwako Mumakungu Kandinubu Intekozubundi Ziri Kugarukana Amahomubindibihugu Igisirikare Cubundi Kirakwiye Ntabodukeneyebazakudufasha
20 Kigarama 2015, 13:29, par ndonda
ko mutamenyesha ko ONU yavyamirije! iyivyemera ubu mubamumaze kubimenyesha hoshi!! ngende bashaa
20 Kigarama 2015, 15:48, par daniel
Baraje,
Kandi abaturage ntibazongera kwicwa nimbonerakure hamwe ninterahamwe kuriya.
20 Kigarama 2015, 17:05, par None?
Umuntu yanditse akoresheje izina ryanje ryitwa" None? Yaritegereje asanga niryo rifise akamaro gakomeye muyandiyose acabariryo akoresha mukwandika asa nuwunegura nyakwubahwa nyenicubahiro nubaha uburyobwose bushoboka akaba arinumuvugizi wa reta nkundacane yu Burundi Phillip Nobonariba!?. Ikintangaje nukonsanze uwakoresheje iryzinaryanje arumuntu wumukunzi pfampfe wa Kagame wu Rwanda nawa Michael Luois wumu !!!.
20 Kigarama 2015, 18:06, par daniel
@ndonda,
Urihenda, shyira hano urubuga wakuyeho ayo makuru! Ntabwo barasubiza kandi nahobabyanga twebwe east africans tuzishakamo I
ibisubizo!
20 Kigarama 2015, 21:56, par congera
Ahubwo izonteko zizogende kuwugarukana kwakagome zimwihanize kuguma adusotora ataruko zirya nkotanyi ziwe turamutse tuje nta1 tuzomusigariza zose ni kubuhomba ntadukinishe ndazi aratwunva ntaratubona twambaye za rugwe
20 Kigarama 2015, 22:49, par munyarwanda
Reka kubesha igihe murahengamye kandi uwariwe wese azakosorwa kuko uburundi si congo ibuka amateka y’uburundi n’urwanda ba kabyara mwe! hama yaba Kagame ntasumbya ubuhizi Mitimigamba!
21 Kigarama 2015, 05:49, par SUBIRI
Ehe mw ba Nyafirika ndababrire murunva ariko Ntimubona mbere n’ukunva Ntimwunva iyaba mwunva ishirahamwe rya Afrika ryari gushigikira bimwe bikomeye iciyunviro c’umuhisi MUHAMARI KADAFI aho yabagir’ati ngo Tugire urunani rwo kugira ubumwe bwunze ubumwe Bwa Afrika bwo kwikurako Agacinyizo k’ABAZUNGU ntimwamwunvirije abo Bazungu baciye bifashisha Bamwe babanya LIBIYA baramugandagira bunyamaswa bisamburirako nk’impene None nivyo miriko murakora mugushaka gusambura U BURUNDi Mubandanye mufasha abo Bazungu kwisamburirako nk’impene mwibukeko Umuganwa atar’umugani yabujije abobazungu kuturira ubwishaza butoto amagi amata n’ibindi n’ibimoko bakubita ba Sogokuru babambitse Ubusa baciye bamwica bifashishije bamwe bo mu Muryango wiwe ubwo bumwe bwisamburirako ni Nyabaki Abarundi dukunda IGIHUGU tuzohaguruka turwanye izo nteko zanyu Z’abacangero abatazoronka inkoho lmwampi yubumara iracariho
21 Kigarama 2015, 05:55, par SUBIRI
Ehe mw ba Nyafirika ndababrire murunva ariko Ntimubona mbere n’ukunva Ntimwunva iyaba mwunva ishirahamwe rya Afrika ryari gushigikira bimwe bikomeye iciyunviro c’umuhisi MUHAMARI KADAFI aho yabagir’ati ngo Tugire urunani rwo kugira ubumwe bwunze ubumwe Bwa Afrika bwo kwikurako Agacinyizo k’ABAZUNGU ntimwamwunvirije abo Bazungu baciye bifashisha Bamwe babanya LIBIYA baramugandagira bunyamaswa bisamburirako nk’impene None nivyo miriko murakora mugushaka gusambura U BURUNDi Mubandanye mufasha abo Bazungu kwisamburirako nk’impene mwibukeko Umuganwa atar’umugani yabujije abobazungu kuturira ubwishaza butoto amagi amata n’ibindi n’ibimoko bakubita ba Sogokuru babambitse Ubusa baciye bamwica bifashishije bamwe bo mu Muryango wiwe ubwo bumwe bwisamburirako ni Nyabaki Abarundi dukunda IGIHUGU tuzohaguruka turwanye izo nteko zanyu Z’abacangero abatazoronka inkoho lmwampi yubumara iracariho
21 Kigarama 2015, 06:57, par LCB
Ivyabaye i RWANDA yabaye Abafaransa ariho bari aho hakurya hahozari zayire vyirirwa birayanga monisiko ariho iri ntakindi bazoba baje gukora atari ukutwononera abigeme mbe? RWAGASORE yazize ik? RUMUMBA wewe yazize iki? KADAFI we yazize iki? mbwira ibibi bari bakoreye ibihugu vyabo atari uko bariko bakura amata mukanwa kabo Bazungu
21 Kigarama 2015, 13:27, par zuma
ewe petero urafise ingorane,stop killing innocent people,kubera ko umunsi wawe urahari kandi ntuzorusimba,umenye ko agapfa kaburiwe ari impongo!!!!
niba usena Imana nya Mana,nukuri uyisabe ikigongwe kuvyo ukorera ibiremwa vyayo
21 Kigarama 2015, 19:54, par Justin
umuvugizi Wareta Sinzicoyikanze. Nibabareke Nabo Bahagere Birarabire Ukobimeze. Kukontamahoro Dufise Nabbo Muntara hagati Dufisubwoba Kuko Ndabona Katamutekano Dufise.
27 Kigarama 2015, 07:58, par ndugw
yohani uko wifuza kurasa abandi niko nawew e bazo kurasa.
31 Nzero 2016, 14:46, par Erize
Jewe Ndabishima Kuko Ibora Riraguye Muburundi