Accueil > Amakuru > u Burundi > Ububirigi bwemeye kwakira Petero Karaveri Mbonimpa
Ububirigi bwemeye kwakira Petero Karaveri Mbonimpa
jeudi 6 Myandagaro 2015
Ububirigi bwasavye ko bwokwakira Petero Karaveri Mbonimpa arongoye ishirahamwe APRODH yakomeretse ahejeje kuraswa kuwa mbere igenekerezo rya 3 Myandagaro 2015.
Uwuvugira igisata c’imigenderanire y’Ububirigi n’ayandi makungu yavuze ko ubuserukizi bw’Ububirigi i Bujumbura buriko buvugana na Petero Karaveri Mbonimpa kugira bumufashe uko yokwivuriza hanze y’Uburundi.
Yavuze ko ibijanye n’irungikwa rya Petero Karaveri Mbonimpa mu gihugu c’Ububirigi ririko rirategurwa neza,ubuserukizi bw’Ububirigi bufashanije n’abandi bariko barafasha muri ico gikorwa.
Mwomenya ko Petero Karaveri Mbonimpa yaronse uburenganzira bwo kuja kwivuriza hanze,kuwa gatatu igenekerezo rya 5 Myandagaro,abuhawe n’umushikirizamanza wa republika mu gisagara ca Bujumbura Arcade Nimubona.
Van Naris Mugisha
Messages
6 Myandagaro 2015, 22:44, par NZEYIMANA JONH
IMANISHIMWE KOBAMUREKURIYE ARIKO BABANDANYE AMATOHONZA MENZA KUBANTU BARIMUKAGWI KAGANDAGURA BENE BURUNDI BAGAHASHE ATAKINGONGWE BABAGIRIYE
6 Myandagaro 2015, 22:51, par PHILIPPE.
MPORE MUTAMA.
7 Myandagaro 2015, 01:24, par emmanuel bungwe nikiza
intamayacu irakaramba
7 Myandagaro 2015, 04:00, par Itangishaka Ménélick
Humura Mutama Ntajoro Ridaca Hazoger’igihe Ukuri Kuj’ahabona,intah’isas’ahashashe.@
7 Myandagaro 2015, 04:47, par giswi
ewe burundiii aho twabuz n udufaranga nadukeyi twotuma mbonimpa yivuriza muburundi? hama ngub urundi bwaratey imber nyamba peter amahera yayasahuy yos. genda wivuz uzoc natw udusabira baturungikir imiti namikey turagow. bishobots muzoc muvugana na nyangoma mushing aka rebeli gatoyi.
7 Myandagaro 2015, 06:18, par Francois
Mutama Gend Kweli AWivuze Nayo Ahndiho Bohova Bakumarira
7 Myandagaro 2015, 06:19, par Francois
Mutama Gend Kweli AWivuze Nayo Ahndiho Bohova Bakumarira
7 Myandagaro 2015, 06:35, par jeam FM
abipfuje gukora iryobara imana abaturabire.amatohoza nayo anyaruke ntibibe nkivya ernest manirumva.turavye ukuri kuje ahabona.
7 Myandagaro 2015, 06:52, par kibwa
ntakund nkurunziza arabamar
7 Myandagaro 2015, 07:22, par MYIFREND
NACEYIGUMIRAHANZE AZOGARUKE IMANAYASHIKIJE IVYOYAVUZE NDAMWIMFURIJEMITENDE
7 Myandagaro 2015, 07:35, par Falcon
Genda mutama wacu MPONIMPA mu bubiligi kandi uzoce ugumayo ntibakwicire ubusa izi mbonerakunya naba bagumyabondo kuko ibikorwa wakoze ntako utagize,ubu rero reka natwe imiyabaga dukore kuko hageze ko hakora inguvu.
7 Myandagaro 2015, 07:59, par liLi
ababiligi nabantu beza . bazanjyane na lt gen adolphe nshimilimana bamuvure
7 Myandagaro 2015, 08:02, par liLi
ababiligi bagize neza cane. aliko bazanjyane na lt gen adolphe bamuzure.
7 Myandagaro 2015, 08:07, par naweza jemus
twumva nga yarashwe na leta ni vyo?
7 Myandagaro 2015, 09:31, par Mutama
mwese muri ibijuju mwarisamburiye igihugu, mucangisha amakungu, mwavuga uburundi umuntu akagira nu kwa shetani, kandi mufise umwidegembyo utaba mubindi bihugu. none reka musarure ivyamwa vyimbuto mwarimye mumyaka iheze igihe arya ma Radio yarataraturirwa. mwese muri babi imbere yange.
7 Myandagaro 2015, 09:46, par alexandre
yaba adophe ataraj mukuzimu Mutama wacu ntiyorengany imbibe.mais biragaraga ko nkurunziza ivyiw ko vyarangiy! iyo CNDDega FDDega yiwe yatembagaye.
7 Myandagaro 2015, 10:38, par Irindi
Ese mu Burundi nta baganga bahaba ?
8 Myandagaro 2015, 06:54, par Ntinyegezwa
Ntacuzoba uriķo amasengésho méshi wewe uze wame wibuka ywsu yabambwe tukavamburwa kandi ushishikare gukora ivyiza ntucobofore uzoronka impera kumana aŕiko siyamana baheza gukerera abantu bagaca bambara amakoti bakaja kuyihamagara nimana itanyegezwa nomunda yurufi yabonyéyo yona
8 Myandagaro 2015, 14:23, par kavyonzi abdallah.
we wiyita irinde uragapfa usweye nyoko wa lofa yimbonerahafi!ufis ivyiyumviro nkivyasowanyu mavoka nyaguswera nyina.
8 Myandagaro 2015, 15:06, par akimana
ugendamahoro mutama.umukama weyakurinze abobamenja.imyaka yose baguhize.irakubona.uzewame ushimirimana nayo izokora maze bose batangare.icibonekeje nuko.icishe dolufo gikomeye.yab agihari ntiwavaho.none president wa1wiburundi yariwe.rek turabe amategeko yuwa2.vyose bigaragare.ubu imana igiye kwigaragaza tugiye kumenya abasenga mukuri.abobose bayinyagezinyuma mukwica ngo nab pasteur.hahaha!!imana igiye kubarimbura bose.igiye kugosora.ibikumbi izobikuramwo.
8 Myandagaro 2015, 15:25, par Rema
Ûrikumwe Nimana uzokiza
9 Myandagaro 2015, 04:19, par CP
N’aho azoba agiye kwivuza hanze mu BUBILIGI abajejwe umutekano wiwe bagume barikanuye kuko abansi biwe barashobora kumukurikirana iyo agiye kwizu
9 Myandagaro 2015, 13:02, par fidelite
Erega bwa bundi abatutsi ntimukigira ubwenge,kora nka karaver,rondera uwubarasa namwe mubone kuja mu bulayi ,vraiment ,
11 Myandagaro 2015, 07:36, par Elie Nshimirimana
Abo Bantu Bakoze Ubwo Bubisha Bakwiy Gusengezwa
18 Myandagaro 2015, 16:17, par NINGO
ABANTU MWESE MWIHAHAYE GUTUKANIRA KURUBUGA NK’URU NI MUGEZE AHO NI AMAKOSA KUKO ISI YOSE ICA IMENYA UKO MWAREZWE MUGATANGA ISHUSHO ATARIYO KUBARUNDI BAGIFISE URUPFASONI
27 Myandagaro 2015, 20:47, par Bizimana arnold
Damwipfuje Gukira Asubire Kuvugisha Ukuri
27 Myandagaro 2015, 20:48, par Bizimana arnold
Damwipfuje Gukira Asubire Kuvugisha Ukuri
26 Nyakanga 2015, 22:10, par KOCH
ABARUNDI TWIHANGANE INTAMA YACU YAGARUKIYE KU MACUNIRO!