Accueil > Amakuru > Ubutungane > Umurwi w’abashingamateka b’Ububirigi bakiriye abari mu mashirahamwe ataho (...)
Umurwi w’abashingamateka b’Ububirigi bakiriye abari mu mashirahamwe ataho yegamiye
mercredi 24 Nyakanga 2014
Mu rugendo umukuru w’ishirahamwe Rikurikirana amatora mu Burundi COSOME Justine Nkurunziza ari kumwe na Pacifique Nininahazwe arongoye FOCODE bariko baragira mu bihugu vya Buraya, bamenyesha ko ikibazo c’ifungwa rya Petero Karaveri Mbonimpa kidahara mu biyago vy’abo bahura.
Muri urwo rugendo abo bari mu mashirahamwe ataho yegamiye muri poritike mu Burundi barimwo mu za Buraya, bikavugwa ko bamaze kwakirwa n’umurwi ushinzwe ivy’imigemnderanire n’ibindi bihugu mu nama nshingamateka y’igihugu c’Ububirigi, aho bavuganye ku kibazo c’ifungwa rya Petero Karaveri Mbonimpa, umukuru w’ishirahamwe riharanira agateka ka zina muntu n’abanyororo APRODH, apfungiwe mw’ibohero rikuru rya Mpimba, aho apfunzwe azira ivyo yashikirije ko hari abarundi bariko baragirira imyimenyerezo ya gisirikare ku butaka bwa Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Kongo.
Petero Karaveri Mbonimpa akaba ubu amagara amukitse, aho bivugwa ko yajanywe mu bitaro BUMEREC yaremvye. Amashirahamwe mpuzamakungu n’ibihugu rutura bitandukanye, eka n’inama nshingamateka zihurikiyemwo ibihugu vya Buraya, bikaba bidahengeshanya gusaba Reta y’Uburundi kurekura uwo mutama arenza imyaka 65 y’amavuko, kandi asanzwe anarwaye indwara zidakira.
Aristide Nizigire
Messages
24 Nyakanga 2014, 12:43, par BWARIKINDI
BAMUREKA KUVUGA NGO N AMASHIRAHAMWE ATAHO YEGAMIYE ;NTAKINTU KIBURA AHO CEGAMIRA NARIRYA TUNAHORA TWUMVA CANKE TUKABONA IMIGENDERE NIMVUGO VYABO.
IGIHE RERO NIKIREKIRE TUBWIRWA ICOKINYOMA.UGIRA NKUBU N IMFASHANYO BAGIYE GUSABIRA IGIHUGU CACU??
24 Nyakanga 2014, 13:47, par SIHONDI Levis
HAHAHAHAHA UMUTUTSI ARIHANO ARABEREWE KWIFOTO, ARIKUMWE NABARAMUWE HIHIHIHIHI NGO ABASHINGAMATEKA BABULAYA?????? IHIBAMBEWE, ABAGABO BABASHIKIWE. NIYISUGANYE TURABE KO MURI 2015 AZOBA PROCUREUR GENERAL WA REPUBIQUE.
24 Nyakanga 2014, 13:48, par Rumuri
Iburundi no murikano karere bananiwe none bagiye gushakira uburegetsi iburaya emama ngo nibaharanira ivyicaro vya politique nibagaruke dore amatora aregereje bafashe ADC kwiyamamaza hanyuma bikure Aba DD ataruko urusyo bavuga gwaba DD ruzobumirako kiretse haje intwaromfatakibanza
24 Nyakanga 2014, 13:55, par KABISI Willy
REKA NDABACIRE AGACE, UYO PACIFIC ARIKO YIFOTOZA NABOBAZUNGU, KUGIRA CVR NIYATANGURA GUKORA HAMA BAKAMUSHIRAKO INTOKE NGO ATUBWIRE IVYABAYE MURI KAMINUZA YUBURUNDI, AHO BIGEZE KUYIGIRA AMACUNIRO ARORERA. AZOCA ASEMERERA NGO NABAZUNGU BARABIZI KOYAMA HANZE GUHARANIRA AGATEKA KABANTU. ARIKO REKA TWIZERE KO AZOBITUBWIRA.
24 Nyakanga 2014, 14:02, par DEMOCRATE
PACIFIC NDAKWAMBAMBIYE,, UZE UNTABARE UDUSERUKIRE TWEBWE ABARUNDI KURABO WITA ABASHINGAMATEKA BABULAYA UBATUBARIZE URUPFU RWA NDADAYE, KARIBWAMI, RICHARD, KABUSHEMEYE NA MUKANTIBANTUNGANYA, BADUFASHE INFU ZABO BANTU ZIMENYEKANE ZIJE AHABONA.
24 Nyakanga 2014, 14:08, par DEMOCRATE
ICIYUMVIRO CANJE NISANGIJE. JEWE NIFUZA KO MBONIMPA YOFATWA NEZA HABA KWA MUGANGA CANKE MUMPIMBA. HAMA AKAZOREKURWA AMATORA YAHEZE, KUGIRA ABARUNDI TUMENYE ICUBAHIRO TWOMUHA. KUKO TWAMA TWUMVA KO ATAMATORA AZOBA MBONIMPA AFUNZWE, NIKUBWIVYO NIFUZA KOYOGUMAYO HAMA NKARABA KO AMATORA ATAZOBA.
24 Nyakanga 2014, 14:13, par KIBAMBA
ikibazo mbega madame justine nawe ari mubasaba ko mbonimpa arekurwa???????? Niwe yavuze kumaradiyo ko mbonimpa yamubwiye ko yoba arigumiye mumpimba, ngo kuko biriko bimworohera gukora akazikiwe ari hafi yabanyororo. Justine ntakuntu wosubira ukaja kumuraba ukamubaza ko akazi yariko arakora yakarangije?????????
24 Nyakanga 2014, 14:16, par Nayigihe
Hoho bosabira imfashanyo beneBurundibandandende bozishikirizabenezo ahubwo ko zoba ar’imfashanyo bahaye umugambwe CNDD-FDD na Nkurunziza???Eka uri BWARIKINDInyene???Hakubona amagorwa abarundi bagowe mukwibwa udufashanyo bahawe n’amahangank’igitoro bahawe na Japon n’ibindi bikaca bitumberezwa ku ma Accounts yaCNDD-FDD!!Reka mununuze amaraso y’abarundi nutwo batoraguye murye NTAMVURA IDAHITA
24 Nyakanga 2014, 14:20, par RUVAKUKI
nosaba igendereza ko ryoba magabo nkuko ryabikoze kuri mbonimpa ariko arabundabunda sasita zijoro. ishirahamwe ryabulaya rize rifate ibihano PACIFIC, justine, vital, parcem, olucome,leonce,nditije, abobose hamwe batazosubira kugira aho bagiye kugira ivyo bihano tuze tubisangire hehehehehe
24 Nyakanga 2014, 15:48, par Butoyi.toyi J.Jacque Jihad Issa
Uburundi iyo buronka nka ba Pacifique, Democrate,Rufyri,Faustin Ndikumana,Husein radjabu,Buba bwarateye imbere,ariko kubera abantubamwebamwe tuzoyama uku.
24 Nyakanga 2014, 17:05, par jean
Ewe bavakuki uri ikijuju kweli iryo gendereza ryawe Imana yacu ,nawe wiyita democrate uratohoza neza igituma mukwandika izina ryawe natanguje urudome rukuru kandi ari amakosa ahambaye uzotangara kuko ndakurahiye ko uburundi bugire buronke urukiza
24 Nyakanga 2014, 17:23, par Rukoko
Njye narabditse kukinyamakuru cyiwacu murwanda cyitwa Igihe mbazanti: nikuberiki ababantu bumvura cyane abatavugarumwe na Leta yu Burundi arikotwebwe Rwanda ntibabunve kandabanyarwanda turigushyira,bababashyaka dushire nkonuri 94
24 Nyakanga 2014, 18:16, par John
Abantu musabako mbonimpa aguma muburoko ndabwiri inyanka burundi.
24 Nyakanga 2014, 20:48, par Bigirindavyi Emmanuel
ikibazo ni bagihe Obama azokirangiza mw,isegonda kuko we nivyanka azotuma indege zitagira aba pilot zimusumakure.
25 Nyakanga 2014, 09:23, par muco
Uwo yitwa Kabisi Willy ngira ndamwishure. Ni waba utari ubizi, ivyabereye muri kaminuza vyabaye 1995, ico gihe Pacifique yari aciga muri secondaire, ntiyari bwaje muri kaminuza. Imbere yo kuvuga be mubanza mwiyumvire.
25 Nyakanga 2014, 09:32, par muco
UWO YITWA KABISI NAGIRA NDAMWISHURE. IVYABEREYE MURI KAMINUZA VYABAYE MU 1995. ICO GIHE PACIFIQUE YARI MURI SECONDAIRE NTIYARI BWASHIKE MURI KAMINUZA. WUMVA NONE UWO MURI SECONDAIRE YOJA KURORERA IBIBERA MURI KAMINUZA? IYO MUVUZE BE MUBANZA MWIYUMVIRE
25 Nyakanga 2014, 18:54, par juma
jewenagira ndakkwisabire pasfice,uzove hiyo iburaya usavye abanyaburaya batuzurire babanyeshure bomuri niverste wanigagura aho gapasfike uyu musi urabatumweranda uribuka ryajambobwavugira muriyanama yabera kwambonimpa wavuze ngo muzosubira gusinzira dd itakiri kubutegetsi none komwampenze ngo nemange koturi kwiga inkoho murikongo,ubu nkaba narahunze nawe wifotoZa nabanyaburaya gusa ngiye guhunguka nshire aha bona am are men Tanya yose twagize ndagomba mpfe umuntu avukarimwe agapfa rim we
25 Nyakanga 2014, 18:58, par juma
jewenagira ndakkwisabire pasfice,uzove hiyo iburaya usavye abanyaburaya batuzurire babanyeshure bomuri niverste wanigagura aho gapasfike uyu musi urabatumweranda uribuka ryajambobwavugira muriyanama yabera kwambonimpa wavuze ngo muzosubira gusinzira dd itakiri kubutegetsi none komwampenze ngo nemange koturi kwiga inkoho murikongo,ubu nkaba narahunze nawe wifotoZa nabanyaburaya gusa ngiye guhunguka nshire aha bona am are men Tanya yose twagize ndagomba mpfe umuntu avukarimwe agapfa rim we
25 Nyakanga 2014, 19:28, par Bigirindavyi
Petero claver ararekugwa nkuko nabivuze ejo ko ikibazo c,iwe bogiha obama ko bomurekura mw,isegonda wamenga mbivuga nkuwubizi.ikibazo bari bamaze kukimuha ubwo rero irekugwa ryiwe ryashitse nibake kumurekura turabe .vyase azotuma indege itagira abadereva.nibamugumye turabe rero iyo Leta ihangana na amerika tuyiabe.
26 Nyakanga 2014, 16:39, par maces
Abahutu mutegerezwa kugira ubwenge. Abanyaburayi ntibigeze narimwe bakunda abahutu. None ntimwapfa barorera. Ndadaye wanyu ntiyagandarwuwe baraho, murigera mwumva bamucisha mukanwa? Nayo uwo musaza Mbonimpa mushaka mwamurekura numucangero Ntazi ivyakora ni Twagiramungu wi Burundi.Ndabahanura abahutu nabandi bose bakunda u Burundi mwarimukwiye kurondera vuba ahandi mukura ibigwanisho kuko abo banyaburayi ntibazoruhuka batabashize hasi.Mwumvise ako gasuzuguro kabo muri Rpa ngo " ce Petit pays" ngo "leta yataye umutwe" . Murumva ukungene abahutu abanyaburayi badufata? Uwumva niyumve. Nimwasinzira ngo muri mukubaka AMA etage muzohera mwese