Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Ubudagi: Umukobwa wa mbere afise amabere manini kw’isi
Ubudagi: Umukobwa wa mbere afise amabere manini kw’isi
samedi 17 Nzero 2015
Abantu bafise indemano zigitangaje baguma baboneka hirya no hino kw’isi, ku matohoza yagizwe ku bakobwa bafise amabere manini, uyu mukobwa w’umudagi yafashe ikibanza ca mbere kw’isi.
Mayra Hills w’imyaka 31 aracari umukobwa wa mbere kw’isi afise amabere manini. bahinga bayapimye basanze abipa ibiro 9 rimwe, bisigura ko abiri abipa ibiro 18.
Mayra yandika ku murongo wiwe wa Twitter ko yishimira cane igikiriza ciwe giteruye amabere afise uburemere bungana uko. Kw’igenekerezo rya 08 Kigarama mu mwaka uheze, yanditse ati:" Amabere yanje afise ubuzima yisangije kuko iyo atanguye kuzungazunga umubiri wose uca ukurikira". Ivyo yabivuze afatiye aho yariko tamba intambo ya Zumba ayo mabere agatabura ama "soutiens" atatu yose.
Cherif Nkeshimana
Messages
18 Nzero 2015, 07:21, par Barumwete
Uwo mokobwa wewe data n’igihume;uwo mutwaro umuremereye gutyo niwo ariko arashimagiza?
19 Nzero 2015, 01:33, par Siraa
Arasharamye kabisaaa hahaaa none ahindukira gute???? Isi irashaje ndakee
19 Nzero 2015, 17:23, par marius
yayayayayayaaaaaaa uko miss kweli wa duniya.
22 Ruhuhuma 2015, 21:44, par Eric Ndayizeye
Aragowe Kweli
23 Ruhuhuma 2015, 15:17, par jodacin
uko Imana ikuremye niko uvyakura kuko ntiwiyahura
4 Ntwarante 2015, 10:23, par Saguil
ayo monkwa yiw arateguy kabisa non atamba gt ko mbony n’ikirori kitamugwa nabi?
18 Ntwarante 2015, 20:20, par Chadrack
Yooooo,nukuri Ndamwumviyikigongw.Mana Yanj,Iyaba Yarinka Yokamw Menshi Kabisa
30 Rusama 2015, 17:01, par Jean Bosco Jelly Bucumi
Non Uwo Mwigeme Ntangorane Yumva Afise Mubuzima Bwiwe??
1er Ruheshi 2015, 10:19, par Havyarimana Eric
None Uwomuntu Arafise Umugabo ?Nyamba ,amufise Aroroherwa Mugihe Cokurangura Amabanga Yabubatse!.
11 Nzero 2016, 22:36, par Audifaxe
Igitwenza C’umukobw Ubwo Ariko Aragenda Ntamuhenur?
17 Ruhuhuma 2016, 13:42, par Eric Ndayizeye
Nukuri Inkuru Iranze Aragenda Birakunda Koyunama?Abantu Nahaye Barayosoma Batangaye
9 Ndamukiza 2016, 20:06, par chavest
yoba ari agashetani banke umuntu?
17 Nyakanga 2016, 09:59, par Abraham
Nukuri Jewe Uwomukobwa Aranteye Ubwoba Nanzi Abahungu Turatimba Nukur Ahanje Sinomwabira Ndamutinye Afase Amabere Mani Harakantu Igituba Naco?
21 Nyakanga 2016, 21:41, par James
Jewe Binteyisoni Kurifoto
26 Nyakanga 2016, 12:21, par Ema
Yooo None Nkuwo Ninde Yomuryama Mugikiriza.
10 Ndamukiza 2017, 19:42, par Niyonkuru Ernest
Kuvyukuri Uwo Muntu Arakora Agatize,arabe Koyogabanuka?Emwe Ni Danger Pe!
22 Ndamukiza 2017, 17:38, par isaa
,nimbariko,imanayayamuhayenivyiza
21 Ruheshi 2017, 20:27, par Chadrak
19 Ruheshi 2018, 10:00, par Ndayizey Gerard
Ndumurundi Ndatangay Kumbway Maber Yuwo Mukmbwa. None Niyo Yaja Kubak Umugab Wiwe Biryamany Ntarokwifuk Ishuk, Arokwifuk Amaber Kandi Nahonyen Intugut Irob Nyish.