Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ubuhindi: Abantu 27 bapfuye bahitanywe n’isanganya rya gari ya (...)
Ubuhindi: Abantu 27 bapfuye bahitanywe n’isanganya rya gari ya mosha
mercredi 5 Myandagaro 2015
Abantu bashika ku 27 nibo bamaze kumenyekana ko baguye muri iryo sanganya rya gari ya mosha zibiri zagiriye isanganya mu bibanza bibiri vyegeranye.
Umushikiranganji ajejwe amabarabara ya gari ya mosha, Suresh Prabhu, yavuze ari imbere y’inama nshingamateka ko izo gari ya mosha zatemvye ahantu hari haguye imvura nyinshi yateye imyuzurira.
Gari ya mosha zibiri zataye ibarabara zigeze ku kiraro, bimwe mu bice vyazo birwa mu mazi.
Naho hari abapfuye,abantu baharurwa mu majana bashoboye kurokoka inyuma yo gutabwarwa.
Van Naris Mugisha
Messages
5 Myandagaro 2015, 17:27, par Muyahudi
Abagiz isanganya mubuhindi bahitanwe na gale yamosha bakitab’imana tubasabiy kumana ibakire
5 Myandagaro 2015, 19:45, par Kazuyazi
Pore San Mbega Aho Hari Muburundi?
5 Myandagaro 2015, 22:21, par Ndayishimiye Guillaume
Umuryang wababuz abashikiw niryo sangany niwihanga kuk turi mumis yiherez murakoz.
6 Myandagaro 2015, 03:48, par Kuri
THAT IS VERY BAD
CONDOLENCES FOR EVERY ONE . GOD BE WITH ALL FAMILYS DURING THIS DIFFICULT TIME
9 Myandagaro 2015, 14:19, par Christophe
Turababajweniyo Sanganya Arikonabashoferi Borabakwivyumabitizigigwa
31 Kigarama 2015, 13:19, par NSENGIYUMVA
NIPFUZAKUMENYANEZA
4 Ruhuhuma 2016, 03:41, par JAPHALI
NIHANGANE.ABABUZE.ABABO.MURI.IYO.MPANUKA