Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubuholande bwaronse umwami mushasha - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ubuholande bwaronse umwami mushasha

Ubuholande bwaronse umwami mushasha

mardi 30 Ndamukiza 2013

Umwamikazi Beatrix w’Ubuholande yasubiriwe ku ngoma n’umuhungu wiwe Willen-Alexander.

Umwamikazi Beatrix, afise imyaka 75 y’amavuko, yari amaze imyaka 33 ku ngoma y’Ubuholande.

JPEG - 22.5 ko

Umuhungu wiwe, igikomangoma Willem-Alexander, afise imyaka 46, niwe yabaye umwami w’Ubuholande. Abanyaholande benshi bambaye impuzu z’amabara y’ibendera ry’igihugu bari benshi mu mabaarabara y’i Amsterdam kugirango berekane umunezero bafitiye umwamikazi Beatrix bakundaga cane.

Umwamikazi Beatrix akaba yashatse kubahiriza umugenzo usanzwe mu Buholande wo kurekera ubwami abakiri bato.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.