IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ubuholande bwatanze intererano y’imiliyoni cumi

Ubuholande bwatanze intererano y’imiliyoni cumi

vendredi 3 Rusama 2013

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 3 Rusama 2013, hatewe umukono ku masezerano y’imfashanyo y’amafaranga y’amanyaburaya angana imiliyoni cumi, hagati y’umushikiranganji w’ikigega ca Leta Tabu Abdallah Manirakiza yaserukiye Leta y’Uburundi na Jolke Oppewal aserukira igihugu c’Ubuholande mu Burundi.

Iyo ntererano ije mu mugambi w’ikigega rusangi gifasha mu vy’uburimyi, ikaba ibaye iya kabiri ihawe ico kigega inyuma y’iyatanzwe n’ishirahamwe GIZ ku genekerezo rya 13 Kigarama umwaka w’2012. Ivyo bikaba vyashikirijwe n’umushikiranganji Tabu Abdallah Manirakiza.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.