Accueil > Inkino > FOOTBALL > INTAMBA MU RUGAMBA zasezerewe na RDC
INTAMBA MU RUGAMBA zasezerewe na RDC
dimanche 15 Munyonyo 2015, par
Uburundi bwasezeye ihiganwa ry’ukurondera imirwi izokwitaba ihiganwa ry’igikombe c’isi yose rizobera mu gihugu c’Uburusiya mu mwaka w’2018.
Abakinyi b’INTAMBA MU RUGAMBA basezeye iryo higanwa inyuma y’ukunganya ibitsindo bibiri kuri bibiri na RDC, mu rukino rw’ugusubiriza rwabaye ku muhingamo wo kuri uwu w’Imana. M rukino rwa mbere, umurwi wa RDC wari watsinze Uburundi ibitsindo 3 kuri 2
Amasanamu y’ibitsindo vyinjiye ku mpande zose
IGIHE
Messages
16 Munyonyo 2015, 06:07, par Dodo
NAGIRA MBWIRE ABARUNDI NTI IMIGERE IBIRI NTITEREKA.ICOBAZI BARAZI.URAZI ABAKINYI BABISHOBOYE BAMAZE KWICWA.
16 Munyonyo 2015, 07:12, par Bucumi Fulgence
Ntakund Niko Bigend Haburan Babiri Hagatsinda Umwe
16 Munyonyo 2015, 14:38, par THEODATE
Bakunzi Bumupira Wamaguru Murihangana Vyama Vyabaye! Abarundi N’ Ubundi Nimukomere Twarabonye Ko Abarundi Bashoboye Mugihe Boronka Umumenyereza Mwiza .Mbere Jewe Ico Nosaba Nuko Uwo Mumenyereza Yoca Yirukanwa Naya Handi Ntaco Tuzoshikako.
17 Munyonyo 2015, 19:14, par Bronze NIZERIMANA
Ntakundi ntibompayeko ariko nibihangane.niko bigenda.
17 Munyonyo 2015, 19:15, par Bronze NIZERIMANA
Ntakundi ntibompayeko ariko nibihangane.niko bigenda.
18 Munyonyo 2015, 14:02, par Ernest ruyigi
twihangane natwe tuzotsinda hama
20 Munyonyo 2015, 04:40
iranyishuye fiston magximin