Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uburundi bwibutse imyaka 54 Umuganwa Rudoviko Rwagasore agandaguwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Uburundi bwibutse imyaka 54 Umuganwa Rudoviko Rwagasore agandaguwe

Uburundi bwibutse imyaka 54 Umuganwa Rudoviko Rwagasore agandaguwe

mardi 13 Gitugutu 2015, par Jean De Dieu

Nk’uko vyama bigenda uko umwaka utashe kw’igenekerezo rya 13 Gitugutu, Uburundi buribuka igandagurwa ry’umuganwa atari umugani Rudoviko Rwagasore yarondereye intahe y’ukwikukira Uburundi. Yagandaguwe mu mwaka w’1961 kw’igenekerezo rya 13 Gitugutu.


IGIHE

Messages

  • Komera Batama Tubandanye Twibuka Umuganwa Atari Umugani,nayo Nyangoma Wewe Yari Yatubwiye Ngo Azotubwira Ingene Tuzowuhimbaza None Nubu Igisaka Anyegeyemwo Ntawukizi.Ubu Twebwe Nyangoma Twamuvuye Inyuma Kuko Yitwaza Akarimi Gusa Ntaco Atumariye.

  • tuzokwama tumwibuka kuko ivyo yakoze vyabaye ivyikimazi kubarundi none nikuberiki abatware bikigihe batomwigana?aho kurondera ivyabose barondera ivyabo gusa nibikebuke ivyisi bizosigarana nayo ntawupfa abimaze

  • none na Rwagasore bamugandaguye kubera 3eme mandat ? ababirigi nibabi cane ni ukubihoza, baranka abarundi cane.

  • Mbese nukuberiki Nyangoma arumuntu akuze kandinamashure yize ataco abaye ariko imvugoyiwe mwinomisi isigaye mengo niyikintazi/ ikitazi? Jewe ukondamwumva ivyavuga yobayiyemeje gukora umurwi witerabwoba’ impamvundabivuzegurtyo yarasimvye atubwirako yashinze reta ngokuko reta ya Nkurunziza izoragira mukwezi 8/26/15 izotarikitwazirindiranye nubwishimebwishi ekambese bamwe turankana nabotutokwankanye, ariko iyotarikiyarageze ntiyigeze adusigurira akagorane yagize kazumye adashika kuvyoyariyatubwiye, ntagiyekurenaho mumisimukeya iheze yariyavuzeko ariwe agiyegukoresha umusimukuru wokwibuka incungu yokwikukira kwu Burundi nonempejeje kumenyako muntara 18 zose zigize uburundi atanahamwe yakoreshereje ivyobirori! None uwomuntu benewacu barundi barundikazi uwomwita umuteeabwoba yobayihenze? Umvanoneho inkuru yanshikiriye uvuye muvyico vyiyi reta ya Nkurunziza vyigize ibikoranana Nyangoma, bavugako iyohagize umuntuyicwamu Burundi nyo Nyangoma acayishima akacahamagara abobakorana akababwirango mwavyumviseko bishobokako babana bakoze igikorwaneza Bujumbura, ngwivyorero agumabivugayisubiriza yabayumvise uwishwe azira bimwevyimiryango/amatungo, yabanigisumacishe umuntu. Haragakuru kavuye muboyita kobakorana ariko bivyicovya Nkurunziza kavugango: Umusiumwe abagabo babiri barikumwe numugore umwe basanzwe arabishikira kwa Nyangoma umweyaritoye aravugango: Nguyumuntuwacu Nyangoma mumubonagute? Uyubdi acaravugango’ jewendabubona nkikirofa!? Bacabaraseka wamugorengo nahorangira ngonijewe ndabibonagusa!.

  • Iyohaboneka 15 NKa Ngwagasore Muburundi Habari Mwiparandizo

  • Iyohaboneka 15 NKa Ngwagasore Muburundi Habari Mwiparandizo

  • Turashimiye Uwiyumviriye Uwo Musi

  • Turashimiye Uwiyumviriye Uwo Musi

  • Mbe ko rwagasore yishe abandi birirwa baragandagurwa Leta yiburundi ibivuga kwiki ?

  • icoba nuko tworonka amahoro gusa ntakindi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.