Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uburundi bugira 158 mu rutonde rw’ishirahamwe Transparency International - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Intwaro ibereye > Uburundi bugira 158 mu rutonde rw’ishirahamwe Transparency International

Uburundi bugira 158 mu rutonde rw’ishirahamwe Transparency International

samedi 6 Kigarama 2014

Uburundi nibwo bufata ikibanza canyuma mu kurya ibiturire mu bihugu bigize Afrika y’Ubuseruko nk’uko biri mu cegeranyo c’ishirahamwe Transparency International, bukaba n’ubw’158 ku bihugu 175 vyagizweko amatohoza.

Muri ico cegeranyo, igihugu c’Urwanda na Tanzaniya biza ubwambere mu karere k’Afrika y’Ubuseruko, aho bifise amanota 30 kw’ijana, bigafata n’ikibanza c’102, hagakurikira Uganda ikibanza ca 123 n’amanota 26 kw’ijana, Kenya naco kiza mu kibanza c’147 n’amanota 21 kw’ijana nayo Uburundi bukaza mu karere mu kibanza ca nyuma, hamwe n’158 kw’isi yose n’amanota 19 kw’ijana.

Muri ico cegeranyo nyene, igihugu ca Danmark kiza ubwa mbere n’amanota 93 kw’ijana, Somaliya naco kiza ubwa nyuma n’amanota 10 kw’ijana. Ivyo bihugu bikaba bikurikirana uku :

1 Denmark 9,3
1 New Zealand 9,3
1 Sweden 9,3
4 Singapore 9,2
5 Finland 9,0
5 Switzerland 9,0
7 Iceland 8,9
7 Netherlands 8,9
9 Australia 8,7
9 Canada 8,7
11 Luxembourg 8,3
12 Austria 8,1
12 Hong Kong 8,1
14 Germany 7,9
14 Norway 7,9
16 Ireland 7,7
16 United Kingdom 7,7
18 Belgium 7,3
18 Japan 7,3
18 USA 7,3
21 Saint Lucia 7,1
22 Barbados 7,0
23 Chile 6,9
23 France 6,9
23 Uruguay 6,9
26 Slovenia 6,7
27 Estonia 6,6
28 Qatar 6,5
28 Saint Vincent and the
Grenadines 6,5
28 Spain 6,5
31 Cyprus 6,4
32 Portugal 6,1
33 Dominica 6,0
33 Israel 6,0
35 United Arab Emirates 5,9
36 Botswana 5,8
36 Malta 5,8
36 Puerto Rico 5,8
39 Taiwan 5,7
40 South Korea 5,6
41 Mauritius 5,5
41 Oman 5,5
43 Bahrain 5,4
43 Macao 5,4
45 Bhutan 5,2
45 Czech Republic 5,2
47 Cape Verde 5,1
47 Costa Rica 5,1
47 Hungary 5,1
47 Jordan 5,1
47 Malaysia 5,1
52 Latvia 5,0
52 Slovakia 5,0
54 South Africa 4,9
55 Italy 4,8
55 Seychelles 4,8
57 Greece 4,7
58 Lithuania 4,6
58 Poland 4,6
58 Turkey 4,6
61 Namibia 4,5
62 Croatia 4,4
62 Samoa 4,4
62 Tunisia 4,4
65 Cuba 4,3
65 Kuwait 4,3
67 El Salvador 3,9
67 Georgia 3,9
67 Ghana 3,9
70 Colombia 3,8
70 Romania 3,8
72 Bulgaria 3,6
72 China 3,6
72 Macedonia (Former Yugoslav Republic of) 3,6
72 Mexico 3,6
72 Peru 3,6
72 Suriname 3,6
72 Swaziland 3,6
72 Trinidad and Tobago 3,6
80 Brazil 3,5
80 Burkina Faso 3,5
80 Morocco 3,5
80 Saudi Arabia 3,5
80 Thailand 3,5
85 Albania 3,4
85 India 3,4
85 Madagascar 3,4
85 Montenegro 3,4
85 Panama 3,4
85 Senegal 3,4
85 Serbia 3,4
92 Algeria 3,2
92 Bosnia and Herzegovina 3,2
92 Lesotho 3,2
92 Sri Lanka 3,2
96 Benin 3,1
96 Gabon 3,1
96 Guatemala 3,1
96 Jamaica 3,1
96 Kiribati 3,1
96 Mali 3,1
102 Bolivia 3.0
102 Djibouti 3,0
102 Dominican Republic 3,0
102 Lebanon 3,0
102 Mongolia 3,0
102 Rwanda 3,0
102 Tanzania 3,0
109 Argentina 2,9
109 Armenia 2,9
109 Belize 2,9
109 Moldova 2,9
109 Solomon Islands 2,9
109 Vanuatu 2,9
115 Egypt 2,8
115 Malawi 2,8
115 Maldives 2,8
115 Mauritania 2,8
115 Niger 2,8
115 Zambia 2,8
121 Nepal 2,7
121 Nigeria 2,7
121 Sao Tome and Principe 2,7
121 Togo 2,7
121 Viet Nam 2,7
126 Eritrea 2,6
126 Ethiopia 2,6
126 Guyana 2,6
126 Honduras 2,6
126 Indonesia 2,6
126 Libya 2,6
126 Mozambique 2,6
126 Uganda 2,6
134 Comoros 2,5
134 Nicaragua 2,5
134 Pakistan 2,5
134 Ukraine 2,5
138 Liberia 2,4
138 Paraguay 2,4
138 Tonga 2,4
141 Cameroon 2,3
141 Iran 2,3
141 Philippines 2,3
141 Yemen 2,3
145 Kazakhstan 2,2
145 Timor-Leste 2,2
147 Bangladesh 2,1
147 Kenya 2,1
147 Russia 2,1
147 Syria 2,1
151 Belarus 2,0
151 Central African Republic 2,0
151 Côte d´Ivoire 2,0
151 Ecuador 2,0
151 Laos 2,0
151 Papua New Guinea 2,0
151 Taijikistan 2,0
158 Angola 1,9
158 Azerbaijan 1,9
158 Burundi 1,9
158 Congo, Republic 1,9
158 Gambia 1,9
158 Guinea-Bissau 1,9
158 Sierra Leone 1,9
158 Venezuela 1,9
166 Cambodia 1,8
166 Kyrgyzstan 1,8
166 Turkmenistan 1,8
166 Uzbekistan 1,8
166 Zimbabwe 1,8
171 Congo, Democratic Republic 1,7
171 Equatorial Guinea 1,7
173 Chad 1,6
173 Guinea 1,6
173 Sudan 1,6
176 Afghanistan 1,5
177 Haiti 1,4
178 Iraq 1,3
178 Myanmar 1,3
180 Somalia 1,0


Aristide Nizigire

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.