Accueil > Imibano > Urukundo > Kuryama bambaye ubusa ni kimwe mu bitanga umunezero ku bubakanye
Kuryama bambaye ubusa ni kimwe mu bitanga umunezero ku bubakanye
jeudi 6 Munyonyo 2014
Ubushakashatsi bwerekanye ko kuryama bambaye ubusa ari ibanga ry’umunezero mu bubakanye, kuko bigira uruhara rukomeye mu kwisanzurana kwabo naho batobikora babishaka.

Abakoze ubwo bushakashatsi bakabaza abubakanye bo mu bihugu bitandukanye vyo kw’isi ku bintu bibanezereza mu buzima bwabo bwa minsi yose nk’abubakanye. Abenshi ico bahurijeko ni ukuryamana uko baremwe (bisigura kuryama bambaye ubusa).
Amakuru atangazwa n’ikinyamakuru Daily Mail avuga ko hari ibanga rikoreshwa n’imiryango ifise umunezero. Iryo banga rigizwe n’utuntu duto duto umwe mu bubakanye akorera mugenzi we, nko gusohokana bakaja ahantu runaka, gutemberana agatoki ku kandi, gusomana n’ibindi.
Pepper Schwartz n’urunani arongoye, bo muri Kaminuza ya Washington muri Reta zunze Ubumwe z’Amerika, bagaragaje ko ibice 44 kw’ijana vy’abagabo na 29 vy’abagore bitiyumvamwo urukundo.
Kugira abubakanye bishimane basabwa gukora utuntu duto duto, aho abagore bagera ku bice 34 kw’ijana babajijwe bavuze ko bashimishwa no kuryama bambaye ubusa. Mu gihe abagabo bagera ku bice 38 kw’ijana nabo bavuze ko bibashimisha ndetse bikabatuma bashaka no gukora imibonano mpuzabitsina, nk’imwe mu nkingi zikomeye abubakanye baba bategerezwa kwuzurizanya.
Banavuze kandi ko gusomana, navyo bigira uruhara runini mu kuzanira abubakanye umunezero, ariko kandi ntibikorwe hagiye kubaho imibonano mpuzabitsina gusa.
Cherif Nkeshimana
Messages
6 Munyonyo 2014, 18:17, par tr
ufise inzara naho????
6 Munyonyo 2014, 20:30
Mbe mwashwanye mukaryama mwambaye ubusa,wamunezero uhava uboneka gute?ryari?
7 Munyonyo 2014, 00:07, par issa kayago
Ni kweli kwa hilo na mimi nakubaliana nalo kabisa.
19 Nzero 2015, 01:45, par h
Ufise inzara canke stress zindi vyogenda gute! ?
3 Mukakaro 2015, 06:45, par Omar Ntibagirirwa
Kurarana ataco mwambaye birashoboka ariko kubatarabimenyera bohera he? Mbajije uko kubera ushobora gusanga umwe abishoboye ugasanga uwundi ntabikunze kubera akamenyero kiwe amaranye imyaka myinshi.
22 Mukakaro 2015, 13:54, par Dronis Makamba
Ko Uwo Dukundaonye Yambwiye Ngo Ndamubwiye Kotwokora Imibonano Mpuza Bitsina Twoca Duhebana.None Arankunda?
12 Myandagaro 2015, 19:20, par Juma
Kwikinishantangoranebitera?
29 Nyakanga 2015, 21:48, par Iddy Minani
Ego Nivyo Cane
28 Kigarama 2015, 23:27, par Ningarukiye Sylvain
Nanj Ivyo Ndavyemera Cane Kuk Iyo Ufisuwukund Uramukorakor Nka Jew Ntitworarana Nuwanj Yambay Pe
19 Ntwarante 2016, 18:35, par Bernard
Vyosebirashoboka None Umubwiye Ngomukore Imibonano Mpuzabitsina Mutarabana Ubukozikosa?
31 Ntwarante 2016, 21:45, par STYV
BIRARYOSHE PE
14 Ndamukiza 2016, 09:57, par NDUWIMANA ERIZ.
KWIKINISHA UKAVERESA BITERA INGORANE IYIHE?MWOBA MUKOZE MUMBARIYE
2 Rusama 2016, 20:22, par NIYIMUBONA LIBERE
NI VYIZA
31 Rusama 2016, 15:43, par Niyongabo
Mbega Burya Hariho Abagore Barara Bambaye Kandi Baryamanye Nabagabo Babo? Jewe Twoca Tuvana Ningoga
14 Ruheshi 2016, 22:33, par Ajeneza Aime Derick
Biraryoshe Pe
7 Mukakaro 2016, 00:08, par Key alajiba
Ata na mimi ningeabali kwa kusema hilok kwa sababu kulara bira nguo ndio vizuri sana.
14 Mukakaro 2016, 02:33, par Adrien SIBOMANA
Nibyiza Kbs! akabazo noe iy’ukoze imibonano mpuza bitsina n’umukunziwawe mutarubakana muba mukoz’icaha?
20 Myandagaro 2016, 12:56, par Gatuzo Leonce
Abakorera mu mashirahamwe canke amashengero,hambavuyo kwigisha umubano mwiza mubayoboke babo n’uwo mugenzo wokuryama uko Imana yabaremye,bowigisha muntumbero yo gutsimbataza ivyigwa bijanye n’UMUBANO MWIZA.
26 Myandagaro 2016, 14:45, par Hakiz Annod
none,iyo mwonkanye indimi.twita gusomana ntamugera wa sida wandura?.
2 Nyakanga 2016, 14:48, par William
Kwikinisha Kugera Aho Uveresa Bifise Ingaruka Iyahe?
21 Gitugutu 2016, 11:45, par Kwizera
Nivyiza nanje biranezera
4 Nzero 2017, 06:16, par sabu- erik
Najerwyamgoheye Kandibirabereye
9 Ruhuhuma 2017, 22:36, par MUGISHA Isaac
Nkiy Usavye Umugore Waw Akakwankir Bisiguriki?Hoho Iyo Ushutse Ukabura Uwo Muryamana Ntangarukambi Ziza Munyuma?
1er Ntwarante 2017, 04:23, par Citegetse Sarim Mga 4
Iyo Ushutwe Buba Bumukureko Agahuzu
6 Ndamukiza 2017, 06:34, par Benjamin Rais %
None Iyushutswe Wocubigenza Gut?Atamudemu Murikumw?
17 Ruheshi 2017, 10:59, par INNOCENT
1er Ntwarante 2018, 22:10, par Sibomana Sadock
Twebw Twagomba Kubaza Iyumunt Averisa (éjaculation) kenshi Ko Bishobor Kumutera Ingorane
30 Myandagaro 2018, 15:49, par nizigiyimana protais
icokibazo iconovuga nibibi kuko hagize igitera wokwirukagute?