IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ubutaka bw’ u Burundi bubandanya gutituka

Ubutaka bw’ u Burundi bubandanya gutituka

mercredi 6 Ruhuhuma 2013

Nk’uko bimenyeshwa n’umuhinga Benoit Nzigidahera, ngo atagikozwe, ugutituka kw’isi kugiye kubangamira u Burundi.

Ivyo ngo biva kuri vyinshi harimwo uguhonya amashamba, imyuka mibi irungikwa mu kirere n’ibindi.

Uwo muhinga nk’uko yabishikirije mu cigwa ciwe, ngo harageze ko abafata ingingo bohagurukira ugukingira isi.
Benoit Nzigidahera yamenyesheje kandi ko abakora ibikorwa bititura isi batandukiriye n’ibibanza vyategerezwa kuba bikingiwe.


Nadege Ngoti

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.