Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uganda: Amama Mbabazi ababajwe no kuba yarashigikiye ko ibwirizwa nshingiro (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Uganda: Amama Mbabazi ababajwe no kuba yarashigikiye ko ibwirizwa nshingiro (...)

Uganda: Amama Mbabazi ababajwe no kuba yarashigikiye ko ibwirizwa nshingiro rihinduka

lundi 11 Nzero 2016

Amama Mbabazi umwe mu bitoreza kurongora igihugu c’Ubuganda amenyesha ko ababajwe no kuba yarashigikiye ko ibwirizwa nshingiro rihinduka mu mwaka w’2005 mu Buganda.

Mu gihe yariko yiyamamariza kurongora igihugu c’Ubuganda,Amama Mbabazi yavuze ko yababajwe no gushigikira ko ibwirizwa nshingiro rihinduka,gutyo umukuru w’igihugu Yoweri Museveni agashobora kuguma ku butegetsi.

Umukuru w’igihugu Yoweri Museveni ari mu bazokwitoza kurongora igihugu, amaze ku butegetsi imyaka 30. Aho aca mu myiyamazo aguma asaba abayoboke b’umugambwe wiwe gutora umuhumure nkawe.

Amatora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe mu kwezi kwa kabiri


IGIHE

Messages

  • ABASWAHIRI BARAYAMAZE NGO MAJUTO NIMUJUKUU NONE NAWE URIKURICUZA KUBA WARASHIGIKIYE KWIBWIRIZWA NSHINGIRO RYANYU RIHINDUKA.NEJONEJO BUNDI MUGUKORIKINTU ICARICOCOSE UZOBANZE WIYUNVIRE INGARUKA YICOKINTU UGIRUKORE URABAZ ABANYAKIBIRI BAGIYE MWIBARABARA KUGUMUKA BATIYUNVIRIY INGARUKA YAVYO NUBU BARACIRUKA BAHUNGINKONA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.