Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uganda : Museveni ari imbere mu matora - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Uganda : Museveni ari imbere mu matora

Uganda : Museveni ari imbere mu matora

vendredi 19 Ruhuhuma 2016, par egide

Ibiharuro vy’agateganyo vy’ivyavuye mu matora yabaye kuri uwu wa kane mu gihugu ca Uganda vyerekana ko Yoweri Kaguta Museveni amaze imyaka 30 ku butegetsi ariwe aza imbere mu majwi, akaba afise ayagera ku bice 61.75 kw’ijana.

Mu majwi agera ku miriyoni zibiri zirenga gato, ibiharuro vyerekana ko Yoweri Museveni yatowe n’abantu barenga gato umuriyoni, ariko hakaba hari amajwi yo mu biro vy’itora bimwe bimwe ataraharurwa.
Uwo bahiganwa, mbere yahabwa amahirwe akomeye, Kizza Besigye, ibiharuro vyerekana ko ageze ku bice 33.47 kw’ijana.

Uwahoze ari umushikiranganji wa mbere wa Uganda, Amama Mbabazi yitoje nk’uwigenga, nawe ageze ku gice 1.87 kw’ijana c’amajwi.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.