Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Uganda : Museveni yemerewe gusubira kwitoza
Uganda : Museveni yemerewe gusubira kwitoza
mercredi 4 Munyonyo 2015, par
Umurwi wigenge ujejwe gutunganya amatora mu gihugu ca Uganda washize ahabona amazina y’abemerewe kwiyamamariza kuyobora Uganda, mu matora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe mu mwaka w’2016.
Urwo rutonde rwashizwe ahabona kuri uwu wa kabiri rwerekana amazina y’abazohiganirwa ikibanza c’umukuru w’igihugu wa Uganda, abo nabo akaba ari Yoweri Kaguta Museveni wo mu mugambwe NRM uri ku butegetsi, agira akwize imyaka 30 ku butegetsi. Abandi ni Amama Mbabazi azokwiyamamaza nk’uwigenga, hamwe na Prof Venansius Ryamureeba nawe nyene azokwiyamamaza nk’uwigenga, akaba yahora ari umwigisha muri Kaminuza ya Makelele.
- Yoweri Kaguta Museveni
Uwitwa Charles Bbaale Lwanga wo mu mugambwe Ecological Party wo muri ico gihugu ntaremererwa, mu murwi utegura amatora bagasigura ko ari kubera ataruzuza ibisabwa n’amategeko. Mu gihe yovyuzuza kuri uwu wa gatatu, akaba ashobora nawe guca yemererwa.
Batatu muri cumi n’umwe bari bamenyesheje ko bashaka kuzokwiyamamaza akaba aribo bamaze kwemererwa, umwe dosiye yiwe isubizwa inyuma, abasigaye nabo bikaba bitegekanijwe ko bemezwa kuri uwu wa gatatu.
IGIHE
Messages
4 Munyonyo 2015, 12:13, par Jay z
mutama yoweri museven turagukeje kwiyo manda wiyongeye uwujamwibarara nawo mumumese nkakumwe twamesa babana babatutsi kumusaga
4 Munyonyo 2015, 15:35, par Aaron
Uwu yiyita Jay-z ingene acirurukonda nkumwana akivuka. Aho uriko uvuga iki nibaza ko utazi nivyo uriko uravuga. Uranezerewe rero ko wishe ? uranezerewe no kubona umuntu umwe ariwe yigarurira igihugu nkuko umengo nitongo ryumuryango.
4 Munyonyo 2015, 19:42, par kageorges
KO museveni na nakakagame union européenne na American ataco iriko irabivugako kuko atari abahutu.haaaaaaa biratangaje kweri ariko
Imana yabahutu yarabonetse muburundi.
4 Munyonyo 2015, 19:42, par kageorges
KO museveni na nakakagame union européenne na American ataco iriko irabivugako kuko atari abahutu.haaaaaaa biratangaje kweri ariko
Imana yabahutu yarabonetse muburundi.
6 Munyonyo 2015, 21:05, par liLi
MUSEVENI na KAGAME mubareke niyo bayobora ubuzma bwabo bwose nabagabo bagize icyo bamalira igihugu cyabo nabaturage babo. ntimubagereranye naaaaa.
7 Munyonyo 2015, 22:27, par masunzu
Mutama Museveni kowarwanye ukiri munzinya nonekaba ushaje wanyihereye intebe nzinza ukangurira ninzu ihenze ubundi ukiyicarira ukaruhuka. ubutabera sentare itozogukurikirana ubundi ukaruhuka abandibagakomeza ibyotatunganyije