Accueil > Ubutunzi > Ugutituka kw’isi ni bimwe mu bituma umwimbu w’ikawa ugabanuka
Ugutituka kw’isi ni bimwe mu bituma umwimbu w’ikawa ugabanuka
lundi 11 Ntwarante 2013
Mu gihe ibitegwa njabukamazi arivyo bituzanira amafaranga y’agaciro bigatuma n’ ifaranga ry ‘uburundi rigira agaciro ; ikawa iri mubitegwa njabukamazi vya mbere mu burundi. Hari igihe umwimbu wayo uba mw’iza ikindi gihe ukagabanuka cane.
Ivyo ni ibivugwa na Gilbert Nduwayo ajejwe akanovera k’ikawa mu gisata c’ubuhinga bw’uburimyi mu burundi bita ISABU mu mpfunyapfunyo y’igifaransa hari muruganda rwahariwe ubushakashatsi mw’ikawa mu ntumbero yo gushira mu ngiro amasezerano ari hagati ya ISABU NA INTERCAFE
Sylvere Bavumiragiye
Messages
16 Ndamukiza 2013, 06:41, par amakur
yewe yewe yewe