Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uko ifaranga ry’Uburundi ryagurwa kuva ejo - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > IFARANGA > Uko ifaranga ry’Uburundi ryagurwa kuva ejo

Uko ifaranga ry’Uburundi ryagurwa kuva ejo

jeudi 10 Gitugutu 2013

Ku musi wa gatatu, ibanki nkuru y’igihugu yaramenyesheje abanyagihugu uko ifaranga rigura

Idorari ry’abanyakanada rigurwa amafranga 1483,8346

i kurone yo mu gihugu ca Danemark rivunjwa 279,9062

I yen amanyapani rigurwa 15,8115

Icouronne ry’amanyanoroveje rigurwa 257,4905

I kurone ry’amanyaswede rigurwa 239,2196

Ifaranga ry’amongereza livre sterling rigurwa 239,2196

Idorari ry’amanyamerika rigurwa 1539,3300

Ifaranga ry’amasuisse rigurwa 1699,0397

Ifaranga ry’amanyaburaya rigurwa 2088,1011


Floxella Karire

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.