Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uko igiteramo ca KINA MUSIC kiriko kigenda I Gitega - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Igiteramo > Uko igiteramo ca KINA MUSIC kiriko kigenda I Gitega

Uko igiteramo ca KINA MUSIC kiriko kigenda I Gitega

samedi 27 Kigarama 2014

Haheze umwanya muto igiteramo kiri mu rukurikirane rwa Volcano Xsmas Tour gitanguye. Abantu isinzi bamaze kwuzura mu kibuga gikuru c’I Gitega. Hirya no hino ibinyobwa n’inyama abantu bariko barihereza.

JPEG - 319.5 ko
Ibiyeri bariko basoma

Christian Nsavye na Anitha bafise “micro” ya”Master of Ceremonies “, batanguye bakoresha utubazo n’intambo barikumwe n’abanya Gitega. Mu kirere hari indege ntoyi”drone”iriko ifata amashusho y’ibirori. Ikirori cuguruwe na Lolilo n’umugore wiwe Loriane abkurikiwe na Rally Jo. Abandi baririmvyi bari mu muduga wa Volcano, hasohoka uwushikiriwe kuja kuririmba. Abana, inkumi n’imisore,abatama n’abatamakazi bashitse ahariko habera ikirori. Umutekano ni wose gushika muri uno mwanya, aba police, n’abandi bariko bafasha umutekano barikanuye.

Tubibutseko igiteramo gifashwe mu mugongo na Volcano, kigashirwa mu ngiro na KINA MUSIC.

JPEG - 319.5 ko
Ibiyeri bariko basoma
JPEG - 300.6 ko
Abantu bariko bagura ama "ticket"
JPEG - 173.1 ko
Abaririmvyi barindiriye ko bashikirwa bari muri "Volcano"

Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.