Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ukraine: Poroshenko yimitswe mu mabanga yo kurongora ico gihugu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ukraine: Poroshenko yimitswe mu mabanga yo kurongora ico gihugu

Ukraine: Poroshenko yimitswe mu mabanga yo kurongora ico gihugu

samedi 7 Ruheshi 2014

Umukuru w’igihugu ca Ukraine yimitswe mu mabanga yo kurongora ico gihugu ,yiyemeje gutsimbataza imigenderanire n’ishirahamwe rya Buraya.

Poroshenko Petro yatsinze amatora mu kwezi Rusama, yavuze ko ashaka gutsimbataza imigenderanire n’ishirahamwe rya Buraya. Yiyemeje kurangiza intambara hagati y’ingabo za Ukraine n’abashaka kwiyonkora bashigikiwe n’Uburusiya mu Buseruko bw’igihugu. Ariko ntiyasiguye neza uburyo azobigenza mu kurangiza izo ntambara.

Ejo Poroshenko yari yemeye gutangura ibiganiro n’umukuru w’igihugu c’Uburusiya ku kibazo c’ubuseruko bwa Ukraine. Putin yavuze ko bikwiye kubanza guhagarika intambara imbere yo gutangura ibiganiro.


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.