Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Suede : Ubuhinga bushasha mu gukoresha inyabwonko - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > Suede : Ubuhinga bushasha mu gukoresha inyabwonko

Suede : Ubuhinga bushasha mu gukoresha inyabwonko

mardi 2 Kigarama 2014

Umusore wo mu gihugu ca Suede, amaze igihe hamwe n’abandi bashakashatsi bariko bakora ubuhinga bushasha mu vyo gutumatumanako amakuru, mu buhinga bwa none hadakoreshejwe souris, claviers na écrans tactiles yifashishije ico yise outil numerique .

Nk’uko ubwo buhinga bushasha uwo muhinga yabutaziriye, ashobora kurungika ubutumwa akoresheje ibimenyetso vy’intoke (ikiganza) canke Kwandika, Gukina,nibindi..

Abashakashatsi n’uwo munya Suede , bemeza ko ubwo buhinga buzokoreshwa mu bururyo bworoshe kuruta abakoresha bimwe mu bikoresho abantu bifashisha mu gukoresha inyabwonko nka souris, claviers na écrans tactiles.



IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.