Accueil > Amakuru > Poritike > Umugambwe CNDD FDD urakeza umuhuza Yoweri Museveni
Umugambwe CNDD FDD urakeza umuhuza Yoweri Museveni
vendredi 17 Mukakaro 2015
Umugambwe CNDD FDD umenyesha ko ukeza umuhuza w’abarundi akaba n’umukuru w’igihugu c’Ubuganda Yoweri Museveni.
Mw’itangazo ry’umugambwe CNDD FDD,uwo mugambwe urashimira abegwa n’ikibazo ca politike kiri mu Burundi kuko bitavye ibiganiro kuko biha icizere umuhuza.
Ku bijanye n’ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu,umugambwe CNDD FDD umenyesha ko umuhuza ataco yabivuzeko kuko vyamaze gutorerwa inyishu.
Umugambwe CNDD FDD urangiza usaba amakungu kubandanya ashigikira ibiganiro,ariko bakabikora badacanishamwo abanyagihugu.
Van Naris Mugisha
Messages
17 Mukakaro 2015, 08:14, par Scott
Ivyo mushima nivyo bizobaviramwo ibirura.
17 Mukakaro 2015, 11:35, par LAMBA
JEWE NFISE AMAKENGA KO IBIGANIRO ATAHO BIZOSHIKA KUKO ABO MURI RETA BAVUGA KO IVYA MANDA BATAZOBIGANIRAKO. OPPOSITION NAYO IVUGAKO 3ème MANDAT NIYO NZANYI Y’AMABWA YOSE ARIKO ABA MUBURUNDI. NONE MUBONA BAZOHURIRA HE? NTIMUBONA KO TUGIYE MUNTAMBARA Y’UBWICANYI HAMWE N’INZARA, NARIRYA DUTUNZWE N’AMAKUNGU.ISHAKA RY’IMANA NIRIRANGUKE TURONKE AMAHORO.
17 Mukakaro 2015, 14:51, par KABWA
NONE MURIYUMVIRA KO MUSHOBORA KURWANYA AMAKANGU? MWESE MURI IBIHWARA MUMITWE KKO NTIMUZI NAMATEGEKO UKO BAYASOMA AHUBWO REKA INZAMBA IVUGE TUBAHE IZOMUMATWI KUKO KIRAZIRA GUHIGA IGIHUGU KKO MUSHONJE. TUZOBEREKA KO TUZI VYOSE MWA NKOTOMWE.
17 Mukakaro 2015, 15:34, par Samuel Ndayikunda
None ko mushimye kare hari ico mwoba mwaravuganye mw’ibanga. Ko ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu arico nkwezi y’amarere, mwovuga ko carangiye gute?
17 Mukakaro 2015, 18:26, par emma
komera mwandongozi zumugambwe wabagumya banga CNDD-FDD, erega museveni yarabonye ko abagumutse atakuri bafise ninaco gituma yase kwimena umutwe ngwariko arahuza. ahubwo mwandongozi zumugambwe CNDD-FDD muhakanurire ntantwaro nfatakibanza abarundi dukeneye
18 Mukakaro 2015, 12:19, par Richard Elve
Temba temba harageze! Cndd fdd, umugambwe w’abanywa maraso gusa. Peter Nkurumbi urakanya mwisoko wikurute mw’isengero! Wa mbunuza we!
18 Mukakaro 2015, 20:40, par fatukobiri
Dukeneye,ikintukimwegusa,ubutegesti bwifata kibanza,ahasigaye tuhereke,abagabo,atagishobora,gutanga,itegeko kugiporisi.cnd tuyifyonde.
19 Mukakaro 2015, 14:16, par HABONIMANA EZECKIER
NIBAREKE VYOSE TUBIRABIRE MUMATORA
20 Mukakaro 2015, 13:28, par Jeamesi
Nukuri Jenifuzako Nkurunzizayoba Uwambere.Kuko Abarundinsinzitumurinyuma.