Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umugambwe CNDD FDD uremera ibiganiro bihuza abarundi bonyene - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Imigambwe > Umugambwe CNDD FDD uremera ibiganiro bihuza abarundi bonyene

Umugambwe CNDD FDD uremera ibiganiro bihuza abarundi bonyene

dimanche 20 Nyakanga 2015

Umugambwe CNDD FDD umenyesha ko wemera inzira y’ibiganiro,ariko ivyo biganiro vyohuza abarundi gusa.

Mw’itangazo ry’umugambwe CNDD FDD ryasomwe na Gelase Ndabirabe umuvugizi w’umugambwe kuwa gatandatu igenekerezo rya 19 Nyakanga 2015,uwo mugambwe umenyesha ko hari abafata ibiganiro ukutari kwo.

Muri iryo tangazo,umugambwe CNDD FDD urashimira umukuru w’igihugu c’Ubuganda akaba n’umuhuza Yoweri Museveni ku ntambwe yashitseko,kuko yatumye abarundi babona uko bokwitunganya mu biganiro.

Umugambwe CNDD FDD wemeza ko imigambwe itandukanye yamaze guhura kugira ivugane uko ibiganiro bihuza abarundi bonyene ubwabo vyobandanya.

Umugambwe CNDD FDD urangiza umenyesha ko ushigikiye ibiganiro hagati y’abarundi kandi ko bitazobuza ko ubutungane gukora akazi kabwo.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Sortie ratee. None nk’aho avuze iki? N’uru rubuga rwabuze inkuru kabisa. Erega ibiganiro n’ubu vyohuza Abarundi ariko kubera berekanye ko ataco bashoboye abanyamahanga barafasha. Iyo Nyerere na Mandela batabijamwo Ndabirabe aba ariko araavuga ayo ashaka?

  • CNDD=CNARED.
    Honnêtement je ne vois pas de différence entre le CNDD et CNARED.
    Bref, les deux commencent par CN : Conseil National et àla fin il y a la lettre D.
    Le premier président du CNDD s’ appelle Léonard NYANGOMA
    aussi le premier président du CNARED s’ appelle Léonard NYANGOMA
    Il reste àsavoir si les deux c’ est la même personne.
    Parmi les personnes influentes il y a les Onésime, ...........
    Il y a aussi la personne qui joue toujours le BAKAME ; "NTIBANTUNGANYA".
    Le CNDD et le CNARED combattent un certain Pierre.

  • Mutama Nturire Ng Usarare Biri Munzira! Kandi Ivyarivyovyose Birhuta Kuko Abarundi Tugeze Habi!

  • KOMERAKUJIRAYAMAHOROMUTAMA

  • Nibavgaune Nakare Kutavugana Nisoko Yamazimwe

  • mbe mwibaza ko arimwe mufise ubwenge mwenyene murakenyeye uburundi mubwubake mumanyanga none abarundi barihanze wewe ubita iki bahunze ubusa, reka amanyanga kumwe mwamanyagura imigambwe ngo muriko mugira zanyakuri kubwinyungu zanyu , ntabiganiro bitagir umuhuza , na OMBUSMAN YARAHUNZE mwe muriko muvugiki vyabheranye reka guta wakuba, ibiganiro bitegerezwa kubera hanze , mwanse naho babereke aho mwigiriye surivu , mwicazwe muzi ko inguvu ari inkoho bwenge buke ,peter narurya rutwe guzuye amazi atacunva agira yunvishwe , igihugu nicisangi sicumuntu cnke c’ubwoko nimutembe intwaro yanyu yarashaje

  • umuti nikwicara bakaganira

  • Kumbe Twokwiruhutsa Ati Ashiiiiïii.....

  • Twebwe Nibaduhe Amahoro Gusa Ntakindi Dushaka. Umwewese Arindire Isahaniyagera Azoshikirwa, Abarundi Kuvaho Twamaniye Intekera Kumutwe Twararushe Nibareke Gushira Indazabo Imbere, Abanyagihugu Ahubwo Abaribo Bihitiramwo Ababarongora. Murakoze

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.