Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umugambwe CNDD FDD wahimbaje intsinzi waronse mu matora - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Imigambwe > Umugambwe CNDD FDD wahimbaje intsinzi waronse mu matora

Umugambwe CNDD FDD wahimbaje intsinzi waronse mu matora

dimanche 13 Nyakanga 2015

Umugambwe CNDD FDD wahimbaje intsinzi waronse mu matora yabaye mu gihugu muri uno mwaka w’2015.

Ibirori vyo guhimbaza intsinzi vyatunganijwe mu gihugu cose ku rwego rw ‘amakomine kuwa gatandatu igenekerezo rya 12 Nyakanga 2015,bitewe iteka n’indongozi zitandukanye ziva mu mugambwe CNDD FDD.

Mu majambo yashikirijwe n’intumwa z’umugambwe ku rwego rw’igihugu,barashimiye abanyagihugu kuba barahunze amajwi umugambwe gushika aho utsinda amatora kuva ku makomine gushika ku rwego rw’igihugu.

Intumwa z’umugambwe ku rwego rw’igihugu zaboneyeho akaryo ko gusaba abanywanyi b’umugambwe gutangura kwitegurira amatora yo mu mwaka w’2020.


Van Naris Mugisha

Messages

  • mukomere.ntibakorako.abarunditurihanzedushigikiye.intsinzitwaronse

  • nababandi bo muri SINA HEAD nabo nabagirinama yogutegura neza aya 2025.kuko na 2020 aba DD bazoyatsinda, bobo ntibavyinyata bavuga amajambo make bagakora cane. none umuntu asaba amakungu guhagarika infashanyo zigenewe abanyagihugu yiyamamaje muri babanyagihugu nyene yoronka amajwi angahe?

  • none nyangoma wewe bite? Uzogirira umusi mukuru abawe ryari? Uwugusumba arya ubona,, none ko nzi nawe warahiye, gira rero turabe.

  • INTSINZI YUMUGAMBWE CNDD-FDD NIYABARUNDI BOSE NAHO HARINTASHIMA NYAKUBAHWA President NKURUNZIZA PETERO TURINYUMA YAWE,ABARUNDI BUMUTIMA TUZI AHOWADUKUYE,

  • NATWEBWE ABA FNL TURI USA TURABAFASHIJE MURUKWO KWIGINA INTSINZI MWARAYE MUROSE. ARIKO NDABAFITIYE AGAKURU KABAHORABAKOMEYE MUMUGAMBWE CNDD FDD BAHUNZE UBUBAMAZE KUBONAKO UWARIYAHENZE MUTAMA RWASA AGATHON NGWAREKE KUBANDANYA AMATORA YOMUMWAKA 2010 NABO NIWOBAKURIKIYE CANKE BUMVIYE.

  • Ndifatikanijenamwe murukwokwigira itsinzi yumugambwe CNDD FDD iherukakuronka muruyumwaka wa 2015 Kandindabifurije niyinditsinzi kumatora bucamutangurakwitegurira yomuri 2020 Mukomeze ukwogusengamwamanye kuko iyamatora ageze abomwohanganyebamwe menganibintu bibafata mukacamutsindira kubiharuro vyohejuru kubera bamwe bababirutse.

    IKINDINSHAKA KWISABIRA KURWEGO RUTARURWUMUGAMBWE, NUKO ABARIBAJEJWE KUDUTUNGANIRIZA IKIGANIRO CITWA KU KIVI BOKWIGORA BAGAKOMEZA KUKIDUTUNGANIRIZA KUKO KIRIMUVYAMBERE BIDUFASHA KUMENYA IBIKORERWA MUGIHUGU COSE NUBWOBIBA ATARIVYOSE BARADUFASHA KANDI BIRANEZERA ABAKURIKIRANYE KIRYAKIGANIRO CITWA : KU KIVI. NKOMEJE GUSABA UWONGERAGEZA KUDUTOROROKANIRIZA BIMWE MUVYABAYE KUVAHABAYE KAKAGUMA KITWA IMYIYEREKANO. MUGASHIRAMWO BARYABANTU BAKWEZE UMU POLISI WUMUGORE YUBITSINDA GUSHIKA APFUYE. MUGASHIRAMWO NAKURYAKUNTU ABARIMWAKARYAKAGUMA BIRUKA KUBA POLISI ABA POLISI BAKIRUKA,.MUGASHIRAMWO NUKUNTU BATURIRA ABANTU BABONA, BAGATURIRA AMABODOKA YABIRENGANIRA. MUGASHIRAMWO NUKUNTU BATERA ABIHITIRA AMAZIRANTOKE, MUGASHIRAMWO NUKUNTU BASUNANGUJE UMURUNDI WUMUFRASA YARIYARIYIZIYE MUKARUHUKO I BURUNDI. MUGAKOMEZA MUGASHIRAMWO NIBIBIRWANISHO BIKOMEJE GUFATWA. NSUBIYINYUMA MWOSHIRAMWO NABAMWE BARIBATEYE KUDETA, MUGASHIRAMWO NUKUNTU KUDETA IMAZEGUPFA ABARUNDI BANEZEREWE CANE BABONYE UMUKURUWIGIHUGU NYENICUBAHIRO PIERRE NKURUNZIZA ASUBIRIYE KUGARUKA MUBURUNDI BAKEREKANIRA UWOMUNEZERO MUGUSASIRA IMPUZU IMODOKA YARIMWO UMUKURU W’IGIHUGU IKAGENDA IKATAKO. NUKUVUGA MUKAGENDAMUSHIRAMWO IVYIZAVYABAYE NIBIBIVYABAYE, BISHOBOTSE MUGAKWEGERAMWO NUKUNTU ABARUNDI BATEWUBWOBA HAMWEBICIYE MUMA RADIOS AMWE AMWE BINASHOBOTSE MUGASHIRAMWO NAMAJWI YABAMENYESHAMAKURU BAMWEBAMWE NAMA RADIOS BACISHIRAZAKO AYOMATERABWOBA IVYOBIKABAVYATUMYE ABENEGIHUGU BAMWE BATA BAGAHUGA. MAZECANECANE MUKIBANDA MUKWEREKANA KUBAHUNGIRA MU RWANDA UKUNTU BASANGA IMODOKA ZAJE KUBATEGERERA KUMUPAKA WU RWANDA NU BURUNDI BAGACA BABAHA NAMA TELEPHONE NGENDANWA. MUKEREKANA UKUNTU BAGEZE MURWANDA BABATEGA AMA MICRO YAMA RADIOS BAKAVUGA IBITABAHO MU BURUNDI. MUGAKOMEZA MUKEREKANA UKUNTU LT GEN ADOLPHE NSHIMIRIMANA AHEJEJE KWICWA UKUNTU IMPUNZI ZAHUNGIYE MURWANDA ZAKOREWE UMUSIMUKURU NABAMWE MUBANYARWANDA BAGATAMBA BAFATIKANIJE NABAKOZI BA HCSR NIBINDI NIBINDI. HANYUMA NKUFUZAKO KIRYAKIGANIRO COZOBANDANYA.
    NIMWASHAKA KUMENYA IBIVURWA NABARUNDI BIYITA NGOBASERUKIRA ABANDI MUVYA POLITIQUE CANECANE MURABA BAHUNZE ARABANYE POLITIKE BABAHANOHANZE YUMURUNDI MURAZOTUBANZA UBUTWITEGUYE KUBABWIRAVYISHI KUBIJANYE NABO KUKO TURIRIRWANA MUMANAMA ATANDUKANYE MBERE BARAMAZE NOKUTURAMBIRA UBUHANOHANZE TWABAYE ICIRO RYUMUGANI KUBERA IVYOBIRIRWA BAVUGA. BAMWE MUBARIHIYO BURUNDI MURABIZI KOTWAMATWABIBABWIYE KESHIMURAZI KOTWAMA TWABARUNGIKIYE UTU AUDIOS TWAMAJWI YABO YIVYOBAGENDA BARAVUGA. NDABABWIRAKO UKWUMUSI UTASHE NIKWO ABANTUBESHI BABAKURAKO ICIZERE MUMISI ITARIYAKURE BIGIYE KWIBONEKEZA.

  • ABAGUMYABANGA TURAHAGAZE NTAWUZODUKANGA KUKO TUVUGAMAKE TUGAKORA UMUSIMUKURU TURAWIPFURIJE NA GWASA YABAYUWAKABIRI HANYUMA TURAHOJEJE NABO MURI CENAREDE BATAGIRABANYWANYI HANYUMA DUKORA DUSENGA ABIYITA LILI KABARYE

  • Ibipfa mitima murihenda bansha rindira turacabigira imitwe, aba gener barageraniw gusha no kuri sewabo pier nkur$nobasaba ko mwojebajeba cane turi munzira turaje..

  • Wewe sha Claude Nsabimana, mukenyuradukenyura ariko icomuzi nukwicagusa muzorindMuhonyoka atacomugezeko kiretse amarira yimiryango muriko murahitanira ababo, ntiwansumvya arikubu nahisemwo kwubaka u Burundi bwimwaka majananamajana apana uburundi bwimyaka 5 gusa. Naraye ndabavuye inyuma kuvamuhitanye incutiyanje mukayirenza abavugango uruciramukaso rugatwara nyoko ntibabeshe sinarinziko turimuma politique yokwica tugakubita tugatongora ntacizere nkibacitiye murakabura ivyomukenyura mpsemwo kwigumanira na Gaston nubwonigeze kumutuka ndamusuzugura.

  • jewe sinugukeza gusa nagize umunezero urenze ncansanga narize nda suhererwa umubiri wose mfatwa nutuntu umengo nu duherehere aka nya gato rero kubwivyo niharambe abagumyabanga niharambe zinamurundi wese atiphuza gusesa amaraso mugihugu cacu cuburundi yaba uwanezerejwe niyi ntsinzi canke uwutaryohewe bose nabarundi basa uwatsinze atwarire bose itermbere rishwarehose amahoro aramee kuritwese twime amatwi kagame nabiwe we adahesha mukurondera kwivanga muvyu burundi nkuko umengo yigize ikimana mugihugu cacu murakoze thierrynduwayo

  • SONGAMBERE TUYIGINE TWONGERE TUYIBUNGABUNGE KUKO NUMUGAMBWE WASHIZE IMBERE IMANA KANDI WABANYAGIHUGU TWAHARANIYE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.