Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umugambwe CNDD-FDD wemeye gutanga imiriyoni cumi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umugambwe CNDD-FDD wemeye gutanga imiriyoni cumi

Umugambwe CNDD-FDD wemeye gutanga imiriyoni cumi

jeudi 7 Ruhuhuma 2013

Umugambwe uri ku butegetsi mu Burundi CNDD-FDD ugiye gutanga amafaranga agera ku miriyoni cumi, azofasha mu kwubaka isoko, no kugarukira ku badandaza, ivyabo biherutse guhira mw’isoko nkuru ya Bujumbura, ku wa 27 Nzero 2013.

Ivyo vyashikirijwe mw’itangazo uwo mugambwe washize ahabona kuri uyu wa 7 Ruhuhuma.

Uwo mugambwe uhamagarira abarundi bose, na cane cane abawuhurikiyemwo, guterera nabo nyene agacumu k’ubumwe.

CNDD-FDD iranasaba abandandaza kutihebura, ahubwo ubahamagarira nyabuna gutangura gukorera mu yandi masoko ari mu gisagara ca Bujumbura.


Jean Michel Ndayikengurutse

Messages

  • ahubwo je mbona mutanze make kumafaranga mwirirwa murayora mubanyagihugu bubarya babona!!mbega ikindi ivyirya soko ayo mafaranga nubu sinemeza ko atazoja mumifuko yabamwebamwe mubihangange vyo muri leta namwe nyene ana dd murimwo!!mugabo mwari mwakwiye kwikubita agashi pe mugahinduka!!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.