Accueil > Amakuru > Poritike > Umugambwe FROLINA warahinduye inzego
Umugambwe FROLINA warahinduye inzego
lundi 18 Ruhuhuma 2013
Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 17 ruhuhuma umwaka w’2013, abarongoye umugambwe FROLINA baratunganije inama idasanzwe i Bujumbura.
Muri iryo koraniro, Adrien Ndayiragije niwe yaciwe atorwa kugira arongore umugambwe FROLINA. Kari n’akaryo ko gufata iyindi ntumbero y’uwo mugambwe.
Umukuru FROLINA yaciye amenyesha ko bakuye uwahora atwara yumugambwe Joseph Karumba kuko umugambwe yari yawugize icibare ciwe ivyatuma bagirira amanama mu hira iwe.
Grace Irimbere
Messages
19 Ruhuhuma 2013, 01:09, par duhinduke
komera ku muheto chamburiyaji