Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umugambwe MSD wahagaritswe amezi ane - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Umugambwe MSD wahagaritswe amezi ane

Umugambwe MSD wahagaritswe amezi ane

vendredi 14 Ntwarante 2014

Inyuma y’ugutana mu mitwe hagati y’abaporisi n’abanywanyi b’umugambwe MSD kuwa 8 Ntwarante 2014, umugambwe MSD (Mouvement pour la Solidarité et le Développement wahagaritswe n’ingingo y’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu Edouard Nduwimana, aho yagiriza Sinduhije Alexis, umukuru w’umugambwe MSD, kugumuka.

Muri iyo ngingo y’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu Edouard Nduwimana, umugambwe MSD wagirizwa ivyaha bitatu : imigumuko n’ikiroberi (Soulevement et rébellion), guhungabanya umutekano w’igihugu (atteinte à la sécurité publique), hamwe n’ugutunga ibirwanisho mu ngoro y’umugambwe MSD (percusition d’armes au siege du MSD). Uwo mugambwe wafatiwe ibihano vyo kumara amezi ane yose ata bikorwa vy’umugambwe uranguye. Ingoro z’uwo mugambwe zose ku rwego rw’igihugu ntizirekuriwe kwugurura muri ico kiringo.

Umukuru w'umugambwe MSD , Sinduhije Alexis

IGIHE

Messages

  • Ariko uyo Nduwasataniaribazako ari umurundi canke ni umunyamahanga.Nukuri birababaje igihugu nkiki kitagira abantu bafise ijambo nukuri giteye isoni.Turiyamirije ingendo ya Nduwasatani kuko ivyo akora biteye agahinda.Bagomoreye abapolice kurasa abanwanyiba MSD bankira ko abaraswe bajanwa kwa Muganga none ngo Umugambwe urafuswe?Biteye ubwoba kandi birababaje murundi ukunda uburundi haguruka uharanire agateka kawe kuko amazi agiye kurenga inkombe nayo uwo wese yigira sindabibazwa ejo haza azatangara nawenyene ashikiwe.Tugasaba Uhoraho atabare abarundi kuko tugeze ahatemba

  • Urakoze kumuha nizina gusa nawe nu mukozi wasatani atumwa na satani haaaaaa reka imvura nu muyaga bibamare kuko mutwagwa na masatani.duwasatani we umenye ko na ba farawo bafuya barakuruta nawe iminsi yawe iri mbere.ese uzohungirahe? Uriya musi ko mbona twese tugusabira umuriro.

  • Hahahahaa ntawawubonye??ngo awitorere nka ba Miburo bitoreye FNL ataravye neza umugambwe uragiye asha igihugu cacu nico gusengera

  • None aho mubona neza uburundi bwotwarwa nuwo mugabo mubona wumunywarumogi ngo ni sinduhije? Yoca atwica twese!

  • Nuko sha karabagega,mbe hakunywa urumogi namaraso yabantu wonywiki???mbe ubuhoho ntabapfa???kimwe gusa mumenyeko atagifise intango kiburiherezo kand mwibuk ingoma yafarawo.

  • Mutama Sinduhuje, komera ku muheto, akagumye bagumako. mandela yari yarapfunzwe aygirizwa ubugumutsi, niwe yahavuye abohora igihugu. nawe turizeye ko umusi uri izina, uzobohora igihugu, ukagikura mu gacinyizo, akrenganyo n’ubusuma burangwa n’intwaro ya CNDD-FDD.

  • Birababaje, kubona igihugu c’Uburundi cahora kirangwa muri Africa, gisigaye kirangwamwo ingorane zitavanako.Ubwo abategetsi,abadategeka, abatwarwa, bantirumveko na baniryo, ntibokwicara hamwe bose bakatorera inyishu ingorane zose ziri murico gihugu.
    Kwugara Universités,kwugara ingoro z’umugabwe MSD, abatwara muriko muratanga inguvu kwabo bariko baratera igisoda c’uburundi.

  • Ntakibazo nkuruzizA afise ubwenge ,ubu aba police,abashikiraganji, etc bagendane banyina,abana, abagore,etc kumutwe,wabo nihobaziba arabagabo nayo ahandi turica nkuko batwica mbega bibagiye ko atamuntu,atazi kwica irya mihi,biri yAbapolice ifise inzarA ko haruwo ikanga na Buyoya Yaragiye nawe utegerezwa kugenda vyanka vyakunda

  • Nyakubahwa mushikiranganji,harigihe wokwibazako utoye umuti w’ikibazo ugasanga utaye ikibazo mu nyinshu. kandi imbere yokurondera inyishu y’ingorane worigutangura kurondera icaziteye!wait and see!Mbe guerrilla urbaine urayizi?Rindira uzoyibona!

  • Jewe mbabazwa nuko atanisoni bagira ryokuja imbere yamakungu basigura ko barimukuri kandi ayo makungu afise abayaserukira bari kuri terrain. Babikurikirana ngo barashigikiyeaba police ivyobakoze none boreka kubashigikiraaribo babatumye nibasigure ningene babatumye kuboho aba ganga kuri hopital .ngo bavuye abobadasingiye umugambwe, kandi basigure niyongendo yimbonerakure zihohotera abantu . Reka basha uko niko amakungu ahendwa hanyuma agashiduka akabakabaye( muribuka akahise murwanda)!!!!

  • yooo!nkurumbi uragowe abo bapfa bose barikugahanga kaw uzobibazwa sinduhije ntuterwe ubwoba nivyo nivyi tanzaniya warabisivye imana irikumwe nawe.

  • yooo!nkurumbi uragowe abo bapfa bose barikugahanga kaw uzobibazwa sinduhije ntuterwe ubwoba nivyo nivyi tanzaniya warabisivye imana irikumwe nawe.

  • Des voies sages ont été envisagées mais sans succès, on disait que NKURU n’est pas dédans mais que c’est son entourage qui est pourri. Et maintenant!!!!!!!!! Ngo "wanka gusesa amaraso ku neza y’igihucu cawe maze imbwa zikayanywa k’ubuntu"
    Ubugabo burihabwa

  • burya uwo muhungu w’ibusinde aribazako CNDD FDD izova kuntwaro?nne azoca ajahe?today is me tomorrow will be someone,sinduhije wewe si ba miburo na kenese urahagenda uhazi,ndarivuze ndigiriye.

  • mugabo nabanywanyi ba msd nsanze murabanywarumogi mwese.uwo mugabo sinduhije ariko arabahenda ico nikijuju kubera urumogi anywa.

  • Mbega ubwobugabo buvuga yamuhe,bwotubwira nduwimana uwariwe?uwobasaba indishi yivyibwe igihe sinduhije nabiwe bapfunga abakozi bacu baducungerera inkozi zibibi nkamwe mwoyitanga?bwira sinduhije yemange nko muri kabizi!

  • Jewe ntagishashambonamwo kukoiiyo vyateguwe kera caaaaaane kuva 2010 kireka ko DD itigez’ibica n’ikanda kuko abahima baramaze kwiheburaa caaaaaaaane batwikozekotukanka baca kuri Sindumbije nawe yikora kukamogi ibijuju birakurikira mais iyobijahose abatutsu ntiturotatwivanga mungorane z’abahima kuko ntibigeze batwinuka kuko tutav’iburuuuuuuuri ubu baratomboye ubundiho ndazi ntamututsi w’umutima azi kw’atishe yobaj’inyuma kuko itama ritamira ntiriguhe riravuz’induru ntiwumva

  • Nivyo uwo mugabo Sinduhije nanje namubonye anywa urumogi inshuro zitatu. Nagende kurongora abanywarumogi nkawe barimwo Kagame, Bikomagu, Makenga, nizindi nkozizikibi!!!!!!

  • no mur mw uwutanwa urumogi ngir muj mubind kand ngir namw murarunwa kuk muragwagirizanyacane so nabadutwar bakor at rumog banw mbon ataco badushikanyeko-

  • Barundi mwese ,ndabahaye mwiriwe,jewe nitonze ndasoma ivyo mwagiye murashikiriza,ico nobabwira nuko hakiri abarundi bake,bari kurushi mukijana nyabahururu,abapfa barapfa,abakomereka mugakomereka,abafungwa bo ntuvuge,ariko abo banya politique ntanumwe,ashikigwa nizongorane mwebwe abanyagihugu mugira.bija kera ukunva bishikiye iyo zaburaya ,amerika nahandi,mwebwe mugasigara muricuza atako mukibigira,ico mwomenya igihugu kikirimwo abagabo bijunja nijambo,nta SINDUHIJE ariko aratwara iki gihugu c,uburundi,nukuri gushimitse.murabe namwe iyo nyifato yiwe,ibishatsi,ivyanywa,mbere bivanzemwo ibivi nimikungugu,ntasuku afise nkumuntu yerevutse,nkincambwenge iyobegwa nukwitunganya kumubiri,yotunganya igihugu gute gayemwe?.nsinzi uwo twamye tuganira wumukurambere.yivugiye ko abantu nkabo ba SINDUHIJE bigira ngo barize caaane.ariko ico baronse,baronse ubumenyi gusa,muga butarimwo ubwenge,kuko ubumenyi nu bwenge biratandukanye goose cane.nimuhindure ingendo mwebwe mwese mbona mugifise ivyiyunviro vyakera,aho agasumba akandi kakamira atacamira,ubu rero vyarahindutse,sinkakera.

  • Uyo mugabo MUTABAZI, afite ubwenge buke, n’umurundi gito, amagambo yiwe ntiyubaka ahubwo arasenya. Ahubwo wasanga ari interahamwe zishe abantu mu Rwanda. Ahubwo mu mukurikirane murasanga ari mwene Bagosora.

  • Uyo mugabo MUTABAZI, afite ubwenge buke, n’umurundi gito, amagambo yiwe ntiyubaka ahubwo arasenya. Ahubwo wasanga ari interahamwe zishe abantu mu Rwanda. Ahubwo mu mukurikirane murasanga ari mwene Bagosora.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.