Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umugambwe UPRONA umenyesha ko ushigikiye ibiganiro - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Umugambwe UPRONA umenyesha ko ushigikiye ibiganiro

Umugambwe UPRONA umenyesha ko ushigikiye ibiganiro

jeudi 30 Mukakaro 2015

Umugambwe UPRONA urongowe na Concilie Nibigira umenyesha ko wemera ivyavuye mu matora.

Gaston Sindimwo, umunyamabanga mukuru w’uwo mugambwe amenyesha ko bashigikiye ibiganiro biriko bihuza abarundi mu ntumbero yo gutorera inyishu ikibazo ca politike kiri mu Burundi.

Ku bijanye n’ishingwa rya Reta ihurikiwemwo na bose,umugambwe UPRONA umenyesha ko abakwije ibice 50 kw’ijana mu matora aribo boja muri Reta nkuko biri mw’ibwirizwa nshingiro ry’Uburundi.

Gaston Sindimwo amenyesha ko umugambwe UPRONA uzokurikiranira hafi ibizoba biriko biraba mu gihugu.


Van Naris Mugisha

Messages

  • UPRONA, nimwirambire kukomwwbwe muriko murakora nkabazikoko ivyo Rwagasore yariyaravuze Ko arukurwanya akarenganyo etc.

  • Ibiganiro ubu singombwa kuko opposition uwari uyikuriye RWASA agiye kujya muri guverinoma . naho andi mashyaka ntabantu agira ni ugusakuza gusa

  • Ibice mirongo itanu vy’iki? Muratanguye kuryiha. Uyo mugambwe warahumiwe utwagwa n’abantu badashobora kubona ivyabaye. Ko mwama muri Leta muheruka gushikana 50% ryari? Ibintu vy’ibiharuro ba mubireka biragoye.

  • Naho Utosarara Cane Muzoronka Tekana Mbe Nditije Agereye Hena Gasutwa Wamunyakanyunya Yaturira Amakarata Ya Ceni Canke Nibame Banka Ko Babaka Inkoho Ku Musaga Nabado

  • Bakiriko baratunga amatora akumira bamwe agakndwakaza abandi, Gaston yagira ati: "Abashaka ko ibintu bihinduka babikorera mukazu k’amatora". None birarangiye abanye ataco ahanovye ngo ashigikiye ibiganiro! Vy’iki? Amagaburanyama? Arivyo agomba rero nasange abandi i Addis Abbaba. Yri arindiriye Ko Mizerony’abarundi banka kwicara muri birya bibanza bacaca bavyigabanira! Ni bateshwe bate, babe bararindiriye ikizova mu biganiro.

  • On méfie lea imbéciles par un simple silence! Ni muvuge aya muhe ntawuriko arabumviriza muzobiruka amoya!

  • On méfie les imbéciles par un simple silence. Ni muvuge ayamuhe ntawuriko arabumviriza. Muzobiruka amoys!

  • Nta bice 50 kw’ijana vyokurikizwa kandi na mandat igira 3 ya Nkurunziza iciye ukubiri n’Ibwirizwashingiro. Nibabikore hakurikijwe kwumvikana ku mpande zose, kugira ntihagire numwe bibagirwa, ari mu Gihugu canke mu mpunzi politiques ziri hanze. Nta kurindira ko Communaute internationale yiga ingorane za politiques z’Uburundi kandi abarundi bahari vyoba ari kugwiza indyane mu Gihugu...

  • MURI LETA HAJA ABAFISE KUVA KURI 1/5 NIKO CONSTITUTION IBIVUGA.HAMA KUBA RWASA YAJE BISHOBORA KUBA VYIZA ARIKO SIWE NYISHU KUKO N’UMWE MUBERWA NA POLITIQUE MU BURUNDI.NAHO HAKENEWE UMWUMVIKANO NIKAZIMA AMATORA YABAYE.

  • Harya niyaba abibona neza uruhande arongoye rwagiye muri oubliette gushika igihe bazobakenera. Ubu hariho abagezweho bivanye n’ibihe tugezemwo.Iyo uraba ibiba muri politique ufata umwanya ugakoresha n’ubwenge.ntabwo ari simple deduction nk’uko bamwe bakunda kuvyihendako muvyo bandika.
    Ibwirizwa shingiro kugira rihinduke cnddfdd nta allies ikeneye uravy uko bimeze ubu.Muga politiquement et historiquement irakeneye imigambwe nka uprona surt cote nditije cank msd frodebu niyindi kugira iriindure.muri iyo cote rwasa ntakenew cane.
    Gouvernement nayo Rwasa ntashobor kuyijamw constitution idahindutse kand ihindutse ntihahinduk esprit d.Arusha haguma ibibazo vya nde yoja muriletakuruhe rugero bifatiye kuki... reka turindire turabe inyishu za politique zizotorwa.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.