Accueil > Kwidagadura > Umugore wa mbere anonotse kw’isi yose ava mu Burusiya
Umugore wa mbere anonotse kw’isi yose ava mu Burusiya
vendredi 26 Kigarama 2014
Zlata ni umugore yavukiye mu Burusiya, ubu akaba aba mu gihugu c’Ubudagi. Uwo mugore afise imyaka 27 y’amavuka, akaba ariwe mugore wa mbere anonotse kw’isi yose.
Zlata yatanguye umwuga ngororamubiri n’imyimenyerezo bijana akiri muto, afise imyaka ine. Ubu akaba asigaye ari umuntu akomeye kubera ibintu agira bitangaza abantu benshi. Uwo mugore akaba anonotse cane ku buryo ashobora kwihindukiza mu buryo bwose no mu mpande zose akoresheje umubiri wiwe. Vyongeye akaba yararonse n’ubushimwe bwinshi kubera uwo mwuga ngororamubiri.
Zlata avuga ko kuri we ari bintu bisanzwe, gusa rimwe rimwe biruhisha mu gihe amazeyo umwanya munini, cane cane bariko baramufotora. Mugabo arongera akavuga ko kuva abitanguye yaciye yumva yoguma abibandanya akabigira n’umwuga.
Zlata asigaye afise ari umuntu atunze cane kubera ubushimwe amaze kuronka, tutibagiye n’imyiyerekano agenda aragira hirya no hino.
Amafoto yiwe
Lorene Nubwabo
Messages
27 Kigarama 2014, 00:25, par Quetion
Ivyosivyotwita kunonoka kukonatwengaha mu Burundi nukobatajahabona bamwebaguruka mwijoro twociye natwemezako banonotse!? Mazebakanabacanira amatara badakoreshaje amabeteri bakumirwa!
28 Kigarama 2014, 13:11, par dd
ok ndabona
28 Kigarama 2014, 13:11, par dd
ok ndabona
29 Kigarama 2014, 10:59, par GIRUKWAYO PETER
HA!BIRATANGAJE PE!
30 Kigarama 2014, 09:46, par kabuga
emwe aranonotse pe. Umugabo azomutwara canke amufise niwe ahatorera akoyoko
20 Kigarama 2015, 08:50, par WKWIEZERA LAYMOND
NAGOMBAKONOMUBONAVYUKURI ARANONOTSEPE
25 Ruhuhuma 2016, 15:00, par alise
akirimuto
14 Ntwarante 2016, 20:49, par Berry white
Ntavyo nemeye kuko kwisi hari vyishi ntamuntu ameze uko abaho naho nomubona ahaye abigira
16 Ntwarante 2016, 02:44, par Issa
None burya ivyobibaho canke ni montage? Muraduha video yiwe tumurabe tumubona
5 Munyonyo 2016, 20:53, par Nukuri
Uwo Sumuntu Ahubwo Nigisigo Comuburusiya
6 Munyonyo 2016, 05:20, par Emma
Muzoza Muratwereka Amajini Ngonabanonotsi Uwo Sumuntu
22 Munyonyo 2016, 15:58, par SIMON
NTAKWISONE AFISE ATAKORA IYI SPORT YAMBAYE NEZA ? BITEYE ISONI!!!
12 Ntwarante 2017, 13:59, par muturagi
mbeg uw mugore yiz heh?s,umunt
25 Ntwarante 2017, 22:23, par Eric Nijimbere
Namba Uwo Atari Umuntu Kugira Ibintunkivyo
11 Ndamukiza 2017, 10:47, par tony
Uwomunt Nukuri Imana Imufash
17 Ndamukiza 2017, 20:20, par Nehemie
murazoza muraraba ivyomufotora ivyarivyo,ntimubona kw,ico ar,igisigo. raba iyosura yaco
25 Mukakaro 2017, 18:47, par CATA
NITWA NIMBONA UYOMUGORE ZARTA VYUKURI ARANONOTSE NASAKAMUNYEREKE IGITSINA CIWE UKOKIRI
17 Kigarama 2017, 03:21, par NZEY IMANA
haa? sumuntu asanzwe