Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Umugore yashimwe cane kandi mwiza "sexy" yatowe
Umugore yashimwe cane kandi mwiza "sexy" yatowe
lundi 22 Kigarama 2014
Kate Upton niwe yatowe uwu mwaka w’2014 nk’umukobwa yashimwe cane,mwiza kandi ateye neza.
Kate Upton, umukobwa w’imyaka 22 w’umunyamuderi akongera akaba umukinyi w’amareresi, yatowe n’ikinyamakuru "people" nk’umugore yashimwe cane. Nk’uko ico kinyamakuru kibivuga, abatora mu bariko barahiganwa (jury) bashimye cane ukuntu uwo munyamuderi ateye.
Si ivyo gusa, abatora bamenyesha ko barakuze kamere kiwe, ukuntu yambara (style), n’ibintu yari amaze gukora bijanye n’akazi kiwe (accomplissements).
Kate Upton amenyesha ko kuba "sexy" kuri we bisigura umuntu aba yigirira icizere kandi aryoherwa mu buzima bwiwe.
Lorene Nubwabo
Messages
24 Kigarama 2014, 15:15, par Ntiwihebure
Namba batoye uwishima gusumba abandi gusa, Ugira arasumvya ubwiza umupfasoni araho mfise amfise muhira? Ikintangaje, abo bamutoye nk’umukobwa wambere mwiza, iwabo muhira bafise abameze gute? Canke ngira nuko yaberetse ubusa bw’iwe yiruka!
Je mbona asumba abarundikazi bake cane bambara neza ukuraho bakaberwa ariko ntibishire hejuru.
Aranguha, nahende bariye nyene batazi ivyiza.
25 Kigarama 2014, 20:32, par Butame
Ubwo uwo mukobwa bavuga ngo nu wambere,mubona arushije iki abandi?Aho none umwami Salomo yari kumushima muri ba bagore biwe 1001?Mbega ubwiza bw’umugore mwibaza ko buba he?None aho,abasuzuma bose barinda gukorako?,ni hatari basi !Isi iragowe,!ariko ico mbonye n’uko umugore atekereje w’umupfasoni yikwije,atokwigera atorwa kuko ataba akunda ivyo bakunda!Ahubwo rero,imaraya ni zitambe zitarike ziratsinze rurayi!
26 Kigarama 2014, 08:06, par niwanje
ahubwo harihico bazinanyiko gutandukanya akaranga nubwiza benshi ntibabizi canke bashatse kuvuga kwari nakaranga nahone mbona bakoresha agatumba none iwanjeho bobabahashitse gayemwe nikimenyane kirishe isi
26 Kigarama 2014, 08:32, par nzopfambaza
ndabaza? abobatora abakobwa beza barashiramwo abakobwababo canke bashikibabo banasenge abishwa banyinabo mumbarize yemwe bamenyeshamakuru icokibazo kirampanze kuko kuraba akaranga biroroha ariko kuraba ubwiza nigikogwa kimenywa nabubakanye
3 Mukakaro 2015, 20:18, par Lévis Kungu
Ku Munsi Ashobora Kwakira Abagabo Bangahe?
10 Kigarama 2015, 21:17, par J Vianney Mapoze
Nagomba Kubaza Ivyo Bisunga Mukumenya Umukobwa Mwiza
17 Kigarama 2015, 01:02, par kakuma2015
omar hamadi muya
27 Ndamukiza 2016, 21:39, par NIYONGABO
n,ukuri ubwiza bwa damu butuma isi iba amahoro. kuko n,umuti uvura isi na bagabo tuyituyeho!
25 Gitugutu 2016, 05:49, par Niyonkuru
Ntabwiza Afise Nanba
Nyinba Bamushimye Ikind !!!!!!!,
13 Kigarama 2016, 18:29, par ibra
uramara
3 Nzero 2017, 19:24, par Guy Joel
nshaka ivideo
2 Ruhuhuma 2017, 05:32, par Fabrice
Mpa Ama Video Y’abakobwa Bariko Barasambana N’abahungu
11 Ruhuhuma 2017, 12:38, par NYABENDA J.BERCHIMAS
NANJ NDAMUKUNY KUKO NIMWIZA
19 Ruhuhuma 2017, 12:06, par jérémie
nurakura no ku ma ecla yaband kuk je ntavyiza nbona mwatoye ubwo busutwa nikind
4 Ndamukiza 2017, 12:46, par Niragira Vianney
nibabi cane !!
4 Ndamukiza 2017, 12:46, par Niragira Vianney
nibabi cane !!
4 Rusama 2017, 20:17, par EMMANEUL
MPA VIDEO BARIKOBARASAMBANA
6 Ruheshi 2017, 00:40, par houssein
Ffxc
6 Ruheshi 2017, 20:31
Mbega,kombonamwiza,arimwizakumutima
13 Ruheshi 2017, 11:29, par Mutoni
sexy