Accueil > Poritike > Imigambwe > Umukenguzamateka Reveriyano Ndikuriyo yanditse kw’ihunga rya Gerevazi (...)
Umukenguzamateka Reveriyano Ndikuriyo yanditse kw’ihunga rya Gerevazi Rufyikiri
vendredi 26 Ruheshi 2015
Ihunga ry’icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu Gerevazi Rufyikiri ryakiriwe nabi n’Abagumyabanga bashigikiye Petero Nkurunziza.
Ku buhinga ngurukanabumenyi, umukenguzamateka akaba akaba n’umwe mu bagize inama nkuru y’inararibonye za CNDD FDD Reveriyano Ndikuriyo, yashizeko imwe mu masanamu ya Gerevazi Rufyikiri, aca agira ati :
Icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu Gerevazi Rufyikiri, asanzwe ari umwe mu bantu bakomeye muri uyo mugmbwe, ndetse akaba yaranarongoye inama nkenguzamateka y’Uburundi mu mwaka w’2005 gshika mu mwaka w’2010. Ayo majambo umukenguzamateka Reveriyano Ndikuriyo yanditse ku buhinga ngurukana bumenyi, akaba aje akurikira ayari yanditswe na Daniel Kabuto, umuvugizi w’ubushikiranganji bw’imigenderanire.
IGIHE
Messages
26 Ruheshi 2015, 11:44, par nduwi thomas
Ntandongozi ihunga ibibazo vyomurugo biherera murugo bikirwanabo vyega rufyikiri passion yiwe yarayegeranije igihugu ntitwocimpa uwubona tugihe impumyi mugihe tubona abahiganwa Bose atawijuja ni jambo tubona yomarira igihugu nibarekw Peter ntiyigeze ajakure yabanyagihugu babuyoya bama mums voyage zaburaya kuryumuji.reka rero uwuzi ibibazo vyabarundi abikure munzira tunasongambere
26 Ruheshi 2015, 11:47, par Jean Marie
Erega Baracitiranya Ivya kera Nubu abarundi twaraciyubwenge kuri poritike abaryanish.abadede barihenda bazikangangura bumvikanye bamaramare ubu rero peta niwe yabahagaritsumutima ahohoho uzumeneka emera abatware mwamutwaye se wiwe ubunaho mvware numwana wewe muranguha ntagitinya urupfu
26 Ruheshi 2015, 15:06, par masabo
Erega n ubundi yaratashe!! Mwari muzi ko ari uguhunga hahaaa
26 Ruheshi 2015, 15:31, par nzovu
Mbega jew nagomba mbaze aba DD aho mwiciy ntimuraruha?
Sha turakeneye umwami agaruke yongere abahambane nikinunda cimbwa acambitse ifoto ya nkurumbk nakarwi kiwe kubera abahutu sibo babi abakunzi binda nibinywamaraso nibo babi.
26 Ruheshi 2015, 16:59, par Nabanyabwenge
Muvyukuri uwomutama Ruyfikiri bamukoreyenabi abamuhenze ngonahunge ngohariho abagomba kubugurira nabi twamukunda ariko koyumviye injavyi ntakundi nukubaturamwirinda, ariko ntimwiyibagizeko mwayamayeri ya Cnddfdd ishobora kuba ifisemwo bamwemurabobavuga ngobarahunze bashaka gukomeza kuzoza barasopa amajambo abasi bumugambwe wabo nimwabonarero mumisi bamwemurabobahunze basubiye gukorana nabatabunze ntibizibatangaze.
26 Ruheshi 2015, 17:37, par niko james
imihimbiri yose ngo nitware igihugu ubonye gaston, ukabona uwo ngo ni reverien, abitwa ba jacques bose ngo nibatware igihugu cacu, igihugu cacu carariwe nimbwa . ubwo wewe ga reverien uzopfa unganye na rufyikiri naho uzoraramwo ntimuzopfa muganye namba, uwo muhimbiri ngo ni kabuto arasubiza irya passeport ya ba hollande afise aho yirigwa mumazu yabanmtu yinyegeje, umugore wiwe ariko azerera ibulaya arondera ubuhungiro none nawe ya ra deprimye, ubu urageze kubona ko urengeye bose ko uri kubutegetsi , sha amazi arashuha mugabo ntiyibagira ibumbeho, ubuhungiro kabutourabuzi bikwiye iyo havuga nuwundi.
26 Ruheshi 2015, 17:44, par Sikonabisanze
Niyigir imana imuj imber ubon nkurumb faraon atohavuy amwirenz nkuk ahay yirenza aband!! Nn nkaw ngah wumv wa dedemvy iki!!! Ugir werekan rero ko warumufisek impuwe!!
26 Ruheshi 2015, 19:43, par Hamisi
Mureke Agende Numuhimbiri Ubona Tumuhaye Igihugu Yogishoboye Nadagambe Ntiyohangana Numumututsi
26 Ruheshi 2015, 21:08
Burya igihugu c’uburundi gifise abarwayi benshi bo mu mutwe. Ibitaro vyo kwa legentil ni ba vyagure. Kubona uwo mukenguzinda yiwe yandika ivyo si agatukisha kurwego rw’inama nkenguzamateka rwagenewe abahumure b’ijunja n’ijambo. Aho rero ngo ari mu rwego rw’inararibonye z’umugambwe uraho. Birumvikana kuko ubwenge aho kuja mu mutwe bwagiye mu kuguru ari naco gituma bucumbagira. Uyo kabuto nawe ayo agowe aramaze ariko arirega ibicumuro vyinshi amaze gukorera umugambwe yibaza ngo azoba umushikiranganji. Na ko mine ryansoro yarayitabatanze nta ciza co muvako. Yibagiye Cameroun na hollande vyamuhaye ubuhungiro. Mbe wewe cane alain nyamitwe ntibosubira iyo bari bararonse ubuhungiro. Ubwo Alain nyamitwe yoba yaribagiye iciza père bob kuri saint esprit yamugiriye ca gîte. Ngo umuhutu umuvura. .......ngo buce twiruke. Uwo Gervais rufyikiri ni umugabo w’ijunja n’ijambo akwiye icubahiro kimubereye. Mbe ko nkurunziza yama aduhanura kwubaha aba ariko araswaganya. Aragowe mabi kugira abahanuzi b’imbunuza, imihimbiri
27 Ruheshi 2015, 05:44, par Blaise
Kugenea Ntakabi Kiw.
27 Ruheshi 2015, 07:15, par NIYONKURU PASCAL
VYUKURI MUZE MWUBAHIRIZA UMUNTU WESE KUCIYUMVIRO CIWE
27 Ruheshi 2015, 07:16, par NIYONKURU PASCAL
VYUKURI MUZE MWUBAHIRIZA UMUNTU WESE KUCIYUMVIRO CIWE
27 Ruheshi 2015, 11:32, par cumacindubaruba
hari muri 1994 hari umunyepolitique yitwa ga mathias (alias difficile) bamwatse uburenganzira bwo kuva mugihugu c’uburundi, ico hakoze yahinduye passeporo ye akoresha none iya bubiligi, ijambo yishuye icyo gihe, yagize ati none ubu naho nimubuze umubili kwitahukira mucamuvyaye, vyasigura ga ko aha ngaha abo badiaspora bazana agahanga kabo gusa aha muri africa uruvyaro bakaza kuruhahira aha ngaha bihakana kandi baravutse, buriya rero ntuza ufata umuntu yafashe imbunda akaremesha urugamba imwaka n’imwaka ngo ugire nugukina harya igihugu cubakira canecane kuri force nayo amagambo yo naza mathématique ziza nyuma, rwagasore, ndandaye, ntaryamira, ngendandumwe n’abandi bibazango abarundi wobatwara utagira igisoda, ivyabashikiye mwese murabizi bitewe nayo mahanga nyene atakindi akora atari guducanishamwo, ababiligi bakaba baza imbere.
28 Ruheshi 2015, 10:19, par kabwa
yoo, sha nduw thomas,
ndagutwenze
ngo peter niwe azi ibibazo vy’abarundi ngo azobikura mu nzira?
ibibazo agomba atere abarundi, na wewe urimwo namba uri i Burundi canke abawe ( nibaza ko ufise incuti i Burundi), ntavyo bigeze bagira na rimwe
uzotangara
28 Ruheshi 2015, 16:42, par Kevin
Hinyiza ako kaguru kawe Reverien,wewe ntuzopfa unganye na RUFYIKIRI nicubahiro afise.
28 Ruheshi 2015, 21:09, par fidelité
Nzovu
Ivyo birozi vyanyu mwebwe abatutsi vyarasenzwe nico gituma ibiriko biba ubu bibarengeye,uwukuroze si akurogora